ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 20
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Pawulo i Masedwane no mu Bugiriki (1-6)

      • Eyutiko azurwa i Tirowa (7-12)

      • Pawulo ava i Tirowa aja i Mileto (13-16)

      • Pawulo abonana n’abakurambere b’i Efeso (17-38)

        • Yarigisha inzu ku nzu (20)

        • «Gutanga bizana umunezero» (35)

Ivyakozwe 20:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 165-166

Ivyakozwe 20:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 166-167

Ivyakozwe 20:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:12, 16; 2Kr 11:23, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 167-168

Ivyakozwe 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 27:2
  • +Ivk 16:1, 2
  • +Ef 6:21; Kl 4:7; 2Tm 4:12
  • +Ivk 21:29; 2Tm 4:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 167-168

Ivyakozwe 20:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 168

Ivyakozwe 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:15; 23:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 168

Ivyakozwe 20:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 165

Ivyakozwe 20:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 165

Ivyakozwe 20:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:21, 22; 2Bm 4:32, 34
  • +Mt 9:23, 24; Yoh 11:39, 40; Ivk 9:39, 40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 165

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2000, rup. 12-13

Ivyakozwe 20:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 168

Ivyakozwe 20:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imeri.» Imeri ni ubwato bunini.

Ivyakozwe 20:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:21
  • +Ivk 24:17

Ivyakozwe 20:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2004, rup. 19

Ivyakozwe 20:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:9, 10

Ivyakozwe 20:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukwiyorosha mu muzirikanyi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:9; 1Ts 2:6

Ivyakozwe 20:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:19, 20; 2Tm 4:2
  • +Ivk 5:42

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 42, 169-170

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 17-18

    15/7/2008, rup. 3-4

    15/3/2004, rup. 12

Ivyakozwe 20:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «binogangije.»

  • *

    Biboneka ko ari abantu batari Abayuda, bavuga ikigiriki.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:14, 15
  • +Lk 24:46, 47

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 17-18

Ivyakozwe 20:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mboshwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 173

Ivyakozwe 20:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:15, 16; 21:4, 11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 189

Ivyakozwe 20:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «simbona ko ubuzima bwanje bufise agaciro na gato.»

  • *

    Canke «ubusuku.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «gushingira intahe.»

  • *

    Canke «binogangije.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 26-27

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2011, rup. 23-24

    15/12/2008, rup. 18-19

    15/5/2008, rup. 32

    Nushinge intahe, rup. 170

Ivyakozwe 20:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:8

Ivyakozwe 20:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ingingo y’Imana», «umugambi w’Imana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:19, 20

Ivyakozwe 20:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abacungezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:16
  • +1Tm 3:1-7; Tt 1:5-9; Heb 13:17
  • +Yoh 21:15; Ef 4:11; 1Pt 5:2-4
  • +Mt 26:27, 28; 1Yh 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 101-102

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 22

    15/6/2011, rup. 20

    1/4/2002, rup. 15-17

    1/2/2001, rup. 7-10

Ivyakozwe 20:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «acinyiza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:15; 2Ts 2:3; 2Pt 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2013, rup. 18

    15/5/2003, rup. 27

    Nushinge intahe, rup. 170-172

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33

Ivyakozwe 20:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:1; 2Tm 4:3, 4; 1Yh 2:18, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2013, rup. 18

    15/7/2011, rup. 15

    1/9/2004, rup. 15

    15/5/2003, rup. 27

Ivyakozwe 20:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 33

Ivyakozwe 20:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:18; Kl 1:12

Ivyakozwe 20:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:1, 3; Mt 10:8; 1Kr 9:11, 12; 2Kr 7:2; Tt 1:7

Ivyakozwe 20:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:3; 1Kr 4:11, 12; 1Ts 2:9

Ivyakozwe 20:35

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «agahimbare.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:28; 1Ts 4:11, 12; 2Ts 3:7, 8
  • +Img 19:17; Mt 10:8; Lk 6:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 7

    no. 1 2018 rup. 5

    no. 1 2016 rup. 6

    11/2013, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 18-22

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2018 rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2017 rup. 13-14

    Niwiyegereze, rup. 300

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 8

    1/7/2011, rup. 7-8

    1/8/2005, rup. 6

    1/9/2002, rup. 9

    1/7/2001, rup. 26-31

    1/12/2000, rup. 8

    Nushinge intahe, rup. 172

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 109

    Umwigisha, rup. 92-96

Ivyakozwe 20:37

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «bagwa mw’izosi.»

  • *

    Canke «ikibabarwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 171-172

Ivyakozwe 20:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 20:3Ivk 23:12, 16; 2Kr 11:23, 26
Ivyak. 20:4Ivk 27:2
Ivyak. 20:4Ivk 16:1, 2
Ivyak. 20:4Ef 6:21; Kl 4:7; 2Tm 4:12
Ivyak. 20:4Ivk 21:29; 2Tm 4:20
Ivyak. 20:6Kv 12:15; 23:15
Ivyak. 20:101Bm 17:21, 22; 2Bm 4:32, 34
Ivyak. 20:10Mt 9:23, 24; Yoh 11:39, 40; Ivk 9:39, 40
Ivyak. 20:16Ivk 18:21
Ivyak. 20:16Ivk 24:17
Ivyak. 20:18Ivk 19:9, 10
Ivyak. 20:191Kr 15:9; 1Ts 2:6
Ivyak. 20:20Mt 28:19, 20; 2Tm 4:2
Ivyak. 20:20Ivk 5:42
Ivyak. 20:21Mr 1:14, 15
Ivyak. 20:21Lk 24:46, 47
Ivyak. 20:23Ivk 9:15, 16; 21:4, 11
Ivyak. 20:242Tm 4:7
Ivyak. 20:26Ezk 33:8
Ivyak. 20:27Mt 28:19, 20
Ivyak. 20:281Tm 4:16
Ivyak. 20:281Tm 3:1-7; Tt 1:5-9; Heb 13:17
Ivyak. 20:28Yoh 21:15; Ef 4:11; 1Pt 5:2-4
Ivyak. 20:28Mt 26:27, 28; 1Yh 1:7
Ivyak. 20:29Mt 7:15; 2Ts 2:3; 2Pt 2:1
Ivyak. 20:301Tm 4:1; 2Tm 4:3, 4; 1Yh 2:18, 19
Ivyak. 20:31Ivk 19:9, 10
Ivyak. 20:32Ef 1:18; Kl 1:12
Ivyak. 20:331Sm 12:1, 3; Mt 10:8; 1Kr 9:11, 12; 2Kr 7:2; Tt 1:7
Ivyak. 20:34Ivk 18:3; 1Kr 4:11, 12; 1Ts 2:9
Ivyak. 20:35Ef 4:28; 1Ts 4:11, 12; 2Ts 3:7, 8
Ivyak. 20:35Img 19:17; Mt 10:8; Lk 6:38
Ivyak. 20:38Ivk 20:25
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 20:1-38

Ivyakozwe n’intumwa

20 Iyo ntureka imaze guhwama, Pawulo atumako abigishwa, hanyuma amaze kubaremesha no kubasezera, afata urugendo aja i Masedwane. 2 Aho amariye guca mu mihingo yo muri ako karere, akabwira abaho amajambo menshi yo kubaremesha, ashika mu Bugiriki. 3 Yamazeyo amezi atatu. Mugabo kubera ko Abayuda bari bateguye umugambi wo kumugirira nabi+ igihe yagira afate ubwato ngo aje i Siriya, yaciye afata ingingo yo gusubira inyuma aciye i Masedwane. 4 Yari aherekejwe na Sopatero mwene Piro w’i Beroya, Arisitariko+ na Sekundo b’i Tesalonika, Gayo w’i Derube, Timoteyo+ hamwe na Tikiko+ na Tirofimo+ bo mu ntara ya Aziya. 5 Bano batwitangiye imbere baturindirira i Tirowa. 6 Mugabo twebwe twafatiye ubwato i Filipi inyuma y’umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro+, mu misi itanu tuba turabashikiriye i Tirowa, tumarayo imisi indwi.

7 Ku musi wa mbere w’indwi, igihe twari dukoraniye hamwe ngo dufungure, Pawulo atangura kubashikiriza ijambo kuko bwaca agenda. Abandanya gushikiriza iryo jambo gushika mu gicugu. 8 Mu cumba co hejuru twari dukoraniyemwo, hari amatara menshi. 9 Umusore umwe yitwa Eyutiko yari yicaye kw’idirisha, atwarwa n’itiro ryinshi igihe Pawulo yariko aravuga, maze kubera iryo tiro, agwa hasi avuye kw’igorofa igira gatatu, bamutora yapfuye. 10 Mugabo Pawulo arururuka, amwubamako aramugumbira+, avuga ati: «Nimureke guta umutwe kuko ari muzima+.» 11 Pawulo aca asubira muri ca cumba co hejuru, amanyura umukate atangura gufungura. Abandanya kuyaga umwanya utari muto gushika mu mutwenzi aca aragenda. 12 Nuko batwara wa muhungu ari muzima, bahojejwe bimwe bitagira urugero.

13 Maze tugenda kwurira ubwato* tuja i Aso, mugabo Pawulo we yashaka kujayo n’amaguru. Yari yadusavye ko tumuhitana n’ubwato muri ico gisagara. 14 Aho rero amariye kuduhamvya i Aso, tumwuriza mu bwato tuja i Mitileni. 15 Ku musi ukurikira, tuvayo n’ubwato dushika aharabana na Kiyo. Bukeye twarahagaze i Samo, hanyuma ku musi ukurikira dushika i Mileto. 16 Pawulo yari yafashe ingingo yo kudaca i Efeso+, kugira ntamare umwanya munini mu ntara ya Aziya. Yariko yihutira gushika i Yeruzalemu+ ku musi mukuru wa Pentekoti, nimba bishoboka.

17 Ariko akiri i Mileto, atumako abakurambere b’ishengero ry’i Efeso. 18 Bamushikiriye ababwira ati: «Murazi neza ingene nigenjeje muri mwebwe kuva umusi nahonyoza ikirenge mu ntara ya Aziya+. 19 Narashumbiye Umukama ndabigiranye ukwicisha bugufi* kwinshi+, hariko n’amosozi n’ibigeragezo vyanshikira kubera imigambi y’Abayuda yo kungirira nabi. 20 Kandi nta kintu na kimwe c’ingirakamaro naretse kubabwira canke ngo ndeke kubigisha ku mugaragaro+ n’inzu ku nzu+. 21 Mugabo narashinze intahe bimwe bishitse* imbere y’Abayuda n’Abagiriki* yuko bakwiye kwigaya+ imbere y’Imana, bakizera Umukama wacu Yezu+. 22 Ubu rero ngiye i Yeruzalemu nsunitswe* n’impwemu, naho ntazi ibizonshikira ngezeyo. 23 Ico nzi co ni uko mu gisagara no mu kindi impwemu nyeranda iguma imburira yuko nzopfungwa nkongera ngashikirwa n’amakuba+. 24 Yamara rero simbona yuko ubuzima bwanje ari bwo buhambaye*. Icompa gusa nkarangiza isiganwa ry’ubuzima+ n’igikorwa* nahawe n’Umukama Yezu, co kwamamaza* bimwe bishitse* inkuru nziza ya bwa buntu buhebuje* bw’Imana.

25 Ubu rero, ndazi yuko muri mwebwe mwese nabwiye inkuru nziza y’Ubwami ata n’umwe azosubira kumbona. 26 Ndabasavye rero uyu musi mumbere ivyabona yuko nera ku bijanye n’amaraso y’abantu bose+, 27 kuko ntigeze ndeka kubabwira ivyo Imana igomba* vyose+. 28 Mwirinde ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose impwemu nyeranda yabagenyemwo ngo mube abahagarikizi*+, kugira muragire ishengero ry’Imana+. Yariguze amaraso y’Umwana wayo bwite+. 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+.

31 Mugume murikanuye rero, kandi mwibuke yuko mu myaka itatu+, ijoro n’umurango, ntigeze ndeka gukebura umwe wese muri mwebwe hariko n’amosozi. 32 Ubu rero ndabaragije Imana n’ijambo ry’ubuntu bwayo buhebuje, ryo rishobora kububaka no gutuma muronka intoranwa izohabwa aberanda bose+. 33 Sinigeze nipfuza ifeza canke inzahabu canke impuzu vy’umuntu n’umwe+. 34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yanje ari yo yandonkeje ivyo nkeneye+, jewe n’abo turi kumwe. 35 Naraberetse muri vyose yuko mukwiye kubira akuya gutyo+ kugira mufashe abagoyagoya. Mukwiye kandi kwibuka ya majambo y’Umukama Yezu, igihe ubwiwe yavuga ati: “Gutanga bizana umunezero*+ kuruta guhabwa.”»

36 Amaze kuvuga ivyo, we n’abo bari kumwe bose barapfukama, aca arasenga. 37 Emwe, bose baraturikisha bararira, bagumbira* Pawulo bamusomana igishika*, 38 kuko bari bababajwe canecane n’uko yari yababwiye yuko batosubiye kumubona+. Baca baramuherekeza gushika ku bwato.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika