ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo: ibirimwo

      • Za ntumwa 12 (1-4)

      • Ivyo bokwisunga bagiye kwamamaza (5-15)

      • Abigishwa bazohamwa (16-25)

      • Nimutinye Imana, ntimutinye abantu (26-31)

      • Sinaje kuzana amahoro, naje kuzana inkota (32-39)

      • Kwakira abigishwa ba Yezu (40-42)

Matayo 10:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «zihumanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:14, 15; 6:7; Lk 9:1, 2

Matayo 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:16-19; Lk 6:13-16; Ivk 1:13
  • +Yoh 1:42; Ivk 15:14
  • +Mr 1:16; Yoh 1:40
  • +Mt 4:21

Matayo 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:45
  • +Yoh 11:16; 20:27
  • +Mr 2:14; Lk 5:27

Matayo 10:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bibiliya zimwezimwe zivuga ngo «Simoni w’i Kana.» Ariko ijambo ryo mu kigiriki ryakoreshejwe ng’aha risobanura «umunyamwete.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:47; Yoh 13:18

Matayo 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:7; Lk 9:1, 2
  • +2Bm 17:24

Matayo 10:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «zo mu nzu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:6; Ezk 34:6; Ivk 13:45, 46

Matayo 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:17; Lk 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Yezu ni inzira, rup. 122-123

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2002, rup. 19

Matayo 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Be maso!,

    7/2010, rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2003, rup. 20-22

    1/3/2001, rup. 31

Matayo 10:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «canke umujumpu mu dusaho two ku mikaba yanyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:8, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2013, rup. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 6

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 91

    Abahurikiye hamwe, rup. 90

Matayo 10:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «impuzu zibiri.»

  • *

    Canke «isandari.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:3
  • +Lk 10:7; 1Kr 9:7, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2013, rup. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 6

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 91

    Abahurikiye hamwe, rup. 90

Matayo 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:10; Lk 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 90-91

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 28-29

    1/8/2001, rup. 8-9

    1/1/1997, rup. 10-11

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    12/2003, rup. 1

Matayo 10:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2018, rup. 22

Matayo 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2001, rup. 9-10

Matayo 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:11; Lk 9:5; 10:6, 11; Ivk 13:50, 51

Matayo 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:4, 5; 2Pt 2:6; Yud 7

Matayo 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:14, 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 29

Matayo 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:9
  • +Ivk 5:40; 2Kr 11:24
  • +Mt 23:34; Mr 13:9; Lk 21:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2003, rup. 12

Matayo 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:8; 24:10; 25:23; 26:25; 27:23, 24
  • +Mt 24:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 16

    Yezu ni inzira, rup. 124

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2003, rup. 12

Matayo 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 13:11; Lk 12:11, 12; 21:14, 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 24-25

Matayo 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 24-25

Matayo 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:6; Mt 10:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ariko uwihangana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:9; Lk 21:17; Yoh 15:21
  • +Mt 24:13; Lk 21:19; Ivh 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:34; Ivk 8:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umwigishwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124-125

Matayo 10:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni irindi zina rya Shetani, umuganwa canke umutware w’amadayimoni.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:21
  • +Mt 12:24; Mr 3:22; Lk 11:15; Yoh 8:48

Matayo 10:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:22; Lk 8:17

Matayo 10:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:3

Matayo 10:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ubwo «buzima» bugereranya icizigiro co kuzosubira kubaho.

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:25; Ivh 2:10
  • +Lk 12:4, 5; Heb 10:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124-125

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2007, rup. 29-30

    1/12/2001, rup. 28

Matayo 10:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «asariyo.» Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:6, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2018 rup. 4

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2008, rup. 9

    1/3/2008, rup. 12

    1/8/2005, rup. 4-5, 22-23

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 4-5, 22-23

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2018 rup. 4

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2006, rup. 15

    1/8/2005, rup. 4-5

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 10:9
  • +Lk 12:8, 9; Ivh 3:5

Matayo 10:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 8:38; Lk 9:26; 2Tm 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2006, rup. 6

Matayo 10:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:51-53

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2017, rup. 12-16

    Yezu ni inzira, rup. 125

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 29

Matayo 10:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 11

    15/1/2008, rup. 29

Matayo 10:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 11

    Imizimu, rup. 50-51

Matayo 10:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 19:29; Lk 14:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 58

Matayo 10:38

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:24, 25; Mr 8:34, 35; Lk 9:23; 14:27

Matayo 10:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:33; Yoh 12:25

Matayo 10:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:40; Lk 10:16; Yoh 12:44; 13:20

Matayo 10:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:9, 10, 20-23; 2Bm 4:8, 13-17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2003, rup. 12

Matayo 10:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:40; Mr 9:41; Heb 6:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 10:1Mr 3:14, 15; 6:7; Lk 9:1, 2
Mat. 10:2Mr 3:16-19; Lk 6:13-16; Ivk 1:13
Mat. 10:2Yoh 1:42; Ivk 15:14
Mat. 10:2Mr 1:16; Yoh 1:40
Mat. 10:2Mt 4:21
Mat. 10:3Yoh 1:45
Mat. 10:3Yoh 11:16; 20:27
Mat. 10:3Mr 2:14; Lk 5:27
Mat. 10:4Mt 26:47; Yoh 13:18
Mat. 10:5Mr 6:7; Lk 9:1, 2
Mat. 10:52Bm 17:24
Mat. 10:6Yes 53:6; Ezk 34:6; Ivk 13:45, 46
Mat. 10:7Mt 4:17; Lk 10:9
Mat. 10:8Lk 9:2
Mat. 10:9Mr 6:8, 9
Mat. 10:10Lk 9:3
Mat. 10:10Lk 10:7; 1Kr 9:7, 14
Mat. 10:11Mr 6:10; Lk 9:4
Mat. 10:13Lk 10:5
Mat. 10:14Mr 6:11; Lk 9:5; 10:6, 11; Ivk 13:50, 51
Mat. 10:15It 19:4, 5; 2Pt 2:6; Yud 7
Mat. 10:16Fp 2:14, 15
Mat. 10:17Mt 24:9
Mat. 10:17Ivk 5:40; 2Kr 11:24
Mat. 10:17Mt 23:34; Mr 13:9; Lk 21:12, 13
Mat. 10:18Ivk 4:8; 24:10; 25:23; 26:25; 27:23, 24
Mat. 10:18Mt 24:14
Mat. 10:19Mr 13:11; Lk 12:11, 12; 21:14, 15
Mat. 10:20Yoh 14:26
Mat. 10:21Mik 7:6; Mt 10:36
Mat. 10:22Mt 24:9; Lk 21:17; Yoh 15:21
Mat. 10:22Mt 24:13; Lk 21:19; Ivh 2:10
Mat. 10:23Mt 23:34; Ivk 8:1
Mat. 10:24Yoh 15:20
Mat. 10:251Pt 2:21
Mat. 10:25Mt 12:24; Mr 3:22; Lk 11:15; Yoh 8:48
Mat. 10:26Mr 4:22; Lk 8:17
Mat. 10:27Lk 12:3
Mat. 10:28Img 29:25; Ivh 2:10
Mat. 10:28Lk 12:4, 5; Heb 10:31
Mat. 10:29Lk 12:6, 7
Mat. 10:31Mt 6:26
Mat. 10:32Rm 10:9
Mat. 10:32Lk 12:8, 9; Ivh 3:5
Mat. 10:33Mr 8:38; Lk 9:26; 2Tm 2:12
Mat. 10:34Lk 12:51-53
Mat. 10:35Mik 7:6
Mat. 10:37Mt 19:29; Lk 14:26
Mat. 10:38Mt 16:24, 25; Mr 8:34, 35; Lk 9:23; 14:27
Mat. 10:39Lk 17:33; Yoh 12:25
Mat. 10:40Mt 25:40; Lk 10:16; Yoh 12:44; 13:20
Mat. 10:411Bm 17:9, 10, 20-23; 2Bm 4:8, 13-17
Mat. 10:42Mt 25:40; Mr 9:41; Heb 6:10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Matayo 10:1-42

Matayo

10 Ahamagara abigishwa biwe 12, abaha ububasha ku mpwemu mbi*+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose.

2 Amazina y’izo ntumwa 12 ni aya+: ubwa mbere, Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya+; Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+; 3 Filipo na Barutelemi+; Toma+ na Matayo+ umutozakori; Yakobo mwene Alufayo na Tadeyo; 4 Simoni Umunyamwete* na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugurisha+.

5 Yezu arungika abo 12, maze abategeka+ ati: «Ntimuje ku bantu bo mu yandi mahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara na kimwe c’Abasamariya+. 6 Ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye zo mw’ihanga* rya Isirayeli+. 7 Mugende muramamaza muti: “Ubwami bwo mw’ijuru buri hafi+.” 8 Mukize abarwaye+, muzure abapfuye, muhumanure abanyamibembe, mwirukane amadayimoni. Mwahawe ku buntu, mutange ku buntu. 9 Ntimutware inzahabu, canke ifeza, canke umujumpu*+, 10 canke umufuko w’ibifungurwa muzorya ku rugendo, canke impuzu yo kwihindura*, canke ibirato* canke inkoni+, kuko umukozi aberwa n’impembo+.

11 Nimwinjira mu gisagara canke mu kigwati kanaka, muharondere uwubereye, hanyuma mugumeyo gushika muhavuye+. 12 Nimwinjira mu nzu, muramutse abahaba. 13 Nimba babereye amahoro mubipfurije, ayo mahoro azobazako+. Ariko nimba batayabereye, ayo mahoro azoca abagarukako. 14 Nibatabakira canke ngo babumvirize mu nzu kanaka canke mu gisagara kanaka, muvuyeyo muzoce mukunkumura umukungugu uri ku birenge vyanyu+. 15 Ni ukuri ndabibabwiye, ku musi w’urubanza ivy’igihugu ca Sodomu na Gomora+ bizoba bigendeka kuruta ivy’ico gisagara.

16 Ndabarungitse mumeze nk’intama hagati mu mabingira. Mwiyubare rero nk’inzoka, ariko mube intungane nk’inuma+. 17 Mwiyubare abantu, kuko bazobitwarira mu masentare+ kandi bakabakubitira+ mu masinagogi yabo+. 18 Bazobarengutsa imbere ya ba buramatari n’abami+ kubera jewe, kugira bibe intahe kuri bo no ku mahanga+. 19 Ariko nibabashengeza, ntimuze muhagarike umutima mwibaza ivyo muzovuga n’ingene muzobivuga, kuko ivyo muzovuga muzobihabwa muri uwo mwanya nyene+. 20 Kuko atari mwebwe gusa muzovuga, ahubwo impwemu ya So ni yo izovuga biciye kuri mwebwe+. 21 Vyongeye, umuntu azotanga mwenewabo ngo yicwe, umuvyeyi atange umwana wiwe, kandi abana bazogarariza abavyeyi babo babicishe+. 22 Muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+, ariko uwuzoba yihanganye* gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. 23 Nibabahama mu gisagara kimwe, muzoce muhungira mu kindi+. Ni ukuri ndabibabwiye, ntimuzogenda muhetuye ibisagara vya Isirayeli Umwana w’umuntu adashitse.

24 Umunyeshure* ntaruta umwigisha wiwe, kandi n’umushumba ntaruta shebuja+. 25 Umunyeshure akwiye kwitega gushikirwa n’ibishikira umwigisha wiwe, umushumba na we akitega gushikirwa n’ibishikira shebuja+. Nimba nyene urugo bamwise Beyezebuli*+, hari akantu abo mu rugo rwiwe! 26 Ntimubatinye rero, kuko ata kintu na kimwe canyegejwe kitazoja ahabona, kandi nta kintu na kimwe cagizwe ibanga kitazomenyekana+. 27 Ico ndababwiriye mu mwiza mukivugire mu muco, kandi ico ndabongoreye mukivugire hejuru ku nzu+. 28 Ntimutinye abica umubiri ariko badashobora kwica ubuzima*+. Ahubwo mutinye umwe ashobora guhonereza ubuzima n’umubiri muri Gehena*+. 29 None utujuri tubiri ntitugurwa igiceri c’agaciro gatoyi*? Ariko nta na kamwe muri two gakorokera hasi So atabizi+. 30 Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu iraharuye yose. 31 Ntimutinye rero: mwebwe murarusha agaciro utujuri twinshi+.

32 Umuntu wese rero yemera imbere y’abantu ko ari umwigishwa wanje+, nanje nzokwemera imbere ya Dawe ari mw’ijuru ko ari umwigishwa wanje+. 33 Ariko uwo wese anyihakana imbere y’abantu, nanje nzomwihakana imbere ya Dawe ari mw’ijuru+. 34 Ntimwibaze ko naje kuzana amahoro kw’isi. Sinaje kuzana amahoro, ahubwo naje kuzana inkota+. 35 Naje gucanishamwo umuhungu na se, umukobwa na nyina, n’umukazana na inabukwe+. 36 Emwe, abansi b’umuntu bazoba abo mu muryango wiwe. 37 Uwo wese akunda se canke nyina akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje, kandi n’uwo wese akunda umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje+. 38 Uwo wese atemera kwikorera igiti co kubabarizwako* ciwe ngo ankurikire, ntabereye kuba umwigishwa wanje+. 39 Uwurondera gukiza ubuzima bwiwe azobubura, ariko uwubuheba kubera jewe azoburokora+.

40 Uwubakiriye na jewe aba anyakiriye, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. 41 Uwakiriye umuhanuzi kubera ari umuhanuzi, azoronka impembo y’umuhanuzi+; kandi uwakiriye umugororotsi kubera ari umugororotsi, azoronka impembo y’umugororotsi. 42 Ni ukuri ndabibabwiye, uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi yo kunywa apfutse kubera ari umwigishwa, ntazogenda ataronse impembo yiwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika