ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Hatorwa abagabo indwi ngo bafashe (1-7)

      • Sitefano yagirizwa gutuka Imana (8-15)

Ivyakozwe 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:34, 35; 1Tm 5:3; Yak 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 41-42

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 16

Ivyakozwe 6:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ntibihimbaye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:17, 18

Ivyakozwe 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bavugwa neza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1, 2; 1Tm 3:7
  • +Ivk 6:8, 10
  • +Gus 1:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 28

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    7/2013, rup. 3

    Nushinge intahe, rup. 42

Ivyakozwe 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 18

Ivyakozwe 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 34:9; Ivk 8:14, 17; 13:2, 3; 1Tm 4:14; 5:22; 2Tm 1:6

Ivyakozwe 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:24; 19:20
  • +Ivk 2:47
  • +Yoh 12:42; Ivk 15:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2001, rup. 20-21

Ivyakozwe 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 45-47

Ivyakozwe 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 47

Ivyakozwe 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:17; Lk 21:15; Ivk 6:3

Ivyakozwe 6:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yo kurogota kuri Musa no ku Mana.»

Ivyakozwe 6:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 47

Ivyakozwe 6:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 47

Ivyakozwe 6:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2018, rup. 32

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 6:1Ivk 4:34, 35; 1Tm 5:3; Yak 1:27
Ivyak. 6:2Kv 18:17, 18
Ivyak. 6:3Ivk 16:1, 2; 1Tm 3:7
Ivyak. 6:3Ivk 6:8, 10
Ivyak. 6:3Gus 1:13
Ivyak. 6:5Ivk 21:8
Ivyak. 6:6Gus 34:9; Ivk 8:14, 17; 13:2, 3; 1Tm 4:14; 5:22; 2Tm 1:6
Ivyak. 6:7Ivk 12:24; 19:20
Ivyak. 6:7Ivk 2:47
Ivyak. 6:7Yoh 12:42; Ivk 15:5
Ivyak. 6:10Yes 54:17; Lk 21:15; Ivk 6:3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 6:1-15

Ivyakozwe n’intumwa

6 Muri iyo misi, abigishwa bariko barongerekana. Haduka rero imyidodombo mu Bayuda bavuga ikigiriki, bidodombera Abayuda bavuga igiheburayo, kuko abapfakazi babo bariko barirengagizwa mw’igaburwa ry’ibifungurwa vya buri musi+. 2 Bamwe cumi na babiri baca bahamagara abigishwa bose, bababwira bati: «Ntibibereye* ko tureka ijambo ry’Imana ngo tuje mu vyo kugabura ibifungurwa ku meza+. 3 Nuko rero bavukanyi, nimurondere muri mwebwe abagabo indwi bazwi neza*+, buzuye impwemu n’ubukerebutsi+, kugira tubashinge iki gikorwa gikenewe+. 4 Mugabo twebwe tuzokwihebera ivyerekeye ugusenga n’igikorwa kijanye n’ijambo ry’Imana.» 5 Iryo jambo abigishwa bose bararishima, baca batora Sitefano umugabo yuzuye ukwizera n’impwemu nyeranda, na Filipo+, Purokoro, Nikanori, Timoni, Parumena na Nikola w’i Antiyokiya yari yarinjiye idini ry’Abayuda. 6 Babazana imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+.

7 Ijambo ry’Imana rero ribandanya gukwiragira+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma congerekana cane+ i Yeruzalemu. Isinzi rinini cane ry’abaherezi ryakira ukwizera+.

8 Sitefano, yuzuye ubuntu bw’Imana n’ububasha, yarakora ibitangaza n’ibimenyetso bikomeye mu bantu. 9 Abantu bamwe bo mw’isinagogi yitwa iy’Ababohowe hamwe n’abo mu Banyasireni, mu Banyalegizandiriya, mu b’i Silisiya no muri Aziya, baza guharira na Sitefano. 10 Ariko ntibashoboye kumutsinda kuko yavugana ubukerebutsi kandi afashijwe n’impwemu+. 11 Maze bosha abagabo mu mpisho ngo bavuge bati: «Twamwumvise avuga amajambo yo gutuka Musa n’Imana*.» 12 Baca bagumura abantu n’abashingantahe n’abanditsi maze baramuhwikira, baramucakira, bamushira Inama nkuru. 13 Nuko bazana ivyabona vy’ikinyoma, bivuga biti: «Uyu mugabo aguma avuga nabi iki kibanza ceranda n’amategeko. 14 Nk’akarorero, twamwumvise avuga yuko uwo Yezu Umunyanazareti azosenyurira hasi iki kibanza akongera agahindura imigenzo twarazwe na Musa.»

15 Maze abari mu Nama nkuru bose bamwitegereje, babona mu maso hiwe hasa n’ah’umumarayika.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika