ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 130
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • «Ndagutabaje nihebuye cane»

        • «Iyaba amakosa ari yo uraba» (3)

        • Ukubabarirwa nyakwo kuva kuri Yehova (4)

        • «Ndarindiriye Yehova ndabishashaye» (6)

Zaburi 130:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 3:55; Yon 2:1, 2

Zaburi 130:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

  • *

    Canke «ari yo ugumizako ijisho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:4; 103:14; 143:1, 2; Yes 55:7; Dn 9:18; Rm 3:20; Tt 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2002, rup. 14

Zaburi 130:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:6, 7; Zb 25:11
  • +Yr 33:8, 9

Zaburi 130:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:7
  • +Zb 119:147

Zaburi 130:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 130:1Int 3:55; Yon 2:1, 2
Zab. 130:3Zb 38:4; 103:14; 143:1, 2; Yes 55:7; Dn 9:18; Rm 3:20; Tt 3:5
Zab. 130:4Kv 34:6, 7; Zb 25:11
Zab. 130:4Yr 33:8, 9
Zab. 130:6Mik 7:7
Zab. 130:6Zb 119:147
Zab. 130:7Zb 86:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 130:1-8

Zaburi

Ni indirimbo y’abariko baraduga.

130 Ewe Yehova, ndagutabaje nihebuye cane+.

 2 Ewe Yehova, niwumve ijwi ryanje.

Ese wokwumva ugutabaza kwanje!

 3 Ewe Yehova*, iyaba amakosa ari yo uraba*,

ni nde yoguma ahagaze ga Yehova+?

 4 Kuko iwawe ari ho hari ukubabarirwa nyakwo+,

kugira ngo abantu bagutinye+.

 5 Yehova ni we nizigiye, ndamwizigiye n’umutima wanje wose.

Ijambo ryiwe ni ryo ndindiriye.

 6 Ndarindiriye Yehova ndabishashaye+,

kuruta uko inderetsi zirindira igitondo+,

emwe kuruta uko inderetsi zirindira igitondo.

 7 Isirayeli nigume irindiriye Yehova,

kuko urukundo rwa Yehova rudahemuka+,

kandi afise ububasha bwinshi bwo gukiza.

 8 Azokiza Abisirayeli amakosa yabo yose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika