ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro: ibirimwo

      • Aburamu agaruka i Kanani (1-4)

      • Aburamu na Loti batandukana (5-13)

      • Imana isubiriramwo Aburamu umuhango yamuhaye (14-18)

Itanguriro 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:9; 20:1

Itanguriro 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:34, 35

Itanguriro 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:8, 9; Yos 7:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13

Itanguriro 13:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13

Itanguriro 13:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13-14

Itanguriro 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13-14

Itanguriro 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 27

    1/9/2001, rup. 18-19

Itanguriro 13:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 27

    15/1/2004, rup. 27

    1/9/2001, rup. 13-15, 18-19

Itanguriro 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:28
  • +It 19:20-22
  • +It 2:8, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:28, 29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:20; 19:5; 2Pt 2:6-8; Yud 7

Itanguriro 13:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 15:18; 24:7; Kv 33:1

Itanguriro 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:2; 15:1, 5; Kv 1:7; Heb 11:12

Itanguriro 13:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2004, rup. 13-14

    1/9/2001, rup. 15

Itanguriro 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:1; 23:19; 25:9, 10; 35:27
  • +It 23:2
  • +It 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 13:1It 12:9; 20:1
Ita. 13:2It 24:34, 35
Ita. 13:3It 12:8, 9; Yos 7:2
Ita. 13:7It 10:19
Ita. 13:8It 11:27
Ita. 13:10It 19:28
Ita. 13:10It 19:20-22
Ita. 13:10It 2:8, 9
Ita. 13:12It 19:28, 29
Ita. 13:13It 18:20; 19:5; 2Pt 2:6-8; Yud 7
Ita. 13:15It 12:7; 15:18; 24:7; Kv 33:1
Ita. 13:16It 12:2; 15:1, 5; Kv 1:7; Heb 11:12
Ita. 13:18It 18:1; 23:19; 25:9, 10; 35:27
Ita. 13:18It 23:2
Ita. 13:18It 12:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Itanguriro 13:1-18

Itanguriro

13 Aburamu aca ava mu Misiri aduga i Negebu+, ari kumwe n’umugore wiwe n’ivyo yari afise vyose hamwe na Loti. 2 Aburamu yari atunze cane: yari afise ibitungwa, ifeza n’inzahabu vyinshi cane+. 3 Nuko ava i Negebu aja i Beteli, agenda arimukira mu bibanza bitandukanye gushika hamwe yari yarashinze ihema hagati ya Beteli na Ayi+, 4 hamwe yari yarubatse igicaniro. Ashitseyo aca yambaza izina rya Yehova.

5 Loti yari kumwe na Aburamu, kandi na we nyene yari afise intama, inka n’amahema. 6 Ntivyaba rero bigikunda ko bagumana muri ako karere, kuko ibintu vyabo vyari vyaragwiriye cane ku buryo bitari bigishoboka ko baguma babana. 7 Abungere ba Aburamu batangura gushwana n’abungere ba Loti. (Ico gihe Abanyakanani n’Abaperizi baba muri ako karere+.) 8 Maze Aburamu abwira Loti+ ati: «Ndagusavye ntihabe ugushwana hagati yanje nawe, no hagati y’abungere banje n’abungere bawe, kuko tuvukana. 9 Ehe igihugu cose kiri mu maboko yawe. Reka dupfume dutandukana. Niwaja ibubamfu, nanje ndaja iburyo. Niwaja iburyo na ho, nanje ndaja ibubamfu.» 10 Loti yunamura amaso maze abona ko akarere kose ka Yorodani+ gushika i Zowari+ kari kavomereye neza. Kari kameze nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri (aho hari imbere y’uko Yehova atikiza Sodomu na Gomora). 11 Loti rero ahitamwo akarere kose ka Yorodani, aca yimukira mu buseruko. Ukwo ni ko batandukanye. 12 Aburamu aca aba mu gihugu ca Kanani, Loti na we aba mu bisagara vyo muri ako karere+. Amaherezo, Loti ashinga ihema ryiwe hafi ya Sodomu. 13 Ariko abantu b’i Sodomu bari babi, baracumura cane kuri Yehova+.

14 Loti amaze gutandukana na Aburamu, Yehova abwira Aburamu ati: «Ndagusavye wunamure amaso, urabe mu buraruko no mu bumanuko, mu buseruko no mu burengero, 15 kuko iki gihugu cose ubona nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe, kibe rwanyu ibihe vyose+. 16 Kandi uruvyaro rwawe nzorugwiza nka kurya kw’umukungugu wo kw’isi. Nimba umuntu yoshobora guharura umukungugu wo kw’isi, n’uruvyaro rwawe rero rwoshobora guharurwa+. 17 Haguruka, ugendure iki gihugu cose iyo kiva kikagera, kuko ari wewe nzogiha.» 18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Yahavuye aja kuba mu biti binini biri i Mamure+ muri Heburoni+, maze yubakira igicaniro Yehova ng’aho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika