ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Yeremiya atorwa ngo abe umuhanuzi (1-10)

      • Yerekwa igiti ca shakedi (11, 12)

      • Yerekwa inkono (13-16)

      • Yeremiya aremeshwa mu gikorwa ashinzwe (17-19)

Yeremiya 1:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina rishobora kuba risobanura ngo «Yehova arashira hejuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 21:8, 18

Yeremiya 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:1, 2
  • +2Bm 21:19, 20

Yeremiya 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:1; 2Ng 36:4
  • +2Bm 24:18, 19
  • +2Bm 25:8, 11; Yr 52:12, 15

Yeremiya 1:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «naragutoye.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «utarava mu gitereko.»

  • *

    Canke «naragushize ku ruhande.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 13:5; Zb 139:15, 16
  • +Lk 1:13, 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 6-7

Yeremiya 1:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «agahungu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:10
  • +1Bm 3:5, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 29

    Yeremiya, rup. 7

Yeremiya 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 191

Yeremiya 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 2:6
  • +Kv 3:11, 12; Yr 15:20; Ivk 18:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 188-191

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

    15/12/2005, rup. 24

Yeremiya 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:7
  • +Kv 4:12, 15; Ezk 33:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 32-34

Yeremiya 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:7-10; 24:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 30, 31-32

    Yeremiya, rup. 168

Yeremiya 1:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umuntu yikanguye.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 8-9

Yeremiya 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 28-29

    15/3/2007, rup. 8-9

Yeremiya 1:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inkono y’umunwa munini.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bahushe.» Bisigura ko bahushe umuriro iteretseko.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 14-15

Yeremiya 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:1; 10:22

Yeremiya 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:15; 6:22; 25:9
  • +Yr 39:3
  • +Gus 28:52; Yr 34:22; 44:6

Yeremiya 1:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ry’igiheburayo ryakoreshejwe ng’aha rishobora no gusigura uguturira imibavu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:20; 2Bm 22:17; 2Ng 7:19, 20
  • +Ezk 8:10, 11; Hs 11:2
  • +Yes 2:8

Yeremiya 1:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nukenyere mu mafyinga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 2:6

Yeremiya 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:20; 20:11; Ezk 3:8; Mik 3:8
  • +Yr 26:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 32

Yeremiya 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:15; Kv 3:12; Yos 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 88-89

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2000, rup. 24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 1:1Yos 21:8, 18
Yer. 1:22Bm 22:1, 2
Yer. 1:22Bm 21:19, 20
Yer. 1:32Bm 24:1; 2Ng 36:4
Yer. 1:32Bm 24:18, 19
Yer. 1:32Bm 25:8, 11; Yr 52:12, 15
Yer. 1:5Abc 13:5; Zb 139:15, 16
Yer. 1:5Lk 1:13, 15
Yer. 1:6Kv 4:10
Yer. 1:61Bm 3:5, 7
Yer. 1:7Kv 7:1, 2
Yer. 1:8Ezk 2:6
Yer. 1:8Kv 3:11, 12; Yr 15:20; Ivk 18:9, 10
Yer. 1:9Yes 6:7
Yer. 1:9Kv 4:12, 15; Ezk 33:7
Yer. 1:10Yr 18:7-10; 24:5, 6
Yer. 1:14Yr 6:1; 10:22
Yer. 1:15Yr 5:15; 6:22; 25:9
Yer. 1:15Yr 39:3
Yer. 1:15Gus 28:52; Yr 34:22; 44:6
Yer. 1:16Yos 24:20; 2Bm 22:17; 2Ng 7:19, 20
Yer. 1:16Ezk 8:10, 11; Hs 11:2
Yer. 1:16Yes 2:8
Yer. 1:17Ezk 2:6
Yer. 1:18Yr 15:20; 20:11; Ezk 3:8; Mik 3:8
Yer. 1:18Yr 26:12
Yer. 1:19It 28:15; Kv 3:12; Yos 1:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 1:1-19

Yeremiya

1 Ng’aya amajambo ya Yeremiya* mwene Hilikiya, umwe mu baherezi b’i Anatoti+ mu karere ka Benyamini. 2 Yehova yavuganye na we mu gihe ca Yosiya+ mwene Amoni+, umwami w’Ubuyuda, mu mwaka ugira 13 aganza. 3 Yavuganye na we kandi mu gihe ca Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda, gushika harangiye umwaka ugira 11 w’intwaro ya Zedekiya+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda, gushika ab’i Yeruzalemu bagiye mu bunyagano mu kwezi kugira gatanu+.

4 Yehova ambwira ati:

 5 «Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi*+,

kandi utaravuka* narakwejeje*+.

Nakugize umuhanuzi ku mahanga.»

 6 Mugabo mvuga nti: «Yoo, Mukama Segaba Yehova,

sinzi kuvuga+. Ndacari muto*+.»

 7 Maze Yehova ambwira ati:

«Ntuvuge ngo: “Ndacari muto”,

kuko uzoja ku bantu bose nzogutumako,

ukababwira ivyo nzoba nagutegetse vyose+.

 8 Ntuze uterwe ubwoba n’ukuntu baboneka+,

kuko “ndi kumwe nawe kugira nkurokore+”, ni ko Yehova avuze.»

9 Yehova aca aramvura ukuboko ankora ku munwa+. Maze Yehova ambwira ati: «Nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+. 10 Raba uyu musi ndaguhaye ubukuru ku mahanga no ku bwami, kugira ngo urandure, usiturire hasi, utikize, usambure, wubake kandi uteragire+.»

11 Yehova yongera kumbwira ati: «Ubona iki ga Yeremiya?» Nanje nti: «Mbona agashami k’igiti ca shakedi*.»

12 Yehova ambwira ati: «Ubonye vyo, kuko ndi maso cane ku bijanye n’ijambo ryanje kugira ndarishitse.»

13 Yehova ambwira ubugira kabiri ati: «Ubona iki?» Nanje nti: «Mbona inkono* ibira*. Ivuye mu buraruko, umunwa wayo ukaba uhengamiye mu bumanuko.» 14 Yehova aca ambwira ati:

«Ivyago bizorindimuka bize ku baba mu gihugu bose

bivuye mu buraruko+.

15 Kuko “ngira ntumeko imiryango yose y’ubwami bwo mu buraruko”, ni ko Yehova avuze+, “kandi izoza.

Umwami wese azoshira intebe yiwe y’ubwami

ku marembo ya Yeruzalemu+,

atere inzitiro zayo zihakikuje

n’ibisagara vyose vy’Ubuyuda+.

16 Nzoshikiriza imanza naciriye abantu banje kubera ububisha bwabo bwose,

kuko bampevye+

kandi bakaba bashikanira ibimazi izindi mana bigafumba umwotsi*+,

bakunamira ivyakozwe n’amaboko yabo bwite+.”

17 Mugabo wewe niwitegurire igikorwa*,

maze uhaguruke ubabwire ibintu vyose ndagutegetse.

Nturanduke umutima kubera bo+,

kugira sintume uranduka umutima imbere yabo.

18 Kuko uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome,

nkakugira n’inkingi y’icuma n’inzitiro z’umujumpu imbere y’igihugu cose+,

imbere y’abami b’Ubuyuda, abatware baho,

abaherezi baho n’abanyagihugu baho+.

19 Ntibazobura kukurwanya

mugabo ntibazokunesha,

kuko “ndi kumwe nawe+ kugira nkurokore”, ni ko Yehova avuze.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika