ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 72
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Intwaro itekanye y’umwami yagenywe n’Imana

        • «Abagororotsi bazosagamba» (7)

        • «Abatwarwa biwe bazova ku kiyaga gushika ku kindi» (8)

        • Azobakiza ibintu vy’ububisha (14)

        • Kw’isi hazoba ibifungurwa vyinshi (16)

        • Izina ry’Imana rizoninahazwa ibihe vyose (19)

Zaburi 72:akajambo k’intangamarara

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 28-29

    1/11/1996, rup. 5

Zaburi 72:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:11, 12; 29:19; Yr 23:5

Zaburi 72:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:9, 28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 29-30

Zaburi 72:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nacire urubanza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 29-30

Zaburi 72:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:36, 37; Lk 1:32, 33; Ivh 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 30

Zaburi 72:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:3, 4; Img 16:15; 19:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 30

Zaburi 72:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bazonaga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:11
  • +1Bm 4:25; 1Ng 22:9; Yes 2:4; 9:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 30

Zaburi 72:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «azotwara kuva.»

  • *

    Ni uruzi Efurate.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:31; 1Bm 4:21; Zb 2:8; 22:27, 28; Dn 2:35; Zk 9:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 30-31

Zaburi 72:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:9; 110:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 30-31

Zaburi 72:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikibuguro.» Raba Insiguro y’amajambo (Ikibuguro).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:21
  • +1Bm 10:1, 2

Zaburi 72:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 31

Zaburi 72:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 65

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 31-32

Zaburi 72:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:10

Zaburi 72:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:23
  • +Yes 35:1, 2
  • +1Bm 4:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 32

Zaburi 72:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bokwironsa umuhezagiro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:17; 89:35, 36
  • +It 22:18; Gl 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 32

Zaburi 72:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:10
  • +Kv 15:11

Zaburi 72:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:13
  • +Gh 14:21; Hab 2:14

Zaburi 72:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:58

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 72:11Ng 22:11, 12; 29:19; Yr 23:5
Zab. 72:21Bm 3:9, 28
Zab. 72:4Yes 11:4
Zab. 72:5Zb 89:36, 37; Lk 1:32, 33; Ivh 11:15
Zab. 72:62Sm 23:3, 4; Img 16:15; 19:12
Zab. 72:7Yes 61:11
Zab. 72:71Bm 4:25; 1Ng 22:9; Yes 2:4; 9:6
Zab. 72:8Kv 23:31; 1Bm 4:21; Zb 2:8; 22:27, 28; Dn 2:35; Zk 9:10
Zab. 72:9Zb 2:9; 110:1
Zab. 72:101Bm 4:21
Zab. 72:101Bm 10:1, 2
Zab. 72:151Bm 10:10
Zab. 72:16Yes 30:23
Zab. 72:16Yes 35:1, 2
Zab. 72:161Bm 4:20
Zab. 72:17Zb 45:17; 89:35, 36
Zab. 72:17It 22:18; Gl 3:14
Zab. 72:181Ng 29:10
Zab. 72:18Kv 15:11
Zab. 72:19Ivh 5:13
Zab. 72:19Gh 14:21; Hab 2:14
Zab. 72:201Sm 17:58
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 72:1-20

Zaburi

Ni zaburi yerekeye Salomo.

72 Ewe Mana, niwigishe umwami guca imanza

kandi uhe ubugororotsi bwawe umwana w’umwami+.

 2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi,

aburanire abantu batobato yisunze ubutungane+.

 3 Ese imisozi yozanira abantu amahoro,

imitumba na yo ikabazanira ubugororotsi.

 4 Naburanire* abantu batobato,

akize abana b’abakene,

mugabo afyonyore abahahaza abandi+.

 5 Bazogutinya igihe cose izuba rizoba rikiriho,

n’igihe cose ukwezi kuzoba kukiriho,

uko urunganwe* rugenda rurakurikirana+.

 6 Azomera nk’imvura igwa ku vyatsi batemye,

nk’imvura nyinshi ivomera isi+.

 7 Ku ngoma yiwe, abagororotsi bazosagamba*+,

kandi amahoro azosasagara+ gushika ukwezi kutakiriho.

 8 Abatwarwa biwe bazova* ku kiyaga gushika ku kindi,

no kuva kuri rwa ruzi runini* gushika ku mpera z’isi+.

 9 Ababa mu bugaragwa bazokwunama imbere yiwe,

kandi abansi biwe bazorigata umukungugu+.

10 Abami b’i Tarushishi n’ab’amazinga bazomuriha ikori*+,

abami ba Sheba n’aba Seba bamuhe ingabire+.

11 Abami bose bazokwunama imbere yiwe,

kandi amahanga yose azomukorera.

12 Azorokora umukene atabaza,

arokore umuntu mutomuto n’uwutagira gitabara.

13 Azogirira impuhwe abantu batobato n’abakene,

kandi azorokora ubuzima bw’abakene.

14 Azobakiza agahahazo n’ibintu vy’ububisha,

kandi amaraso yabo azoba ay’agaciro kuri we.

15 Niyirambire kandi ahabwe inzahabu y’i Sheba+.

Ese abantu bokwama bamusengera,

bakamuhezagira ibihe vyose.

16 Hazobaho ibifungurwa vyinshi kw’isi+,

habe umusesekara kw’isonga ry’imisozi.

Imirima y’umwami izokwimbuka cane nk’iy’i Libani+,

kandi ababa mu bisagara bazogwira nk’ivyatsi vyo kw’isi+.

17 Ese izina ryiwe ryokwamaho ibihe vyose+,

rikaramba igihe cose izuba rizoba rikiriho!

Ese abantu bohezagirwa* biciye kuri we+,

kandi amahanga yose akamwita umuhirwe!

18 Hahezagirwe Yehova Imana, Imana ya Isirayeli+,

we wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+.

19 Izina ryiwe rihambaye nirininahazwe ibihe vyose+,

kandi ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.

Amen kandi Amen.

20 Amasengesho ya Dawidi mwene Yese agarukiye aha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika