ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 55
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ry’uwahemukiwe n’umugenzi

        • Gutukwa n’umugenzi somambike (12-14)

        • «Terera umuzigo wawe kuri Yehova» (22)

Zaburi 55:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «masikili.» Raba Insiguro y’amajambo (Masikili).

Zaburi 55:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntiwinyegeze igihe ndagutabaza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:12
  • +Zb 28:2; 143:7

Zaburi 55:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:1
  • +Yes 38:14

Zaburi 55:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 16:5-7

Zaburi 55:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:29
  • +Zb 18:4; 116:3; Yes 38:10

Zaburi 55:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:14
  • +1Sm 23:14

Zaburi 55:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «uyoberanye ururimi rwabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:31; 17:7

Zaburi 55:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «biguma», ni ukuvuga ububisha n’indyane.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:1

Zaburi 55:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:2

Zaburi 55:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:9; Mt 26:21; Yoh 13:18

Zaburi 55:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12; 16:23
  • +Lk 22:21, 48

Zaburi 55:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:23; 18:14; Zb 109:15; Mt 27:3, 5; Ivk 1:16, 18

Zaburi 55:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 91:15

Zaburi 55:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nkaboroga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:147; Dn 6:10
  • +Zb 5:3

Zaburi 55:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «izoncungura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:7; Zb 3:6

Zaburi 55:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:27; Zb 90:2
  • +Zb 143:12
  • +Zb 36:1

Zaburi 55:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Uyo atera ni wa mugenzi avugwa ku murongo wa 13 na 14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12
  • +2Sm 5:3; Ums 8:2

Zaburi 55:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «anyerera kuruta amavuta y’inka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 16:23
  • +Zb 28:3; 62:4

Zaburi 55:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «acumbagira (adandabagirana).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 43:5; 1Pt 5:6, 7
  • +Zb 37:5; 68:19; Fp 4:6, 7
  • +Zb 37:23, 24; 62:2; 121:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    6/2016, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2008, rup. 13

    1/6/2006, rup. 11

    1/8/2005, rup. 6

    Imizimu, rup. 56-57

Zaburi 55:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:15
  • +Zb 5:6; Img 10:27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 55:11Pt 3:12
Zab. 55:1Zb 28:2; 143:7
Zab. 55:2Zb 17:1
Zab. 55:2Yes 38:14
Zab. 55:32Sm 16:5-7
Zab. 55:4Zb 69:29
Zab. 55:4Zb 18:4; 116:3; Yes 38:10
Zab. 55:72Sm 15:14
Zab. 55:71Sm 23:14
Zab. 55:92Sm 15:31; 17:7
Zab. 55:102Sm 17:1
Zab. 55:11Zb 109:2
Zab. 55:12Zb 41:9; Mt 26:21; Yoh 13:18
Zab. 55:132Sm 15:12; 16:23
Zab. 55:13Lk 22:21, 48
Zab. 55:152Sm 17:23; 18:14; Zb 109:15; Mt 27:3, 5; Ivk 1:16, 18
Zab. 55:16Zb 91:15
Zab. 55:17Zb 119:147; Dn 6:10
Zab. 55:17Zb 5:3
Zab. 55:182Ng 32:7; Zb 3:6
Zab. 55:19Gus 33:27; Zb 90:2
Zab. 55:19Zb 143:12
Zab. 55:19Zb 36:1
Zab. 55:202Sm 15:12
Zab. 55:202Sm 5:3; Ums 8:2
Zab. 55:212Sm 16:23
Zab. 55:21Zb 28:3; 62:4
Zab. 55:22Zb 43:5; 1Pt 5:6, 7
Zab. 55:22Zb 37:5; 68:19; Fp 4:6, 7
Zab. 55:22Zb 37:23, 24; 62:2; 121:3
Zab. 55:23Zb 55:15
Zab. 55:23Zb 5:6; Img 10:27
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 55:1-23

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: ikwiye guherekezwa n’ibicurarangisho vy’imirya. Ni indirimbo* ya Dawidi.

55 Ewe Mana, niwumvirize isengesho ryanje+.

Ntiwirengagize ugutakamba kwanje ndagusaba imbabazi*+.

 2 Nuntege ugutwi, unyishure+.

Amaganya yanje yampagaritse umutima+,

kandi nataye umutwe cane,

 3 kubera amajambo y’umwansi

n’agahahazo k’umubisha.

Baguma banteza ivyago,

bakambikira inzigo n’ishavu n’akantu+.

 4 Umutima wanje wuzuye amaganya+,

narengewe n’ubwoba bw’urupfu+.

 5 Natekewe n’ubwoba n’ukujugumira,

ndiko ndahinda agashitsi.

 6 Nguma mvuga nti: «Iyaba nari mfise amababa nk’inuma!

Nokwigurukiye nkaja kwibera ahantu hatekanye.

 7 Emwe, nohungiye kure cane+.

Nogiye kwibera mu gahinga+. (Sela*)

 8 Nokwirutse nkaja ahantu ninyegeza,

kure y’ikivumbuzi, kure y’igihuhusi.»

 9 Ewe Yehova, nutume bata umutwe, uburabuze imigambi yabo*+

kuko nabonye ubukazi n’indyane mu gisagara.

10 Ijoro n’umurango, baguma* bakizunguruka bari ku mpome zaco,

kandi muri co hari ububisha n’ivyago+.

11 Agatikizo kari hagati muri co.

Agacinyizo n’ububeshi ntivyigera biva mu bibanza rusangi* vyaho+.

12 Kuko umwansi atari we ariko arantuka+,

ahandiho nari kuvyihanganira.

Uwundwanya si we yampagurukiye,

ahandiho nari kumwinyegeza.

13 Ariko ni wewe, umuntu nkanje+,

umugenzi wanje nzi neza+.

14 Twahora twinovorera hamwe ubugenzi bwacu.

Twahora tujana ku nzu y’Imana turi kumwe n’isinzi.

15 Ese botikira giturumbuka+!

Nibamanuke mu kuzimu ari bazima,

kuko ikibi catse indaro iwabo no mu mitima yabo.

16 Ariko jewe nzotakambira Imana,

kandi Yehova azonkiza+.

17 Ku mugoroba, mu gitondo no ku mutaga nguma niganyira kandi nkaniha*+,

ariko Imana irumva ijwi ryanje+.

18 Izonkiza* abandwanya kandi impe amahoro,

kuko abandwanya ari isinzi+.

19 Imana, yo yicaye ku ntebe y’ubwami kuva kera+,

izonyumva kandi izobishura ivyo bakora+. (Sela)

Abantu badatinya Imana

ntibazokwemera guhinduka+.

20 Atera* uwo bari babanye amahoro+,

akarenga kw’isezerano ryiwe+.

21 Amajambo yiwe arasosa*+,

ariko umutima wiwe wuzuyemwo urwanko.

Amajambo yiwe aroroshe kuruta amavuta,

ariko ameze nk’inkota zikarishe+.

22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova+,

na we azogushigikira+.

Ntazokwigera yemera ko umugororotsi atemba*+.

23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+.

Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+.

Mugabo jewe nzokwizigira wewe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika