ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zefaniya 3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zefaniya: ibirimwo

      • Yeruzalemu, igisagara kigarariza kandi gikora ibibi (1-7)

      • Urubanza rw’amahanga; abasavyi b’Imana basubizwa iteka (8-20)

        • Ururimi rutyoroye (9)

        • Abantu bicisha bugufi kandi bitonda ni bo bazorokoka (12)

        • Yehova azohimbarwa cane kubera Siyoni (17)

Zefaniya 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7; Yr 6:6

Zefaniya 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:21; 32:23
  • +Zb 50:17; Yes 1:5; Yr 5:3
  • +Zb 78:22; Yr 17:5
  • +Yes 29:13

Zefaniya 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:23; Ezk 22:27

Zefaniya 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 2:14
  • +Yr 23:11
  • +Ezk 22:25, 26; Mik 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12

Zefaniya 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4
  • +Yr 21:12
  • +Yr 3:3; 8:12; Zf 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12

Zefaniya 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 12-13

Zefaniya 3:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutozwa indero.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:3, 4; 63:8; 2Pt 3:9
  • +Yr 7:5-7; 25:5, 6
  • +Mik 2:1

Zefaniya 3:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «kugira ndabagirize.»

  • *

    Canke «n’umwete wanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:34; 130:7; Yes 30:18
  • +Yes 34:2; Yw 3:2; Ivh 16:14; 19:19
  • +Ezk 36:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 14

Zefaniya 3:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga abantu bo mu moko atandukanye.

  • *

    Canke «bankorere bahuje inama.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 8:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 56

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2020, rup. 6

    Ishirahamwe, rup. 167

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 12

    15/1/2011, rup. 6

    15/8/2008, rup. 21-25

    15/11/2007, rup. 11

    15/11/2002, rup. 14-19

    1/3/2001, rup. 14-15, 18-19

    Urashobora Kubaho, rup. 127-128

Zefaniya 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:4

Zefaniya 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:17; 54:4
  • +Yes 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:15; 61:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 5

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:22; Mik 4:7
  • +Yes 60:21
  • +Yr 30:10; Ezk 34:28; 39:25, 26; Hs 2:18; Mik 4:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:11; Yes 12:5, 6; Zk 2:10
  • +Mik 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15

Zefaniya 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:2; Zk 8:13
  • +Mik 7:10; Zk 2:8, 9
  • +Ezk 48:35
  • +Am 9:15; Zk 14:11

Zefaniya 3:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «amaboko yawe ntaregere.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:28

Zefaniya 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 12:6
  • +Gus 30:9; Zb 147:11; Yes 62:3; 65:19; Yr 32:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 5

    1/3/2001, rup. 17

Zefaniya 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:4; 2:6
  • +Int 5:1

Zefaniya 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:14; Zk 14:3
  • +Mik 4:6, 7
  • +Yes 11:11, 12; 27:12; Ezk 28:25; 34:15, 16; Am 9:14

Zefaniya 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:15
  • +Yes 61:7; Yr 30:10; 33:7, 9; Ezk 39:25, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 15-16, 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zef. 3:1Yes 5:7; Yr 6:6
Zef. 3:2Yr 22:21; 32:23
Zef. 3:2Zb 50:17; Yes 1:5; Yr 5:3
Zef. 3:2Zb 78:22; Yr 17:5
Zef. 3:2Yes 29:13
Zef. 3:3Yes 1:23; Ezk 22:27
Zef. 3:4Int 2:14
Zef. 3:4Yr 23:11
Zef. 3:4Ezk 22:25, 26; Mik 3:9
Zef. 3:5Gus 32:4
Zef. 3:5Yr 21:12
Zef. 3:5Yr 3:3; 8:12; Zf 2:1
Zef. 3:6Lw 18:28
Zef. 3:7Yes 5:3, 4; 63:8; 2Pt 3:9
Zef. 3:7Yr 7:5-7; 25:5, 6
Zef. 3:7Mik 2:1
Zef. 3:8Zb 37:34; 130:7; Yes 30:18
Zef. 3:8Yes 34:2; Yw 3:2; Ivh 16:14; 19:19
Zef. 3:8Ezk 36:5
Zef. 3:9Zk 8:23
Zef. 3:10Yes 60:4
Zef. 3:11Yes 45:17; 54:4
Zef. 3:11Yes 11:9
Zef. 3:12Yes 57:15; 61:1
Zef. 3:13Yes 10:22; Mik 4:7
Zef. 3:13Yes 60:21
Zef. 3:13Yr 30:10; Ezk 34:28; 39:25, 26; Hs 2:18; Mik 4:4
Zef. 3:14Ezr 3:11; Yes 12:5, 6; Zk 2:10
Zef. 3:14Mik 4:8
Zef. 3:15Yes 40:2; Zk 8:13
Zef. 3:15Mik 7:10; Zk 2:8, 9
Zef. 3:15Ezk 48:35
Zef. 3:15Am 9:15; Zk 14:11
Zef. 3:16Yr 46:28
Zef. 3:17Yes 12:6
Zef. 3:17Gus 30:9; Zb 147:11; Yes 62:3; 65:19; Yr 32:41
Zef. 3:18Int 1:4; 2:6
Zef. 3:18Int 5:1
Zef. 3:19Yes 60:14; Zk 14:3
Zef. 3:19Mik 4:6, 7
Zef. 3:19Yes 11:11, 12; 27:12; Ezk 28:25; 34:15, 16; Am 9:14
Zef. 3:20Yes 60:15
Zef. 3:20Yes 61:7; Yr 30:10; 33:7, 9; Ezk 39:25, 27
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zefaniya 3:1-20

Zefaniya

3 Haragowe igisagara kigarariza, canduye kandi gicinyiza ababa muri co+!

 2 Caranse kwumvira impanuro+, caranse gukosorwa+.

Caranse kwizigira Yehova+, caranse kwiyegereza Imana yaco+.

 3 Abaganwa baco ni intambwe ziroha hagati muri co+.

Abacamanza baco ni amabingira ahiga ijoro,

ntasigaza n’igufa ryo guhekenya mu gitondo.

 4 Abahanuzi baco ntibisonera, ni ibihemu+.

Abaherezi baco barahumanya ibintu vyeranda+,

ntibubahiriza amategeko+.

 5 Yehova ni umugororotsi hagati muri co+; nta kibi na kimwe akora.

Buri gitondo aguma amenyekanisha imanza ziwe+,

ntizigera zibura nka kurya kw’umuco w’umurango.

Ariko uwukora ibitagororotse ntiyigera amaramara+.

 6 «Naratikije amahanga, iminara yaho yarasambaguritse.

Narasibanganije amabarabara yaho, ku buryo ata wusubira kuhaca.

Ibisagara vyaho bisigaye ari umusaka, nta muntu akihaboneka, nta wukihaba+.

 7 Nari nakibwiye nti: “Ntuzobura kuntinya, ukemera gukosorwa*+”,

kugira ngo sindakizimanganye+,

kandi sindagihanire ibicumuro vyaco vyose.

Ariko carushirije kwipfuza gukora ibibi+.

 8 “Nimugume mundindiriye+ rero, ni ko Yehova avuze,

gushika umusi nzohaguruka kugira ndabanyage*,

kuko nafashe ingingo yo kwegeranya amahanga no gukoranya ubwami,

kugira ndabisukeko uburake bwanje, ishavu ryanje rirurumba ryose+,

kuko isi yose izorigatwa n’ishavu ryanje* rirurumba+.

 9 Ico gihe nzohindura ururimi rw’abantu* rube ururimi rutyoroye,

kugira ngo bose bambaze izina ryanje, ari ryo Yehova,

kugira ngo bansenge bunze ubumwe*+.”

10 Abansenga, ari bo bantu banje basabagiye,

bazonzanira ingabire bavuye mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+.

11 Kuri uwo musi ntuzomaramara

kubera ibintu vyose wakoze mu kungarariza+,

kuko ico gihe nzoba nakuye muri wewe abanyabwibone bihayagiza,

kandi ntuzosubira kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.

12 Nzosigaza muri wewe abantu bicisha bugufi kandi bitonda+,

kandi bazohungira mw’izina ryanje, ari ryo Yehova.

13 Abisirayeli basigaye+ ntibazokora ibitagororotse+,

ntibazobesha canke ngo bakoreshe ururimi rwabo mu guhendana.

Bazorya bongere biryamire, kandi nta n’umwe azobatera ubwoba+.»

14 Niwihe akaruru k’umunezero, wa mukobwa wa Siyoni!

Vuza akaruru k’intsinzi, ewe Isirayeli+!

Nezerwa, wigine n’umutima wawe wose, wa mukobwa wa Yeruzalemu+!

15 Yehova yakuyeho urubanza yari yaguciriye+.

Yasubije inyuma umwansi wawe+.

Yehova, umwami wa Isirayeli, ari hagati yawe+.

Nta vyago bizosubira kugutera ubwoba+.

16 Kuri uwo musi, Yeruzalemu izobwirwa iti:

«Ntutinye, Siyoni we+!

Ntucike inkokora*.

17 Jewe Yehova Imana yawe ndi hagati yawe+.

Nzogukiza, kuko ndi Umunyenkomezi.

Nzohimbarwa cane kubera wewe+.

Nzokwumva ntekanye kubera urukundo ndagufitiye.

Nzonezerwa kubera wewe, nihe akaruru k’umunezero.

18 Nzokwegeranya abababazwa n’uko batakiza ku misi mikuru yawe+.

Ntivyakunze ko baza kubera bariko barateterezwa+.

19 Ico gihe nzorwanya abo bose bagucinyiza+;

nzorokora abacumbagira+

kandi nzokwegeranya abashwiragiye+.

Nzotuma bashimagizwa bongere bavugwe neza

mu gihugu cose bamaramariyemwo.

20 Ico gihe nzogarukana abantu bawe,

ico gihe nzobakoraniriza hamwe.

Nzotuma bashimagizwa bongere bavugwe neza+ mu mahanga yose yo kw’isi,

ninagarukana abantu bawe bagizwe imbohe, kandi uzovyibonera», ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika