ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Mariko: ibirimwo

      • Izuka rya Yezu (1-8)

Mariko 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:8, 9
  • +Mt 28:1
  • +Lk 23:55, 56

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2013, rup. 8

Mariko 16:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku mva y’icibutso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:1; Yoh 20:1

Mariko 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:2, 3

Mariko 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:4
  • +Mr 8:31; Lk 18:33; Ivk 4:10
  • +Mt 28:5, 6

Mariko 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:32; Mr 14:28
  • +Mt 28:7

Mariko 16:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Twisunze imizingo imwimwe ya kera yizigiwe, Injili ya Mariko igarukira ku murongo wa 8. Raba Inyongera ya A3.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:8; Lk 24:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2014, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mrk. 16:1Kv 20:8, 9
Mrk. 16:1Mt 28:1
Mrk. 16:1Lk 23:55, 56
Mrk. 16:2Lk 24:1; Yoh 20:1
Mrk. 16:4Lk 24:2, 3
Mrk. 16:6Lk 24:4
Mrk. 16:6Mr 8:31; Lk 18:33; Ivk 4:10
Mrk. 16:6Mt 28:5, 6
Mrk. 16:7Mt 26:32; Mr 14:28
Mrk. 16:7Mt 28:7
Mrk. 16:8Mt 28:8; Lk 24:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Mariko 16:1-8

Mariko

16 Inyuma y’isabato+, Mariya Magadalena, Mariya+ nyina wa Yakobo hamwe na Salome, bagura ibintu bimota kugira babisige ikiziga ca Yezu+. 2 Hanyuma ku musi wa mbere w’indwi, izuba rimaze guseruka, bazindukira ku mva*+. 3 Baguma babazanya bati: «Ni nde aza kudutembagariza rya buye riri ku muryango w’imva?» 4 Ariko baravye, babona rya buye ryatembagaye, naho ryari rinini cane+. 5 Binjiye muri iyo mva, babona umusore yicaye amaja iburyo yambaye ikanzu yera, baca barakanguka. 6 Ababwira ati: «Ntimukanguke+. Muriko murondera Yezu Umunyanazareti, umwe yamanikwa ku giti. Yazuwe+. Nta wuri ng’aha. Raba aho bari bamuryamitse+! 7 Ahubwo genda mubwire abigishwa biwe na Petero muti: “Yabaye aragenda i Galilaya+. Ni ho muzomubonera nk’uko yabibabwiye+.”» 8 Basohotse iyo mva, baca bariruka barahunga, bagenda barajugumira bataye umutwe. Nta n’umwe babwiye ikintu na kimwe, kuko bari batekewe n’ubwoba*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika