ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe: ibirimwo

      • Musa ari mu gupfa (1-8)

      • Gusomera amategeko Abisirayeli ku mugaragaro (9-13)

      • Yosuwa agenwa (14, 15)

      • Abisirayeli babwirwa ko bazohava bagarariza (16-30)

        • Ururirimbo rwo kwigisha Abisirayeli (19, 22, 30)

Gusubira mu vyagezwe 31:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «gusohoka no kwinjira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:7; Gus 34:7; Ivk 7:23
  • +Gh 20:12; Gus 3:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 31

Gusubira mu vyagezwe 31:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:3
  • +Gh 27:18; Gus 3:28; Yos 1:2

Gusubira mu vyagezwe 31:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 21:23, 24
  • +Gh 21:33, 35
  • +Kv 23:23

Gusubira mu vyagezwe 31:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:52; Gus 7:2, 24; 20:16

Gusubira mu vyagezwe 31:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:6; Zb 27:14; 118:6
  • +Gh 14:9; Gus 7:18
  • +Gus 4:31; Yos 1:5; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1998, rup. 8-9

Gusubira mu vyagezwe 31:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:25
  • +Gus 1:38

Gusubira mu vyagezwe 31:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:14
  • +Yos 1:9

Gusubira mu vyagezwe 31:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:27

Gusubira mu vyagezwe 31:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:1
  • +Lw 23:34

Gusubira mu vyagezwe 31:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:16
  • +Neh 8:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 20

Gusubira mu vyagezwe 31:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abana batoyi.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu marembo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:10; Heb 10:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2010, rup. 3

    15/9/2004, rup. 27

    1/4/2000, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 31:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:6, 7; Ef 6:4
  • +Gus 30:16

Gusubira mu vyagezwe 31:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:13
  • +Gus 3:28

Gusubira mu vyagezwe 31:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:9; 40:38

Gusubira mu vyagezwe 31:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ugira uryame hamwe na ba sokuru bawe.»

  • *

    Canke «aba bantu bazokora ubumaraya.» Raba Insiguro y’amajambo (Umumaraya).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:17; Zb 106:37-39
  • +1Bm 11:33
  • +Abc 2:12, 20

Gusubira mu vyagezwe 31:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:20
  • +1Ng 28:9; 2Ng 15:2; 24:20
  • +Gus 32:20; Zb 104:29; Ezk 39:23
  • +Neh 9:27
  • +Abc 6:13

Gusubira mu vyagezwe 31:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:2

Gusubira mu vyagezwe 31:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:30; 32:44
  • +Gus 4:9; 11:19
  • +Gus 31:21

Gusubira mu vyagezwe 31:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bakavyibuha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18
  • +Kv 3:8; Gh 13:26, 27
  • +Neh 9:25
  • +Kv 24:7; Gus 8:12-14; 29:1; Neh 9:26

Gusubira mu vyagezwe 31:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:59
  • +Kv 16:4

Gusubira mu vyagezwe 31:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Biboneka ko ari Imana

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:18; Gus 31:14
  • +Yos 1:6, 9
  • +Gus 1:38; 3:28

Gusubira mu vyagezwe 31:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:27

Gusubira mu vyagezwe 31:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:18; 2Ng 34:14
  • +1Bm 8:9

Gusubira mu vyagezwe 31:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mufise izosi ridadaraye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:24; Neh 9:26
  • +Kv 32:9; Zb 78:8

Gusubira mu vyagezwe 31:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:19

Gusubira mu vyagezwe 31:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:19
  • +Gus 28:15

Gusubira mu vyagezwe 31:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:44

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 31:2Kv 7:7; Gus 34:7; Ivk 7:23
Gus. 31:2Gh 20:12; Gus 3:27
Gus. 31:3Gus 9:3
Gus. 31:3Gh 27:18; Gus 3:28; Yos 1:2
Gus. 31:4Gh 21:23, 24
Gus. 31:4Gh 21:33, 35
Gus. 31:4Kv 23:23
Gus. 31:5Gh 33:52; Gus 7:2, 24; 20:16
Gus. 31:6Yos 1:6; Zb 27:14; 118:6
Gus. 31:6Gh 14:9; Gus 7:18
Gus. 31:6Gus 4:31; Yos 1:5; Heb 13:5
Gus. 31:7Yos 10:25
Gus. 31:7Gus 1:38
Gus. 31:8Kv 33:14
Gus. 31:8Yos 1:9
Gus. 31:9Kv 34:27
Gus. 31:10Gus 15:1
Gus. 31:10Lw 23:34
Gus. 31:11Gus 16:16
Gus. 31:11Neh 8:7
Gus. 31:12Gus 4:10; Heb 10:25
Gus. 31:13Gus 6:6, 7; Ef 6:4
Gus. 31:13Gus 30:16
Gus. 31:14Gh 27:13
Gus. 31:14Gus 3:28
Gus. 31:15Kv 33:9; 40:38
Gus. 31:16Abc 2:17; Zb 106:37-39
Gus. 31:161Bm 11:33
Gus. 31:16Abc 2:12, 20
Gus. 31:17Gus 29:20
Gus. 31:171Ng 28:9; 2Ng 15:2; 24:20
Gus. 31:17Gus 32:20; Zb 104:29; Ezk 39:23
Gus. 31:17Neh 9:27
Gus. 31:17Abc 6:13
Gus. 31:18Yes 59:2
Gus. 31:19Gus 31:30; 32:44
Gus. 31:19Gus 4:9; 11:19
Gus. 31:19Gus 31:21
Gus. 31:20It 15:18
Gus. 31:20Kv 3:8; Gh 13:26, 27
Gus. 31:20Neh 9:25
Gus. 31:20Kv 24:7; Gus 8:12-14; 29:1; Neh 9:26
Gus. 31:21Gus 28:59
Gus. 31:21Kv 16:4
Gus. 31:23Gh 27:18; Gus 31:14
Gus. 31:23Yos 1:6, 9
Gus. 31:23Gus 1:38; 3:28
Gus. 31:24Kv 34:27
Gus. 31:26Gus 17:18; 2Ng 34:14
Gus. 31:261Bm 8:9
Gus. 31:27Gus 9:24; Neh 9:26
Gus. 31:27Kv 32:9; Zb 78:8
Gus. 31:28Gus 30:19
Gus. 31:29Abc 2:19
Gus. 31:29Gus 28:15
Gus. 31:30Gus 32:44
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gusubira mu vyagezwe 31:1-30

Gusubira mu vyagezwe

31 Maze Musa aragenda, abwira Abisirayeli bose aya majambo. 2 Ababwira ati: «Ubu mfise imyaka 120+. Singishoboye kubayobora*, kuko Yehova yambwiye ati: “Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.” 3 Yehova Imana yanyu azojabuka imbere yanyu. Ubwiwe azotikiza ayo mahanga ari imbere yanyu muheze mwigarurire igihugu cayo+. Yosuwa ni we azobajabukana hakurya ya Yorodani+ nk’uko Yehova yabivuze. 4 Yehova azoyatikiza nk’uko yatikije Sihoni+ na Ogi+, ba bami b’Abamori hamwe n’igihugu cabo+. 5 Yehova azobafasha kuyatsinda kandi mutegerezwa kuyagirira ibintu vyose nabategetse+. 6 Nimugire umutima rugabo+ kandi mukomere. Ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera ayo mahanga+, kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe. Ntazobata canke ngo abahebe+.»

7 Musa aca ahamagara Yosuwa, amubwirira imbere y’Abisirayeli bose ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ko azoha ba sekuruza babo, uheze ukibahe kibe intoranwa yabo+. 8 Yehova ni we agendera imbere yawe kandi azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe. Ntutinye canke ngo uranduke umutima+.»

9 Musa araheza yandika aya mategeko+, ayahereza abaherezi ari bo Balewi, abarerura isandugu y’isezerano rya Yehova, hamwe n’abashingantahe bose bo muri Isirayeli. 10 Musa aca abategeka ati: «Uko haheze imyaka indwi, igihe cashinzwe kigeze, mu mwaka wo guheberanira amadeni+, ku musi mukuru w’insago*+, 11 igihe Abisirayeli bose bazoba baje imbere ya Yehova+ Imana yanyu ahantu azoba yaratoye, muzosomera aya mategeko Abisirayeli bose kugira bayumve+. 12 Muze mukoranye abantu+, abagabo, abagore, abana* na ba kavamahanga baba mu bisagara* vyanyu kugira bumvirize bongere bige ivyerekeye Yehova Imana yanyu, bamutinye kandi bitwararike gukurikiza aya mategeko yose. 13 Maze abana babo batamenye aya mategeko bazoyumviriza+ maze bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba mu gihugu mugiye kwigarurira nimwamara kujabuka uruzi Yorodani+.»

14 Yehova aca abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa+. Nuhamagare Yosuwa, muheze muzanane imbere y’ihema ry’ibonaniro kugira ndamugene abe indongozi+.» Musa na Yosuwa baca baragenda imbere y’ihema ry’ibonaniro. 15 Yehova aca aza kuri iryo hema mu nkingi y’igicu, kandi iyo nkingi y’igicu yari ihagaze ku bwinjiriro bw’iryo hema+.

16 Yehova araheza abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa* kandi aba bantu bazompemukira batangure gusenga imana* z’amahanga abakikuje mu gihugu bagiyemwo+. Bazompeba+ bongere barenge kw’isezerano nagiraniye na bo+. 17 Ico gihe nzobashavurira cane+, ndabahebe+ kandi ndabahishe mu maso hanje+ gushika batikiye. Maze nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi be n’amaganya menshi+, bazovuga bati: “Ubwo ibi vyago ntibiriko bidushikira kubera ko Imana yacu itari kumwe natwe+?” 18 Ariko n’ico gihe nyene nzobahisha mu maso hanje kubera ibibi vyose bakoze, mu gusenga izindi mana+.

19 Ubu rero nimwiyandikire iyi ndirimbo+, muyigishe Abisirayeli+ bayifate ku mutwe kugira imbere icabona cagiriza Abisirayeli+. 20 Ninamara kubashikana mu gihugu narahiye ba sokuruza babo+, igihugu gitemba amata n’ubuki+, hanyuma bakarya bagahaga kandi bakamererwa neza*+, bazokurikira izindi mana, bazikorere nanje bansuzugure barenge kw’isezerano ryanje+. 21 Nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi n’amaganya menshi+, iyi ndirimbo izoba icabona kibagiriza, (kuko uruvyaro rwabo rudakwiye kuyibagira). Nakare ndamaze kubona agatima bafise+ n’imbere y’uko ndabashikana mu gihugu nabarahiye.»

22 Musa araheza yandika iyo ndirimbo kuri uwo musi, maze ayigisha Abisirayeli.

23 Aca* agena Yosuwa+ mwene Nuni ngo abe indongozi, amubwira ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana Abisirayeli mu gihugu nabarahiye+, kandi nzogumana nawe.»

24 Maze Musa akirangiza kwandika ayo mategeko yose mu gitabu+, 25 aca ategeka Abalewi baterura isandugu y’isezerano rya Yehova ati: 26 «Tora iki gitabu c’amategeko+ mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi kizobabera icabona kibagiriza. 27 Ndazi neza ko muri abagarariji+ n’intagondwa*+. Aho mwarinze mugarariza Yehova nkiri kumwe namwe, hari akantu ninamara gupfa! 28 Koraniriza hamwe abashingantahe bose b’imiryango yanyu n’abarongozi banyu, ndababwire aya majambo bayumve, kandi ijuru n’isi ni vyo bizombera icabona kibagiriza+. 29 Ndazi neza ko muzokora ibibi ninamara gupfa+, mugaheba inzira nabategetse kugenderamwo. Ivyago ntibizobura kubazako+ muri kazoza kuko muzoba mwakoze ibibi mu maso ya Yehova kandi mukamubabaza biciye ku bikorwa vyanyu.»

30 Musa aca avuga amajambo y’iyi ndirimbo Abisirayeli bose bumva, kuva ku ntango gushika ku mpera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika