ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe: ibirimwo

      • Bava ku musozi Horebu (1-8)

      • Hagenwa abakuru n’abacamanza (9-18)

      • Bagambararira Imana i Kadeshi-Baruneya (19-46)

        • Abisirayeli banka kwinjira mu gihugu (26-33)

        • Bananirwa gufata igihugu ca Kanani (41-46)

Gusubira mu vyagezwe 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2004, rup. 26

Gusubira mu vyagezwe 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:13; 33:38

Gusubira mu vyagezwe 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 21:23, 24; Yos 12:1, 2
  • +Gh 21:33-35
  • +Yos 13:8, 12

Gusubira mu vyagezwe 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:8; 17:18; Neh 8:7

Gusubira mu vyagezwe 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:1; Gh 10:11, 12

Gusubira mu vyagezwe 1:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina biboneka ko ryerekeza ku runani rw’imisozi ya Libani.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:16
  • +Yos 12:2, 3
  • +Yos 9:1, 2
  • +Yos 13:1, 5; 1Bm 9:19
  • +It 15:18

Gusubira mu vyagezwe 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:3
  • +It 28:13
  • +It 12:7; 13:14, 15; 17:1, 7

Gusubira mu vyagezwe 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:17, 18

Gusubira mu vyagezwe 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1, 5; Kv 32:13; Gh 26:51; Gus 10:22

Gusubira mu vyagezwe 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:8
  • +It 12:1-3; 22:15, 17; 26:3, 4; Kv 23:25

Gusubira mu vyagezwe 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:17, 18; Gh 11:11; 20:3

Gusubira mu vyagezwe 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21

Gusubira mu vyagezwe 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 20

Gusubira mu vyagezwe 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:8; Gus 16:18; Yoh 7:24
  • +Kv 22:21; Lw 19:34; 24:22

Gusubira mu vyagezwe 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:15; Rm 2:11
  • +Kv 23:3
  • +Img 29:25
  • +2Ng 19:6
  • +Kv 18:25, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2004, rup. 26

Gusubira mu vyagezwe 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:12; Gus 8:14, 15; Yr 2:6
  • +Gh 13:29
  • +Gh 13:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Igihugu ciza’, rup. 8-9

Gusubira mu vyagezwe 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:27; Gus 1:8

Gusubira mu vyagezwe 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:1, 2

Gusubira mu vyagezwe 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:3

Gusubira mu vyagezwe 1:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mubande.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:17

Gusubira mu vyagezwe 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:23-27

Gusubira mu vyagezwe 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:1-4

Gusubira mu vyagezwe 1:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «batumye imitima yacu ishonga.»

  • *

    Ni ukuvuga impome ndende cane.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:9; Yos 14:7, 8
  • +Gh 13:28, 33
  • +Gh 13:22; Yos 11:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2013, rup. 11

Gusubira mu vyagezwe 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:9

Gusubira mu vyagezwe 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:14; Yos 10:42
  • +Gh 14:22

Gusubira mu vyagezwe 1:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «sebibondo.»

Gusubira mu vyagezwe 1:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:22; 106:24; Heb 3:16, 19; Yud 5

Gusubira mu vyagezwe 1:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:21; 40:36; Gh 10:33, 34; Zb 78:14

Gusubira mu vyagezwe 1:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:28, 35; 32:10-12; Gus 2:14; Zb 95:11; Heb 3:11

Gusubira mu vyagezwe 1:35

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «b’uru runganwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:29, 35; 1Kr 10:1, 5; Heb 3:17

Gusubira mu vyagezwe 1:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:24; Yos 14:9

Gusubira mu vyagezwe 1:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:12; 27:13, 14; Gus 3:26; Zb 106:32

Gusubira mu vyagezwe 1:38

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «Imana yaramukomeje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:11; Gh 11:28
  • +Gh 14:38
  • +Gh 27:18; Gus 31:7; Yos 1:6, 9

Gusubira mu vyagezwe 1:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:3
  • +Gh 14:30, 31

Gusubira mu vyagezwe 1:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:25

Gusubira mu vyagezwe 1:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:39-45

Gusubira mu vyagezwe 1:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:14, 17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 1:2Gus 9:23
Gus. 1:3Gh 32:13; 33:38
Gus. 1:4Gh 21:23, 24; Yos 12:1, 2
Gus. 1:4Gh 21:33-35
Gus. 1:4Yos 13:8, 12
Gus. 1:5Gus 4:8; 17:18; Neh 8:7
Gus. 1:6Kv 19:1; Gh 10:11, 12
Gus. 1:7Yos 13:1, 5; 1Bm 9:19
Gus. 1:7It 15:18
Gus. 1:7It 15:16
Gus. 1:7Yos 12:2, 3
Gus. 1:7Yos 9:1, 2
Gus. 1:8It 26:3
Gus. 1:8It 28:13
Gus. 1:8It 12:7; 13:14, 15; 17:1, 7
Gus. 1:9Kv 18:17, 18
Gus. 1:10It 15:1, 5; Kv 32:13; Gh 26:51; Gus 10:22
Gus. 1:111Bm 3:8
Gus. 1:11It 12:1-3; 22:15, 17; 26:3, 4; Kv 23:25
Gus. 1:12Kv 18:17, 18; Gh 11:11; 20:3
Gus. 1:13Kv 18:21
Gus. 1:15Kv 18:25
Gus. 1:16Kv 23:8; Gus 16:18; Yoh 7:24
Gus. 1:16Kv 22:21; Lw 19:34; 24:22
Gus. 1:17Lw 19:15; Rm 2:11
Gus. 1:17Kv 23:3
Gus. 1:17Img 29:25
Gus. 1:172Ng 19:6
Gus. 1:17Kv 18:25, 26
Gus. 1:19Gh 10:12; Gus 8:14, 15; Yr 2:6
Gus. 1:19Gh 13:29
Gus. 1:19Gh 13:26
Gus. 1:21Kv 23:27; Gus 1:8
Gus. 1:22Gh 13:1, 2
Gus. 1:23Gh 13:3
Gus. 1:24Gh 13:17
Gus. 1:25Gh 13:23-27
Gus. 1:26Gh 14:1-4
Gus. 1:28Gh 32:9; Yos 14:7, 8
Gus. 1:28Gh 13:28, 33
Gus. 1:28Gh 13:22; Yos 11:21
Gus. 1:29Gh 14:9
Gus. 1:30Kv 14:14; Yos 10:42
Gus. 1:30Gh 14:22
Gus. 1:32Zb 78:22; 106:24; Heb 3:16, 19; Yud 5
Gus. 1:33Kv 13:21; 40:36; Gh 10:33, 34; Zb 78:14
Gus. 1:34Gh 14:28, 35; 32:10-12; Gus 2:14; Zb 95:11; Heb 3:11
Gus. 1:35Gh 14:29, 35; 1Kr 10:1, 5; Heb 3:17
Gus. 1:36Gh 14:24; Yos 14:9
Gus. 1:37Gh 20:12; 27:13, 14; Gus 3:26; Zb 106:32
Gus. 1:38Kv 33:11; Gh 11:28
Gus. 1:38Gh 14:38
Gus. 1:38Gh 27:18; Gus 31:7; Yos 1:6, 9
Gus. 1:39Gh 14:3
Gus. 1:39Gh 14:30, 31
Gus. 1:40Gh 14:25
Gus. 1:41Gh 14:39-45
Gus. 1:42Lw 26:14, 17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gusubira mu vyagezwe 1:1-46

Gusubira mu vyagezwe

1 Aya ni yo majambo Musa yabwiye Abisirayeli bose bari mu bugaragwa bwo mu karere ka Yorodani, mu biyaya vy’ubugaragwa aharabana n’i Sufi, hagati ya Parani, Tofeli, Labani, Hazeroti na Dizahabu. 2 Kuva i Horebu gushika i Kadeshi-Baruneya+ hari urugendo rw’imisi 11 uciye mu nzira yo ku musozi Seyiri. 3 Nuko ku musi wa mbere w’ukwezi kugira 11 mu mwaka ugira 40+, Musa abwira Abisirayeli ivyo Yehova yari yamutegetse kubabwira vyose. 4 Ico gihe yari ahejeje gutsinda Sihoni+ umwami w’Abamori yaba i Heshiboni, na Ogi+ umwami wa Bashani yaba i Ashitaroti muri Edireyi+. 5 Bari ng’aho mu karere ka Yorodani mu gihugu ca Mowabu, Musa atangura kubasigurira aya mategeko+. Ababwira ati:

6 «Yehova Imana yacu yatubwiriye i Horebu ati: “Mumaze igihe kirekire kuri uyu musozi+. 7 Nimugende mu misozi y’Abamori+ no mu turere twose tuhegereye ari two Araba+, akarere k’imisozi, Shefela, Negebu n’akarere k’inkengera y’ikiyaga+. Nimugende mu gihugu c’Abanyakanani, mugende gushika i Libani*+ no kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+. 8 Raba iki gihugu ndakibahaye. Nimwinjire mwigarurire igihugu Yehova yarahiye ko azoha ba sokuru banyu, Aburahamu, Izahaki+ na Yakobo+ hamwe n’uruvyaro* rwabo+.”

9 Ico gihe nababwiye nti: “Sinshobora kubikorera jenyene+. 10 Yehova Imana yanyu yarabagwije, none raba uyu musi mungana n’inyenyeri zo kw’ijuru+. 11 Ese Yehova Imana ya ba sokuruza banyu yobagwiza+ incuro igihumbi kandi akabahezagira nk’uko yabibasezeraniye+. 12 Noshobora nte kwikorera jenyene umutwaro wanyu n’ingorane zanyu hamwe n’imyidogo yanyu+? 13 Nimutore mu miryango yanyu abagabo b’inkerebutsi, baciye ubwenge kandi b’inararibonye kugira ndabagire abakuru banyu+.” 14 Namwe mwanyishuye muti: “Ikintu udusavye ni ciza.” 15 Naciye mfata abakuru b’imiryango yanyu, abagabo b’inkerebutsi kandi b’inararibonye, ndabagira abakuru banyu, ni ukuvuga abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu, abakuru b’amacumi n’abarongozi b’imiryango yanyu+.

16 Ico gihe nategetse abacamanza banyu nti: “Igihe mwumviriza imanza za benewanyu, mukwiye guca urubanza rugororotse+ hagati y’Umwisirayeli na mugenziwe canke umunyamahanga aba muri mwebwe+. 17 Ntimuze mugire nkunzi mu rubanza+. Muze mwumvirize umuntu mutoyi cokimwe n’uwuhambaye+. Ntihaze hagire umuntu abatera ubwoba+, kuko urubanza ari urw’Imana+. Nihagira urubanza rubagora, muzorunzanire ndarwumvirize+.” 18 Ico gihe naciye ndabategeka ibintu vyose mukwiye gukora.

19 Twaciye tuva i Horebu, duca muri bwa bugaragwa+ bunini kandi buteye ubwoba, bumwe mwabona turiko tuja mu karere k’imisozi k’Abamori+, turateba dushika i Kadeshi-Baruneya+ nk’uko Yehova Imana yacu yari yadutegetse. 20 Naciye ndababwira nti: “Murashitse mu karere k’imisozi k’Abamori, ako Yehova Imana yacu agira aduhe. 21 Raba Yehova Imana yanyu yabahaye iki gihugu. Nimuduge mucigarurire nk’uko Yehova Imana ya ba sokuruza banyu yababwiye+. Ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba.”

22 Ariko mwese mwaciye muza mumbwira muti: “Tubanze turungike abagabo baje kuraba ico gihugu hanyuma batuzanire amakuru yerekeye inzira tuzojana n’ibisagara tuzoshikiramwo+.” 23 Ico ciyumviro naragishimye, nca ntora abagabo 12 muri mwebwe, umugabo umwumwe ku muryango+. 24 Baciye bagenda, baduga mu karere k’imisozi+, bashika mu mwonga* wa Eshikoli maze bagenzura ico gihugu. 25 Baje batuzaniye ivyamwa bimwebimwe vyo muri ico gihugu maze batubwira bati: “Igihugu Yehova Imana yacu agira aduhe ni ciza+.” 26 Ariko mwaranse kuduga, mugarariza itegeko rya Yehova Imana yanyu+. 27 Mwagumye mwidogera mu mahema yanyu ngo: “Yehova aratwanka. Ni co gituma yadukuye mu Misiri akatuzana mu Bamori kugira batumare. 28 Mwumva turiko tuja he? Erega benewacu baturanduye umutima*+, batubwira ngo: ‘Abantu baho ni barebare kuturuta kandi baraturusha inguvu. Ibisagara vyabo ni binini kandi bikingijwe impome gushika kw’ijuru*+. Twarabonyeyo n’abakomoka kuri Anaki+.’”

29 Naciye ndababwira nti: “Ntimuranduke umutima canke ngo mubatinye+. 30 Yehova Imana yanyu azogendera imbere yanyu kandi azobarwanira+ nk’uko mwavyiboneye mu Misiri+. 31 Igihe mwari mu bugaragwa, mwariboneye ingene Yehova Imana yanyu yabateruye nka kurya umuvyeyi* aterura umwana wiwe, aho mwagiye muraca hose kugeza mushitse ng’aha.” 32 Ariko naho mwiboneye ivyo vyose ntimwizeye Yehova Imana yanyu+, 33 uwagendera imbere yanyu kugira abaronderere aho mukambika. Mw’ijoro yababonekera biciye ku muriro, ku murango na ho akabiyereka biciye ku gicu kugira abereke inzira mujana+.

34 Ico gihe cose Yehova yarumva ivyo mwariko muravuga. Yaciye ashavura maze ararahira+ ati: 35 “Muri aba bagabo b’iri yaruka* rikora ikibi, nta n’umwe azobona igihugu ciza narahiye ko nzoha ba sokuru banyu+, 36 kiretse Kalebu mwene Yefune. We azokibona, kandi igihugu yagiyemwo nzokimuha hamwe n’uruvyaro rwiwe, kuko yankurikiye jewe Yehova n’umutima wiwe wose+. 37 (Na jewe Yehova yaranshavuriye kubera mwebwe, ambwira ati: ‘Na wewe ntuzocinjiramwo+. 38 Yosuwa mwene Nuni umusuku wawe+ ni we azocinjiramwo+. Numukomeze*+ kuko ari we azotuma Abisirayeli batorana ico gihugu.’) 39 Vyongeye, abana banyu mwavuze ko bazogirwa imbohe+, ni ukuvuga abahungu banyu bataramenya gutandukanya iciza n’ikibi, ni bo bazocinjiramwo kandi nzokibaha bacigabire+. 40 Nayo mwebwe, subira inyuma mwerekeze mu bugaragwa muciye mu nzira ija ku kiyaga Gitukura+.”

41 Mwaciye mumbwira muti: “Twacumuye kuri Yehova. Ubu rero tugira tuduge turwane nk’uko Yehova Imana yacu yabidutegetse!” Umwe wese muri mwebwe yaciye afata ibirwanisho, hanyuma muduga ku musozi mwibaza ko ari ikintu coroshe+. 42 Mugabo Yehova yambariye ati: “Babwire uti: ‘Ntimuduge ngo murwane kuko ntari kumwe namwe+. Nimwaramuka mugiye muzotsindwa n’abansi banyu.’” 43 Narabibabwiye ariko ntimwanyumviriza. Ahubwo mwaciye mugarariza itegeko rya Yehova, muduga ku musozi n’akagagazo n’akantu. 44 Abamori baba kuri uwo musozi baciye bamanuka kubarwanya, barabirukana nka kurya kw’inzuki, barabashwiragiza gushika i Seyiri n’i Horuma. 45 Mwaciye mugaruka, mutangura kuririra imbere ya Yehova, ariko Yehova ntiyigeze abumviriza canke ngo abatege ugutwi. 46 Ni co gituma mwamaze igihe kinini i Kadeshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika