ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo: ibirimwo

      • Abashumba bubahe ba shebuja (1, 2)

      • Abigisha b’ikinyoma. Gukunda amahera (3-10)

      • Ivyo umuntu w’Imana akwiye kwitwararika (11-16)

      • Kuba abatunzi mu bikorwa vyiza (17-19)

      • Rinda ico wajejwe (20, 21)

1 Timoteyo 6:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «abashumba bari munsi y’ingogo.» Raba Insiguro y’amajambo (Ingogo).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:7; Ef 6:5; Kl 3:22
  • +1Pt 2:13, 14

1 Timoteyo 6:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

1 Timoteyo 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntungamagara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 1:13
  • +Tt 1:1, 2

1 Timoteyo 6:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «akunda birenze urugero ivyo guhangana.»

  • *

    Canke «ugutukana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 8:2
  • +2Tm 2:14; Tt 1:10; 3:9

1 Timoteyo 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:3; 2Tm 3:8; Yud 10
  • +1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2002, rup. 12

1 Timoteyo 6:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «kuba umuntu yikwije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2014, rup. 15

    15/11/2011, rup. 19-20

    1/6/2003, rup. 9

1 Timoteyo 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:21; Zb 49:16, 17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

1 Timoteyo 6:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «aho kuba.» Mu kigiriki havuga ngo «ico kwipfuka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:8, 9; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 5

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Be maso!,

    7/2015, rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2003, rup. 5-6

    1/6/2003, rup. 9

    1/7/2001, rup. 6-7

    1/2/1998, rup. 15-16

    Senga Imana, rup. 103-104

    Agahimbare mu rugo, rup. 40

1 Timoteyo 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:22
  • +Img 28:20, 22; Yak 5:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 18-19

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 22-23

    1/6/1998, rup. 5-6

    1/2/1998, rup. 15-16

    1/8/1997, rup. 11-12

    Senga Imana, rup. 103-104

1 Timoteyo 6:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «bicumitisha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 166

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 18-19

    Be maso!,

    3/2014, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2010, rup. 4

    1/3/2002, rup. 31

    1/7/2001, rup. 5-6

    1/6/1998, rup. 5-6

    Senga Imana, rup. 103-104

1 Timoteyo 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:1; Mt 5:5; Gl 5:22, 23; Kl 3:12; 1Pt 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 10, 11-15

    1/4/2003, rup. 19-20

    1/7/2001, rup. 7-8

1 Timoteyo 6:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2004, rup. 26-27

    Imizimu, rup. 62

1 Timoteyo 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:11; Yoh 18:33, 36; 19:10, 11

1 Timoteyo 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:8; 2Tm 4:1, 8

1 Timoteyo 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:14; 19:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

    1/9/2005, rup. 27

1 Timoteyo 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:15, 16
  • +Ivk 9:3; Ivh 1:13, 16
  • +Yoh 14:19; 1Pt 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 31

    1/9/2005, rup. 27

1 Timoteyo 6:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «tegeka.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Igihe).

  • *

    Canke «kutihambaza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:22; Mr 10:23
  • +Ums 5:19; Mt 6:33; Yak 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 13-14

    1/8/2007, rup. 24-25

    1/2/2004, rup. 30

    1/7/2001, rup. 8

1 Timoteyo 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:13; 2Kr 8:14; Yak 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 30

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 37

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 13-14

    1/7/2001, rup. 8

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2000, rup. 1

1 Timoteyo 6:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:20
  • +Lk 16:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 203-204

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 192-193

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2007, rup. 17-18

    1/7/2001, rup. 8

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2003, rup. 8

1 Timoteyo 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 1:13, 14; 3:14; 4:5
  • +1Kr 2:13; 3:19; Kl 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 26-30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 22

1 Timoteyo 6:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 6:1Rm 13:7; Ef 6:5; Kl 3:22
1 Tim. 6:11Pt 2:13, 14
1 Tim. 6:32Tm 1:13
1 Tim. 6:3Tt 1:1, 2
1 Tim. 6:41Kr 8:2
1 Tim. 6:42Tm 2:14; Tt 1:10; 3:9
1 Tim. 6:52Kr 11:3; 2Tm 3:8; Yud 10
1 Tim. 6:51Pt 5:2
1 Tim. 6:61Tm 4:8
1 Tim. 6:7Yb 1:21; Zb 49:16, 17
1 Tim. 6:8Img 30:8, 9; Heb 13:5
1 Tim. 6:9Mt 13:22
1 Tim. 6:9Img 28:20, 22; Yak 5:1
1 Tim. 6:10Mt 6:24
1 Tim. 6:11Img 15:1; Mt 5:5; Gl 5:22, 23; Kl 3:12; 1Pt 3:15
1 Tim. 6:13Mt 27:11; Yoh 18:33, 36; 19:10, 11
1 Tim. 6:142Ts 2:8; 2Tm 4:1, 8
1 Tim. 6:15Ivh 17:14; 19:16
1 Tim. 6:16Heb 7:15, 16
1 Tim. 6:16Ivk 9:3; Ivh 1:13, 16
1 Tim. 6:16Yoh 14:19; 1Pt 3:18
1 Tim. 6:17Mt 13:22; Mr 10:23
1 Tim. 6:17Ums 5:19; Mt 6:33; Yak 1:17
1 Tim. 6:18Rm 12:13; 2Kr 8:14; Yak 1:27
1 Tim. 6:19Mt 6:20
1 Tim. 6:19Lk 16:9
1 Tim. 6:202Tm 1:13, 14; 3:14; 4:5
1 Tim. 6:201Kr 2:13; 3:19; Kl 2:8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Timoteyo 6:1-21

Timoteyo wa mbere

6 Abashumba* nibagume babona ko ba shebuja babereye kwubahwa rwose+, kugira ngo izina ry’Imana n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+. 2 Vyongeye, abafise ba shebuja bizera ntibabagaye ngo ni uko ari abavukanyi. Ahubwo riho bakwiye kurushiriza gukora babikunze, kubera ko abungukira ku gikorwa ciza bakora ari abo basangiye ukwizera, bakaba n’abavukanyi babo bakunda cane.

Ugume wigisha ivyo bintu wongera ushikiriza ayo majambo yo guhimiriza. 3 Nimba hari umuntu yigisha izindi nyigisho kandi ntiyemere ya nyigisho ngirakamaro*+ iva ku Mukama wacu Yezu Kristu, canke ntiyemere inyigisho ihuye n’ukwihebera Imana+, 4 aba yivyimvya, kandi nta kintu na kimwe atahura+. Ni umuntu yatwawe ubwenge n’ivyo guhangana* mu vyiyumviro be n’impari z’amajambo+. Ivyo bituma havyuka agashari, imiryano, kwambikana ibara*, imyikeko mibi, 5 impari zidahera ku bintu bitagira akamaro zivyurwa n’abantu bononekaye mu bwenge+ kandi batagitahura ukuri, biyumvira ko ukwihebera Imana ari uburyo bwo kwironkera inyungu+. 6 Mu vy’ukuri, kwihebera Imana+ biri kumwe no kubumbwa n’ivyo umuntu afise*, birimwo inyungu ikomeye. 7 Kuko ata co twazanye mw’isi, kandi nta na kimwe dushobora kuyikuramwo+. 8 Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara*, ivyo biratubumba+.

9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu bigeragezo, mu mitego+ no mu vyipfuzo vy’ubupfu kandi bibagirira nabi, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+. 10 Kuko gukunda amahera ari umuzi w’ibibi vy’ubwoko bwose. Hari abaciye ku biti no ku mabuye kubera gukunda amahera maze barata ukwizera, bikwegera* imibabaro myinshi+.

11 Ariko weho ga muntu w’Imana, hunga ivyo bintu. Mugabo ukurikirane ubugororotsi, ukwihebera Imana, ukwizera, urukundo, ukwihangana n’ubwitonzi+. 12 Rwana intambara nziza y’ukwizera. Cakira ubuzima budahera wahamagariwe kandi ukabushingira intahe nziza ku mugaragaro imbere y’ivyabona vyinshi.

13 Imbere y’Imana, yo izigama ubuzima bw’ibintu vyose, n’imbere ya Kristu Yezu, we cabona yashinze intahe nziza ku mugaragaro imbere ya Ponsiyo Pilato+, ngutegetse 14 kwubahiriza amabwirizwa mu buryo butagira agatosi kandi ata co bunegurwa gushika Umukama wacu Yezu Kristu yerekanywe+. 15 Wa Munyabubasha rudende kandi ahimbawe azokwerekana ukwo kwigaragaza igihe cakwo kigeze. Ni Umwami w’abami baganza, akaba n’Umukama aruta abatwara bose+, 16 umwe wenyene adapfa+, aba mu muco utegerwa+, wa wundi ata muntu n’umwe yigeze amubona canke ashobora kumubona+. Nahabwe iteka, kandi ubushobozi bwiwe bwameho ibihe bidahera. Amen.

17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+. 18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+. 19 Bazoba bishingiye umushinge mwiza ku bwa kazoza nk’umuntu abitse ubutunzi ahatagira inkomanzi+, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

20 Ewe Timoteyo, rinda ico wajejwe+, wamirire kure amajambo ata co amaze atukisha ibintu vyeranda, be n’ivyiyumviro bivuguruzanya vyitwa ngo ni «ubumenyi+.» 21 Hari abashatse kwerekana ko bafise ubwo bumenyi bituma bata ukwizera.

Ubuntu buhebuje* bubane namwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika