ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 27
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Igiti co kwikoreza imizigo ca Babiloni (1-11)

      • Zedekiya asabwa kuyobokera Babiloni (12-22)

Yeremiya 27:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 27

Yeremiya 27:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «n’ingogo.» Raba Insiguro y’amajambo (Ingogo).

Yeremiya 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:12, 13; Ob 1
  • +Yr 48:1; Ezk 25:8, 9
  • +Yr 49:1, 2; Ezk 25:2
  • +Yes 23:1; Yr 47:4; Ezk 26:3
  • +Yes 23:4; Ezk 28:21; Yw 3:4

Yeremiya 27:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nahinguye.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kuramvuye.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «uwubereye mu maso yanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:17

Yeremiya 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:9; 28:14; 43:10; Dn 2:37, 38

Yeremiya 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:8; Yr 50:14, 27; Dn 5:26, 30
  • +Yr 25:12, 14; 51:11

Yeremiya 27:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «indwara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:7, 8

Yeremiya 27:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «riruhuke.»

Yeremiya 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:17; 1Ng 3:15; Yr 37:1
  • +Yr 38:2, 20

Yeremiya 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:7
  • +2Bm 25:3
  • +Yr 21:9; Ezk 14:21

Yeremiya 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:1, 2, 11; 37:19
  • +Yr 14:14; 23:21; 28:15; 29:8, 9; Ezk 13:6

Yeremiya 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:6; 29:21; Ezk 13:3

Yeremiya 27:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:11, 13; 2Ng 36:7; Yr 28:1-3; Dn 1:1, 2
  • +Yr 14:13

Yeremiya 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:11; 38:17

Yeremiya 27:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku kirimba.»

Yeremiya 27:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ca gitangi c’umujumpu cari ku rusengero.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:15; 2Bm 25:17; 2Ng 4:11, 12; Yr 52:21
  • +1Bm 7:23
  • +1Bm 7:27; 2Bm 25:16; 2Ng 4:11, 14

Yeremiya 27:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:14, 15; 2Ng 36:10; Yr 24:1; Dn 1:2, 3

Yeremiya 27:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku kirimba.»

Yeremiya 27:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «nzobitaho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:13, 14; 2Ng 36:18; Yr 52:17, 18; Dn 5:3
  • +Ezr 1:7; 5:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 27:3Ezk 25:12, 13; Ob 1
Yer. 27:3Yr 48:1; Ezk 25:8, 9
Yer. 27:3Yr 49:1, 2; Ezk 25:2
Yer. 27:3Yes 23:1; Yr 47:4; Ezk 26:3
Yer. 27:3Yes 23:4; Ezk 28:21; Yw 3:4
Yer. 27:5Dn 4:17
Yer. 27:6Yr 25:9; 28:14; 43:10; Dn 2:37, 38
Yer. 27:7Zb 137:8; Yr 50:14, 27; Dn 5:26, 30
Yer. 27:7Yr 25:12, 14; 51:11
Yer. 27:8Ezk 26:7, 8
Yer. 27:122Bm 24:17; 1Ng 3:15; Yr 37:1
Yer. 27:12Yr 38:2, 20
Yer. 27:132Bm 25:7
Yer. 27:132Bm 25:3
Yer. 27:13Yr 21:9; Ezk 14:21
Yer. 27:14Yr 28:1, 2, 11; 37:19
Yer. 27:14Yr 14:14; 23:21; 28:15; 29:8, 9; Ezk 13:6
Yer. 27:15Yr 20:6; 29:21; Ezk 13:3
Yer. 27:162Bm 24:11, 13; 2Ng 36:7; Yr 28:1-3; Dn 1:1, 2
Yer. 27:16Yr 14:13
Yer. 27:17Yr 27:11; 38:17
Yer. 27:191Bm 7:15; 2Bm 25:17; 2Ng 4:11, 12; Yr 52:21
Yer. 27:191Bm 7:23
Yer. 27:191Bm 7:27; 2Bm 25:16; 2Ng 4:11, 14
Yer. 27:202Bm 24:14, 15; 2Ng 36:10; Yr 24:1; Dn 1:2, 3
Yer. 27:222Bm 25:13, 14; 2Ng 36:18; Yr 52:17, 18; Dn 5:3
Yer. 27:22Ezr 1:7; 5:14
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 27:1-22

Yeremiya

27 Mu ntango y’intwaro ya Yehoyakimu mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda, Yehova yavuganye na Yeremiya. 2 Maze Yeremiya avuga ati: «Yehova yambwiye ati: “Nurondere imigozi n’ibiti vyo kwikoreza imizigo*, hanyuma ubishire kw’izosi. 3 Uheze ubirungikire umwami wa Edomu+, uwa Mowabu+, uw’Abamoni+, uw’i Tiro+ n’uw’i Sidoni+, ubirungikane intumwa zaje i Yeruzalemu kuraba Zedekiya umwami w’Ubuyuda. 4 Uze ubategeke kubwira ba shebuja bati:

‘Ibi ni vyo Yehova Nyeningabo Imana ya Isirayeli avuze ko mukwiye kubwira ba shobuja: 5 “Ni jewe naremye* isi, abantu n’ibikoko biri kw’isi nkoresheje ububasha bwanje buhambaye n’ukuboko kwanje gukomeye*, kandi nabihaye uwo nshaka*+. 6 Ubu rero, ibi bihugu vyose ndabihaye umusavyi wanje Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni. Ndamuhaye n’ibikoko vyo mw’ishamba ngo abiganze. 7 Amahanga yose azomukorera, we n’umuhungu wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushika igihe c’igihugu ciwe kigeze+, aho amahanga menshi n’abami bakomeye bazomugira umushumba wabo+.”

8 “Nihagira ihanga canke ubwami vyanka gukorera Nebukadinezari umwami wa Babiloni, bikanka gushira kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni, iryo hanga nzorihanisha inkota+, inzara n’ikiza*”, ni ko Yehova avuze, “gushika abaribamwo ndabaherengeteje biciye kuri we.”

9 “Ntimwumvirize rero abahanuzi banyu, abaraguzi banyu, abarosi banyu, abanyamageza banyu n’abapfumu banyu, bababwira ngo: ‘Ntimuzokorera umwami wa Babiloni.’ 10 Kuko bababwira ubuhanuzi bw’ibinyoma, bikazotuma mujanwa kure y’igihugu canyu, nkabashwiragiza mugahona.

11 Mugabo ihanga rizokwemera gushira kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni rikamukorera, nzorireka rigume* mu gihugu caryo”, ni ko Yehova avuze, “kugira riharime ryongere rihabe.”’”»

12 Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda na we nyene namubwiye nk’ukwo nyene nti: «Nimushire kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe. Ni ho muzobandanya kubaho+. 13 Kubera iki mwe n’abantu bawe mworinda kwicwa n’inkota+, inzara+ n’ikiza+, nk’uko Yehova yavuze ko bizoshikira ihanga ritazokorera umwami wa Babiloni? 14 Ntimwumvirize amajambo abahanuzi bababwira ngo: “Ntimuzokorera umwami wa Babiloni+”, kuko bababwira ubuhanuzi bw’ibinyoma+.

15 Yehova avuze ati: “Sinabatumye mugabo bavuga ubuhanuzi bw’ibinyoma mw’izina ryanje. Bizotuma ndabashwiragiza muhone, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.”»

16 Abaherezi n’abo bantu bose nababwiye nti: «Yehova avuze ati: “Ntimwumvirize amajambo y’abahanuzi banyu bababwira ubuhanuzi bavuga ngo: ‘Ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova bigiye kugarukanwa vuba cane bikuwe i Babiloni+!’ Ntimubumvirize kuko bababwira ubuhanuzi bw’ibinyoma+. 17 Ntimubumvirize. Nimukorere umwami wa Babiloni mubone kubandanya kubaho+. Kubera iki kino gisagara corinda gutikizwa? 18 Mugabo nimba ari abahanuzi bakaba bavuga ijambo rya Yehova, ndabinginze batakambire Yehova Nyeningabo kugira ngo ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova no mu nzu* y’umwami w’Ubuyuda n’i Yeruzalemu ntibitwarwe i Babiloni.”

19 Kuko ibi ari vyo Yehova Nyeningabo avuze ku bijanye na za nkingi+, ca kiyaga*+, ya mashareti+ n’ibikoresho bisigaye muri iki gisagara, 20 ivyo Nebukadinezari umwami wa Babiloni atajanye igihe yatwara mu bunyagano i Babiloni Yekoniya mwene Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda, amukuye i Yeruzalemu, ari kumwe n’abanyacubahiro bose bo mu Buyuda n’i Yeruzalemu+. 21 Egome, ibi ni vyo Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ku bijanye n’ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova, mu nzu* y’umwami w’Ubuyuda n’i Yeruzalemu: 22 “Yehova avuze ati: ‘Bizojanwa i Babiloni+ kandi ni ho bizoguma gushika umusi nzovyitaho*. Nzoheza ndabigarukane ndabisubize aha hantu+.’”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika