ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo: ibirimwo

      • Ukuntu abato n’abakuze bakwiye gufatwa (1, 2)

      • Gushigikira abapfakazi (3-16)

        • Kuronsa abawe ivyo bakeneye (8)

      • Nimutere iteka abakurambere bakora cane (17-25)

        • «Akavinyu gakeyi kubera umushishito wawe» (23)

1 Timoteyo 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 11

1 Timoteyo 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    7/2021, rup. 11

1 Timoteyo 5:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «tera iteka.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «b’abapfakazi vy’ukuri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 6

1 Timoteyo 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:8
  • +Mt 15:4; Ef 6:2
  • +Yak 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 6

    1/5/2001, rup. 5-6

    Agahimbare mu rugo, rup. 149, 173-174

1 Timoteyo 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:34
  • +Lk 2:36, 37

1 Timoteyo 5:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Gushobora kuba ari ukuryoherwa kujanye n’ivy’igitsina.

1 Timoteyo 5:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ayo mategeko.»

  • *

    Biboneka ko ari abapfakazi n’incuti zabo.

1 Timoteyo 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 15:4-6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 24

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 137

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 24-25

    15/2/2012, rup. 7

    15/5/2011, rup. 7

    1/5/2007, rup. 20-21

    15/6/2005, rup. 18-20

    1/9/1997, rup. 10-11

    1/11/1996, rup. 18-19

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 116

    Agahimbare mu rugo, rup. 160

    Ubumenyi, rup. 146-148

1 Timoteyo 5:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 31

    1/6/2006, rup. 6-7

1 Timoteyo 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:39
  • +1Tm 2:15
  • +Heb 13:2; 1Pt 4:9
  • +Yoh 13:5, 14
  • +1Tm 5:16; Yak 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 6-7

1 Timoteyo 5:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ukwizera kwabo kwa mbere.»

1 Timoteyo 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 18

    15/6/2007, rup. 20

1 Timoteyo 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:8, 9
  • +1Tm 2:15

1 Timoteyo 5:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 18-19

1 Timoteyo 5:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «b’abapfakazi vy’ukuri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:11; 1Tm 5:5; Yak 1:27

1 Timoteyo 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 5:2, 3
  • +Ivk 28:10; Heb 13:17
  • +1Ts 5:12; Heb 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 28

1 Timoteyo 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 25:4; 1Kr 9:7, 9
  • +Lw 19:13; Mt 10:9, 10; Lk 10:7; Gl 6:6

1 Timoteyo 5:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umugabo ahumuye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:15; Mt 18:16

1 Timoteyo 5:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukangirire.»

  • *

    Canke «kugira ngo bibere abandi imburi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 1:7, 9, 13; Ivh 3:19
  • +1Kr 15:34; 1Yh 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 149-150

1 Timoteyo 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:15; Yak 3:17

1 Timoteyo 5:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga kutihutira kugena umuntu n’umwe.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 6:5, 6; 14:23; 1Tm 3:2, 6; 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 15

1 Timoteyo 5:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «reka kuza uranywa amazi gusa.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 25-26

    1/11/2015, rup. 15

    1/8/2012, rup. 26

1 Timoteyo 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:11; Heb 4:13

1 Timoteyo 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16
  • +1Kr 4:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 5:1Lw 19:32
1 Tim. 5:31Tm 5:16
1 Tim. 5:41Tm 5:8
1 Tim. 5:4Mt 15:4; Ef 6:2
1 Tim. 5:4Yak 1:27
1 Tim. 5:51Kr 7:34
1 Tim. 5:5Lk 2:36, 37
1 Tim. 5:8Mt 15:4-6
1 Tim. 5:101Tm 5:16; Yak 1:27
1 Tim. 5:10Ivk 9:39
1 Tim. 5:101Tm 2:15
1 Tim. 5:10Heb 13:2; 1Pt 4:9
1 Tim. 5:10Yoh 13:5, 14
1 Tim. 5:132Ts 3:11
1 Tim. 5:141Kr 7:8, 9
1 Tim. 5:141Tm 2:15
1 Tim. 5:16Gus 15:11; 1Tm 5:5; Yak 1:27
1 Tim. 5:171Pt 5:2, 3
1 Tim. 5:17Ivk 28:10; Heb 13:17
1 Tim. 5:171Ts 5:12; Heb 13:7
1 Tim. 5:18Gus 25:4; 1Kr 9:7, 9
1 Tim. 5:18Lw 19:13; Mt 10:9, 10; Lk 10:7; Gl 6:6
1 Tim. 5:19Gus 19:15; Mt 18:16
1 Tim. 5:20Tt 1:7, 9, 13; Ivh 3:19
1 Tim. 5:201Kr 15:34; 1Yh 3:9
1 Tim. 5:21Lw 19:15; Yak 3:17
1 Tim. 5:22Ivk 6:5, 6; 14:23; 1Tm 3:2, 6; 4:14
1 Tim. 5:24Yos 7:11; Heb 4:13
1 Tim. 5:25Mt 5:16
1 Tim. 5:251Kr 4:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Timoteyo 5:1-25

Timoteyo wa mbere

5 Ntukarire umutama+, ahubwo numwinginge nka so, abasore nka benewanyu, 2 abatamakazi nka ba nyoko, abigeme na bo nka bashikawe, ufise umutima utanduye na gato.

3 Niwitwararike* abapfakazi batagira gitabara*+. 4 Mugabo nimba hari umupfakazi afise abana canke abuzukuru, nibabanze bige kwihebera Imana mu kwitwararika abo mu rugo rwabo+, bishure abavyeyi babo na ba sekuru na ba inakuru ibibakwiye+, kuko ivyo vyemerwa imbere y’Imana+. 5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora, arizigira Imana+ kandi akabandanya kuyitakambira no kuyisenga ijoro n’umurango+. 6 Mugabo uwihebera ivyo kuryoherwa* aba yarapfuye naho ari muzima. 7 Ugume utanga rero ayo mabwirizwa* kugira ntihagire ico babanegura*. 8 Mu vy’ukuri, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye, na canecane abo mu rugo rwiwe, aba yihakanye ukwizera kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera+.

9 Umupfakazi ashirwa ku rutonde akwiye kuba atari munsi y’imyaka 60, yari afise umugabo umwe, 10 azwi ko akora ibikorwa vyiza+, yarareze neza abana biwe+, yarakira abashitsi+, akoza ibirenge vy’aberanda+, agafasha abari mu magorwa+, akihebera igikorwa ciza cose.

11 Ariko ntushire ku rutonde abapfakazi bakiri bato, kuko iyo inambu zabo z’umubiri zigiye hagati yabo na Kristu, baca bashaka kwubaka. 12 Bazocirwa urubanza kuko bahevye ivyo bari barasezeranye ubwa mbere*. 13 N’ikindi kandi biga kurera amaboko, bakagenda bayerera mu mihana. Emwe, ntibarera amaboko gusa ahubwo ni n’abanyarusaku kandi bisuka mu vy’abandi+, bakavuga ivyo batari bakwiye kuvuga. 14 Nshaka rero ko abapfakazi bakiri bato bubaka+, bakavyara abana+, bakitwararika urugo, ntibahe uwuturwanya akaryo ko kudutora amahinyu. 15 Mu vy’ukuri, hari abamaze guta inzira bakurikira Shetani. 16 Nimba hari umugore yizera afise incuti z’abapfakazi, nabafashe kugira ishengero ntiriremerwe. Gutyo rizoshobora guca rifasha abapfakazi batagira gitabara*+.

17 Abakurambere bahagarikira neza ishengero+ baterwe iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+. 18 Kuko icanditswe kivuga giti: «Ntimuze muzibire umunwa w’impfizi iriko irakubita ibinyantete+», ikindi na co giti: «Umukozi akwiriye impembo yiwe+.» 19 Ntiwemere ikirego kiregwa umukurambere*, kiretse habonetse ikimenyamenya gitanzwe n’ivyabona bibiri canke bitatu+. 20 Ukosorere*+ imbere ya bose abaza baracumura+, kugira ngo n’abandi batinye*. 21 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu n’abamarayika batowe ngo wubahirize ayo mabwirizwa ata kwiyumvira abandi uko batari canke ngo ugire nkunzi+.

22 Ntukarambike ibiganza gihutihuti ku muntu n’umwe*+, eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo. Ugume utanduye.

23 Ntiwongere kunywa amazi*, mugabo uze uranywa akavinyu gakeyi kubera umushishito wawe no kubera ukunda kurwara.

24 Ibicumuro vy’abantu bamwebamwe biramenyekana ku mugaragaro, bigatuma bacirwa urubanza ubwo nyene, mugabo ibicumuro vy’abandi bikibonekeza mu nyuma+. 25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biramenyekana ku mugaragaro+, kandi n’ibidashoka vyibonekeza ntibishobora kuguma binyegejwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika