ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • I Antiyokiya havyuka ibihari bijanye no kugenyerwa (1, 2)

      • Ico kibazo kijanwa i Yeruzalemu (3-5)

      • Abakurambere n’intumwa bakoranira hamwe (6-21)

      • Ikete rivuye ku nama nyobozi (22-29)

        • Kwirinda amaraso (28, 29)

      • Amashengero aremeshwa n’ikete yandikiwe (30-35)

      • Pawulo na Barunaba batandukana (36-41)

Ivyakozwe 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:9, 10; Kv 12:48; Lw 12:2, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 101-102

Ivyakozwe 15:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyo bihari.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

    Nushinge intahe, rup. 102-104

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 14

Ivyakozwe 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 104-105

Ivyakozwe 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:48; Ivk 11:2, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 105, 107

Ivyakozwe 15:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 105-106

Ivyakozwe 15:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kugiharirako cane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:34, 35; 11:16, 17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 106

Ivyakozwe 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9; Yr 11:20
  • +Ivk 10:44, 45; 11:15

Ivyakozwe 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:28
  • +Gl 2:15, 16; 1Pt 1:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 106

Ivyakozwe 15:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 5:1
  • +Gl 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 106

Ivyakozwe 15:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:11; Yoh 1:17
  • +Mt 20:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 106

Ivyakozwe 15:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

    Nushinge intahe, rup. 106

Ivyakozwe 15:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni Simoni (Petero).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:2; Ivk 11:13; 2Pt 1:1
  • +1Pt 2:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2021, rup. 20-21

    Ishirahamwe, rup. 162

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2014, rup. 16

    15/11/2014, rup. 25

    15/3/2013, rup. 27-28

    Nushinge intahe, rup. 108-109

Ivyakozwe 15:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

    Nushinge intahe, rup. 108-109

Ivyakozwe 15:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urusago», «inzu.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 8-9

    Nushinge intahe, rup. 109

Ivyakozwe 15:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 9:11, 12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 5

    Nushinge intahe, rup. 109

Ivyakozwe 15:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:21

Ivyakozwe 15:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ingingo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 109-111

Ivyakozwe 15:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Canke «ivyishwe bidakuwemwo amaraso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:2; Kv 20:3; 1Kr 10:14
  • +1Kr 6:9, 10; Kl 3:5; 1Ts 4:3
  • +It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 17:10, 13; 19:26; Gus 12:23; 15:23; 1Sm 14:32, 33

Ivyakozwe 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:15; 2Kr 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 109, 111

Ivyakozwe 15:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 1:1; 1Pt 5:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 113

Ivyakozwe 15:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:26

Ivyakozwe 15:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:1

Ivyakozwe 15:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:50; 1Kr 15:30, 31; 2Kr 11:23-26

Ivyakozwe 15:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:4

Ivyakozwe 15:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 16:13; Ivk 5:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

Ivyakozwe 15:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyishwe bidakuwemwo amaraso.»

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Canke «ni agasaga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:2; Kv 20:3; 34:15; 1Kr 10:14
  • +It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 17:10; Gus 12:16, 23; 1Sm 14:32, 33
  • +Lw 17:13
  • +It 39:7-9; 1Kr 6:9, 10; Ef 5:5; Kl 3:5; 1Ts 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 39

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 91-92

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 27

    15/6/2004, rup. 19-21, 29

    1/7/2000, rup. 30

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 139-140

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 129-130

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 77

    Urashobora Kubaho, rup. 216

Ivyakozwe 15:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

Ivyakozwe 15:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

Ivyakozwe 15:32

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «insiguro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 114

Ivyakozwe 15:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 115

Ivyakozwe 15:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A3.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 115

Ivyakozwe 15:35

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 15:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «dukore uko dushoboye kwose.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 117-119

Ivyakozwe 15:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:4, 5; Kl 4:10; 2Tm 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 120

Ivyakozwe 15:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 8

    Nushinge intahe, rup. 120

Ivyakozwe 15:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:36, 37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 23-24

    15/3/2010, rup. 6, 8

    15/1/2003, rup. 19-20

    Nushinge intahe, rup. 120

    Urashobora Kubaho, rup. 233-234

Ivyakozwe 15:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:26

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 15:1It 17:9, 10; Kv 12:48; Lw 12:2, 3
Ivyak. 15:2Gl 2:1
Ivyak. 15:5Kv 12:48; Ivk 11:2, 3
Ivyak. 15:7Ivk 10:34, 35; 11:16, 17
Ivyak. 15:81Ng 28:9; Yr 11:20
Ivyak. 15:8Ivk 10:44, 45; 11:15
Ivyak. 15:9Gl 3:28
Ivyak. 15:9Gl 2:15, 16; 1Pt 1:22
Ivyak. 15:10Gl 5:1
Ivyak. 15:10Gl 3:10
Ivyak. 15:11Yes 53:11; Yoh 1:17
Ivyak. 15:11Mt 20:28
Ivyak. 15:14Mt 10:2; Ivk 11:13; 2Pt 1:1
Ivyak. 15:141Pt 2:9, 10
Ivyak. 15:17Am 9:11, 12
Ivyak. 15:18Yes 45:21
Ivyak. 15:19Ivk 15:10
Ivyak. 15:20It 35:2; Kv 20:3; 1Kr 10:14
Ivyak. 15:201Kr 6:9, 10; Kl 3:5; 1Ts 4:3
Ivyak. 15:20It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 17:10, 13; 19:26; Gus 12:23; 15:23; 1Sm 14:32, 33
Ivyak. 15:21Ivk 13:15; 2Kr 3:15
Ivyak. 15:221Ts 1:1; 1Pt 5:12
Ivyak. 15:23Ivk 11:26
Ivyak. 15:24Ivk 15:1
Ivyak. 15:26Ivk 13:50; 1Kr 15:30, 31; 2Kr 11:23-26
Ivyak. 15:27Ivk 16:4
Ivyak. 15:28Yoh 16:13; Ivk 5:32
Ivyak. 15:29It 35:2; Kv 20:3; 34:15; 1Kr 10:14
Ivyak. 15:29It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 17:10; Gus 12:16, 23; 1Sm 14:32, 33
Ivyak. 15:29Lw 17:13
Ivyak. 15:29It 39:7-9; 1Kr 6:9, 10; Ef 5:5; Kl 3:5; 1Ts 4:3
Ivyak. 15:32Ivk 18:23
Ivyak. 15:362Kr 11:28
Ivyak. 15:37Ivk 13:4, 5; Kl 4:10; 2Tm 4:11
Ivyak. 15:38Ivk 13:13
Ivyak. 15:39Ivk 4:36, 37
Ivyak. 15:40Ivk 14:26
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 15:1-41

Ivyakozwe n’intumwa

15 Hanyuma abantu bamwe baramanuka bavuye i Yudaya, batangura kwigisha abavukanyi ngo: «Mutagenyerewe nk’uko bisabwa n’amategeko ya Musa+, ntimushobora gukizwa.» 2 Mugabo bamaze gucanamwo no guharira cane na Pawulo na Barunaba, hashingwa yuko Pawulo na Barunaba n’abandi bo muri bo baduga i Yeruzalemu+ kuraba intumwa n’abakurambere ku vyerekeye ico kibazo*.

3 Nuko abagize ishengero barabaherekeza gatoyi. Abo bagabo babandanya urugendo baca i Fenisiya n’i Samariya, bigana ido n’ido ingene abanyamahanga bariko barahinduka, batuma abavukanyi bose bagira umunezero mwinshi. 4 Bashitse i Yeruzalemu bakiriwe neza n’ishengero n’intumwa n’abakurambere, baraheza babiganira ibintu vyinshi Imana yari yakoze biciye kuri bo. 5 Ariko bamwe mu bo mu mugwi w’idini w’Abafarizayo bari basigaye bizera, barahaguruka aho bari bicaye bavuga bati: «Birakenewe ko bagenyerwa kandi bagategekwa kwubahiriza amategeko ya Musa+.»

6 Maze intumwa n’abakurambere bakoranira hamwe ngo bige ico kibazo. 7 Bamaze kukiganirako bimwe bikomeye*, Petero aca arahaguruka ababwira ati: «Bavukanyi, murazi neza yuko haciye igihe Imana intoye muri mwebwe kugira ngo biciye kuri jewe abanyamahanga bumve ijambo ry’inkuru nziza maze bizere+. 8 Kandi Imana, imwe izi imitima+, yarerekanye ko ibashigikiye mu kubaha impwemu nyeranda+ nk’uko natwe yayiduhaye. 9 Kandi nta tandukaniro na ritoyi yagize hagati yacu na bo+, mugabo yatyoroye imitima yabo biciye ku kwizera+. 10 Kubera iki none muriko murageza Imana mu kuremeka abigishwa umutwaro+ baba ba sogokuruza canke twebwe tutashoboye kwikorera+? 11 Ahubwo riho, dufise ukwizera ko dukizwa biciye ku buntu buhebuje* bw’Umukama Yezu+ cokimwe na bo+.»

12 Abari ng’aho bose baca baracereza, batangura kwumviriza ingene Barunaba na Pawulo bigana ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi Imana yakoze mu mahanga biciye kuri bo. 13 Bahejeje kuvuga, Yakobo avuga ati: «Bavukanyi, nimunyumvirize. 14 Simeyoni*+ yatwiganiye neza ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo umugwi w’abantu witirirwa izina ryayo+. 15 Kandi ivyo birahuje n’ivyavuzwe n’abahanuzi nk’uko vyanditswe ngo: 16 “Inyuma y’ivyo bintu nzogaruka mvyure ihema* rya Dawidi ryatemvye. Nzosubira kwubaka aho ryasambutse, ndarisanure 17 kugira ngo abantu basigaye barondere Yehova* babigiranye umwete, bari kumwe n’abo mu mahanga yose bitirirwa izina ryanje, ni ko Yehova* avuze, we nyene gukora ivyo bintu+ 18 bizwi kuva kera+.” 19 Ni co gituma iciyumviro* canje ari uko tutogora abo mu mahanga bipfuza gukorera Imana+. 20 Ahubwo twobandikira ngo birinde ivyahumanijwe n’ibigirwamana+, birinde ubusambanyi*+, ibinizwe* n’amaraso+. 21 Kuko kuva mu bihe vya kera hamye hariho abantu bamamaza ivyerekeye Musa mu bisagara vyose, ivyo yanditse bigasomwa n’ijwi ryumvikana mu masinagogi buri sabato+.»

22 Maze intumwa n’abakurambere hamwe n’ishengero ryose bafata ingingo yo kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Pawulo na Barunaba. Barungitse Yuda yitwa kandi Barusaba be na Silasi+. Bari abagabo b’imboneza mu bavukanyi. 23 Babarungikanye ikete rivuga riti:

«Twebwe intumwa n’abakurambere, tukaba n’abavukanyi banyu, turabandikiye mwebwe abavukanyi bo mu mahanga muri i Antiyokiya+, i Siriya n’i Silisiya. Turabaramukije! 24 Twarumvise yuko hari bamwe muri twebwe baje bakababwira amajambo abadurumbanya+, bagerageza kubahungabanya, kandi ata co twabatumye. 25 Twese hamwe rero twafashe ingingo yo gutora abagabo tubarungikira bari kumwe n’abavukanyi bacu dukunda cane, ari bo Barunaba na Pawulo. 26 Abo bagabo bompi barahevye ubuzima bwabo ku bw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+. 27 Turungitse rero Yuda na Silasi, ngo na bo nyene bababwire ku munwa ivyo twanditse muri iri kete+. 28 Kuko impwemu nyeranda+ hamwe na twebwe dushimye kutabongerako uwundi muzigo, kiretse ibi bintu vya nkenerwa: 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, amaraso+, ibinizwe*+ n’ubusambanyi*+. Nimwitwararika kwirinda ivyo bintu muzotunganirwa. Nimukomere*!»

30 Nuko abo bagabo bamaze kubasezera, bamanuka i Antiyokiya, bakoraniriza hamwe abigishwa bose babaha iryo kete. 31 Bamaze kurisoma, baranezerwa kubera izo ndemesho. 32 Hanyuma Yuda na Silasi, kubera yuko na bo nyene bari abahanuzi, bashikiriza ijambo* abavukanyi akatari gake kugira babaremeshe, barabakomeza+. 33 Nuko bamazeyo igihe gitoyi, abavukanyi barabareka ngo bagende amahoro basubire ku babatumye. 34* —— 35 Ariko Pawulo na Barunaba baguma i Antiyokiya bigisha bongera bamenyesha inkuru nziza y’ijambo rya Yehova*, bari kumwe n’abandi benshi.

36 Haciye imisi mikeyi, Pawulo abwira Barunaba ati: «Reka* dusubire mu bisagara vyose twamamajemwo ijambo rya Yehova*, tuje kuraba ingene abavukanyi baho bameze+.» 37 Barunaba yipfuza cane ko Yohani yitwa kandi Mariko, na we nyene bojana+. 38 Mugabo Pawulo ntiyashaka ko bojana kubera ko yari yarabasize i Pamfiliya, ntiyabandanya gukorana na bo+. 39 Baca barashavuranira, barashwana bimwe bikaze ku buryo batandukana. Barunaba+ aca afata ubwato, ajana na Mariko i Shipure. 40 Pawulo atora Silasi maze abavukanyi bamuragiza Yehova* n’ubuntu bwiwe buhebuje+, aca aragenda. 41 Aca i Siriya n’i Silisiya, akomeza amashengero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika