ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 22
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo: ibirimwo

      • Ikigereranyo c’urubanza rw’ubugeni (1-14)

      • Imana na Sezari (15-22)

      • Ikibazo ku bijanye n’izuka (23-33)

      • Amabwirizwa abiri aruta ayandi yose (34-40)

      • Kristu yoba ari mwene Dawidi? (41-46)

Matayo 22:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uburorero», «imigani.»

Matayo 22:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «agatutu k’ubugeni.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 14:16; Ivh 19:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 248

Matayo 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 14:17, 18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 248

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 30-31

Matayo 22:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 248-249

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 30-31

Matayo 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 14:18, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 248-249

Matayo 22:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 248-249

Matayo 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 249

Matayo 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:45, 46

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 249

Matayo 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:43; Lk 14:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 249

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 30-31

Matayo 22:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yuzura abicaye ku meza.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 249

Matayo 22:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amenyo.»

Matayo 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:13-17; Lk 20:20-26

Matayo 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 250

Matayo 22:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «vyoba bibereye.»

  • *

    Canke «ikori ry’umutwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 250

Matayo 22:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2015, rup. 9

    Yezu ni inzira, rup. 250

Matayo 22:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya B14.

Matayo 22:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimubisubize.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:17, 18; Mal 3:8; Mr 12:17; Lk 20:25; 23:2; Rm 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 27-28, 31

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2009, rup. 19

Matayo 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:1, 2; 23:8
  • +Mr 12:18-23; Lk 20:27-33

Matayo 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:7, 8; Gus 25:5, 6; Rs 1:11; 3:13

Matayo 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:24-27

Matayo 22:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 20:35, 36

Matayo 22:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2014, rup. 30

Matayo 22:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:6
  • +Lk 20:37, 38; Rm 4:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2014, rup. 30

    1/2/2013, rup. 7

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 106-107

Matayo 22:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:28; Mr 11:18

Matayo 22:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 251

Matayo 22:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 20

Matayo 22:37

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:5; 10:12; Yos 22:5; Mr 12:30; Lk 10:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 12-16

    1/7/2010, rup. 23-24

    1/12/2006, rup. 20-24

    1/4/2002, rup. 4-5

    1/1/2001, rup. 20-21

Matayo 22:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:18; Mr 12:31; Lk 10:27; Kl 3:14; Yak 2:8; 1Pt 1:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10-11

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 17-21

    1/12/2006, rup. 25-29

    1/1/2001, rup. 23-32

Matayo 22:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iyo mvugo «amategeko yose hamwe n’ivyanditswe n’abahanuzi» yerekeza ku Vyanditswe vyose vy’igiheburayo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:10; Gl 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2005, rup. 26

Matayo 22:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:35-37; Lk 20:41-44

Matayo 22:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:42

Matayo 22:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 252

Matayo 22:44

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:1; Ivk 2:34, 35; 1Kr 15:25; Heb 1:13; 10:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 252

Matayo 22:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 252

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 22:2Lk 14:16; Ivh 19:9
Mat. 22:3Lk 14:17, 18
Mat. 22:5Lk 14:18, 19
Mat. 22:7Dn 9:26
Mat. 22:8Ivk 13:45, 46
Mat. 22:9Mt 21:43; Lk 14:23
Mat. 22:15Mr 12:13-17; Lk 20:20-26
Mat. 22:16Mr 3:6
Mat. 22:21Dn 3:17, 18; Mal 3:8; Mr 12:17; Lk 20:25; 23:2; Rm 13:7
Mat. 22:23Ivk 4:1, 2; 23:8
Mat. 22:23Mr 12:18-23; Lk 20:27-33
Mat. 22:24It 38:7, 8; Gus 25:5, 6; Rs 1:11; 3:13
Mat. 22:29Mr 12:24-27
Mat. 22:30Lk 20:35, 36
Mat. 22:32Kv 3:6
Mat. 22:32Lk 20:37, 38; Rm 4:17
Mat. 22:33Mt 7:28; Mr 11:18
Mat. 22:36Mr 12:28
Mat. 22:37Gus 6:5; 10:12; Yos 22:5; Mr 12:30; Lk 10:27
Mat. 22:39Lw 19:18; Mr 12:31; Lk 10:27; Kl 3:14; Yak 2:8; 1Pt 1:22
Mat. 22:40Rm 13:10; Gl 5:14
Mat. 22:41Mr 12:35-37; Lk 20:41-44
Mat. 22:42Yoh 7:42
Mat. 22:432Sm 23:2
Mat. 22:44Zb 110:1; Ivk 2:34, 35; 1Kr 15:25; Heb 1:13; 10:12, 13
Mat. 22:45Mr 12:37
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Matayo 22:1-46

Matayo

22 Yezu yongera kubabwira akoresheje ibigereranyo* ati: 2 «Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umwami yatunganirije urubanza rw’ubugeni*+ umuhungu wiwe. 3 Hanyuma arungika abasuku biwe guhamagara abatumire kugira baze muri urwo rubanza, ariko baranka kuza+. 4 Yongera atuma abandi basuku, ababwira ati: “Nimubwire abatumiwe muti: ‘Nateguye imfungurwa, ndabaga impfizi zanje n’ibitungwa binuze, kandi ibintu vyose vyatunganye. Nimuze ku rubanza rw’ubugeni.’” 5 Ariko ntibavyitaho. Baca barigira, umwe aja mw’itongo ryiwe, uwundi mu rucuruza rwiwe+. 6 Abandi na bo bacakira abashumba biwe, barabafata nabi bongera barabica.

7 Wa mwami aca arashavura, arungika ingabo ziwe maze zica abo bicanyi zongera ziturira igisagara cabo+. 8 Hanyuma abwira abasuku biwe ati: “Urubanza rw’ubugeni rwatunganye, ariko abatumire ntibari babibereye+. 9 Nimugende rero mu mabarabara ava mu gisagara, mutumire uwo mubonye wese ku rubanza rw’ubugeni+.” 10 Abo bashumba baca baragenda mu mabarabara, bakorakoranya abo babonye bose, ababi n’abeza. Maze inzu y’ibirori vy’ubugeni yuzura abariko barafungura*.

11 Umwami yinjiye kuraba abashitsi, abona umuntu atambaye impuzu y’ubugeni. 12 Aca amubaza ati: “Mugenzi, winjiye ng’aha gute utambaye impuzu y’ubugeni?” Na we abura ico yishura. 13 Umwami aca abwira abasuku biwe ati: “Nimumubohe amaguru n’amaboko, mumuterere hanze mu mwiza. Aho ni ho azoririra kandi ni ho azohekenyera imisaya*.”

14 Kuko abatumiwe ari benshi, mugabo abatowe akaba ari bake.»

15 Abafarizayo baca baragenda, baja inama kugira bamufatire mu vyo avuga+. 16 Nuko barungika abigishwa babo, bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamubwire bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko wigisha inzira y’Imana mu kuri. Nturondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma. 17 Wewe uvyibazako iki? Vyoba vyemewe* kuriha ikori* Sezari canke ntivyemewe?» 18 Ariko kubera Yezu yari azi ububisha bwabo, ababaza ati: «Mwa biyorobetsi mwe, kubera iki mungeza? 19 Nyereka igiceri batangako ikori.» Baca bamuzanira idenariyo*. 20 Aca ababaza ati: «Iyi shusho n’ibi vyandiko ni ivya nde?» 21 Na bo bati: «Ni ivya Sezari.» Aca ababwira ati: «Ivya Sezari rero nimubihe* Sezari, ariko ivy’Imana mubihe Imana+.» 22 Bavyumvise baratangara cane, baca baramureka baragenda.

23 Kuri uwo musi, Abasadukayo, bamwe bavuga ko ata zuka ririho+, baza aho ari maze bamubaza bati+: 24 «Mwigisha, Musa yavuze ati: “Umugabo niyapfa ata bana asize, mwenewabo ategerezwa gucura umugore wiwe kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+.” 25 Iwacu rero harabayeho abahungu indwi bavukana. Uwa mbere yararongoye hanyuma arapfa. Kubera ko ata kana yasize, umugore wiwe yaciye acurwa na mwenewabo. 26 Ukwo nyene ni ko vyagenze ku wa kabiri no ku wa gatatu, gushika abo bose indwi barangiye. 27 Inyuma ya bose, nya mugore na we nyene yarapfuye. 28 None mw’izuka azoba umugore wa nde muri abo indwi, ko yabaye umugore wabo bose?»

29 Yezu abishura ati: «Mwarazimiye, kuko mutazi Ivyanditswe canke ububasha bw’Imana+. 30 Erega mw’izuka abagabo ntibazorongora canke ngo abagore barongorwe, ahubwo bazoba bameze nk’abamarayika mw’ijuru+. 31 Ku vyerekeye izuka ry’abapfuye na ho, mbega ntimwasomye ivyo Imana yababwiye ngo: 32 “Ndi Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+?” Si Imana y’abapfuye, ahubwo ni iy’abazima+.» 33 Isinzi ry’abantu rivyumvise, ritangazwa n’inyigisho ziwe+.

34 Abafarizayo bumvise ko yanumije Abasadukayo, baca bakoranira hamwe baza kumuraba. 35 Umwe muri bo, akaba yari umuhinga mu vy’amategeko, aramugeza mu kumubaza ati: 36 «Mwigisha, ibwirizwa risumba ayandi mu mategeko ni irihe+?» 37 Amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose+.” 38 Iryo ni ryo bwirizwa risumba ayandi yose kandi ni ryo rya mbere. 39 Irya kabiri risa na ryo ni iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” 40 Ayo mabwirizwa abiri ni yo amategeko yose hamwe n’ivyanditswe n’abahanuzi* bishingiyeko+.»

41 Igihe rero Abafarizayo bari bakoraniye hamwe, Yezu ababaza+ ati: 42 «Mwibaza iki kuri Kristu? Ni mwene nde?» Bamwishura bati: «Ni mwene Dawidi+.» 43 Aca ababaza ati: «Kubera iki none Dawidi ahumekewe n’Imana+ amwita Umukama wiwe, akavuga ati: 44 “Yehova* yabwiye Umukama wanje ati: ‘Icara iburyo bwanje, gushika nshize abansi bawe munsi y’ibirenge vyawe+’”? 45 None ko Dawidi amwita Umukama, aba umwana wiwe gute+?» 46 Nta n’umwe yashoboye kugira ico amwishuye, kandi kuva uwo musi nta wasubiye kwubahuka kumubaza ikibazo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika