ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Kuvayo: ibirimwo

      • Amategeko agenga Abisirayeli (1-31)

        • Ubusuma (1-4)

        • Kwonesha (5, 6)

        • Kuriha ivyononekaye no kwegukira ikintu (7-15)

        • Kuryosharyosha umukobwa (16, 17)

        • Gusenga hamwe n’ubutungane mu kibano (18-31)

Kuvayo 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:6; Lk 19:8

Kuvayo 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:15

Kuvayo 22:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibindi biterwa vyose vy’intete.»

Kuvayo 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:4

Kuvayo 22:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ko atabikojejeko ukuboko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:18; 19:17

Kuvayo 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:18; 25:1
  • +Kv 22:4

Kuvayo 22:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kigakomereka cane.»

Kuvayo 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:2-5

Kuvayo 22:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Kumbure bivuye ku rwangara.

Kuvayo 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:28, 29

Kuvayo 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:26; 20:6; Gus 18:10-12; 1Sm 28:3; Gl 5:20; Ivh 22:15

Kuvayo 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:23; 20:15; Gus 27:21

Kuvayo 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:3; 1Bm 18:40; 1Kr 10:20

Kuvayo 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:35
  • +Lw 19:33, 34; Gus 10:19

Kuvayo 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:19; Yak 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 24-25

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 31

Kuvayo 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:18; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 31

Kuvayo 22:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 31

Kuvayo 22:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umuntu yigorewe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:35, 36; Gus 23:19; Lk 6:34, 35

Kuvayo 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 9

Kuvayo 22:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umunyabuntu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:13
  • +Gus 10:18; Zb 34:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 9

Kuvayo 22:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntukavume.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 24:11, 14
  • +Ums 10:20; Ivk 23:5; Yud 8

Kuvayo 22:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni amato baganiramwo amavuta n’ayo baganiramwo umuvinyu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:9; 2Kr 9:7
  • +Kv 13:2

Kuvayo 22:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:19
  • +Lw 22:27

Kuvayo 22:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:2; Gh 15:40; 1Pt 1:15
  • +Lw 22:3, 8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Kuv. 22:12Sm 12:6; Lk 19:8
Kuv. 22:2Kv 20:15
Kuv. 22:7Kv 22:4
Kuv. 22:8Gus 16:18; 19:17
Kuv. 22:9Gus 16:18; 25:1
Kuv. 22:9Kv 22:4
Kuv. 22:11Lw 6:2-5
Kuv. 22:16Gus 22:28, 29
Kuv. 22:18Lw 19:26; 20:6; Gus 18:10-12; 1Sm 28:3; Gl 5:20; Ivh 22:15
Kuv. 22:19Lw 18:23; 20:15; Gus 27:21
Kuv. 22:20Gh 25:3; 1Bm 18:40; 1Kr 10:20
Kuv. 22:21Lw 25:35
Kuv. 22:21Lw 19:33, 34; Gus 10:19
Kuv. 22:22Gus 27:19; Yak 1:27
Kuv. 22:23Zb 10:18; Yak 5:4
Kuv. 22:25Lw 25:35, 36; Gus 23:19; Lk 6:34, 35
Kuv. 22:26Gus 24:6
Kuv. 22:27Gus 24:13
Kuv. 22:27Gus 10:18; Zb 34:6
Kuv. 22:28Lw 24:11, 14
Kuv. 22:28Ums 10:20; Ivk 23:5; Yud 8
Kuv. 22:29Img 3:9; 2Kr 9:7
Kuv. 22:29Kv 13:2
Kuv. 22:30Gus 15:19
Kuv. 22:30Lw 22:27
Kuv. 22:31Lw 19:2; Gh 15:40; 1Pt 1:15
Kuv. 22:31Lw 22:3, 8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Kuvayo 22:1-31

Kuvayo

22 Umuntu niyiba impfizi y’inka canke intama hanyuma akayikerera canke akayigurisha, iyo mpfizi azoyiriha zitanu, intama na yo zine+.

2 (Umuntu niyafata umusuma+ ariko aramena inzu mw’ijoro akamukubita agapfa, uwo muntu ntazokwagirwa n’amaraso. 3 Ariko ivyo nivyashika izuba rimaze guseruka, azokwagirwa n’amaraso.)

Umuntu ategerezwa kuriha ivyo yivye. Nimba adashoboye kubiriha, ategerezwa kugurishwa kugira arihe ivyo yivye. 4 Nibamufatana igitungwa yivye kigikomeye, yaba ari impfizi y’inka, indogobwa canke intama, abwirizwa kukiriha incuro zibiri.

5 Umuntu niyaragira ibitungwa vyiwe mw’itongo canke mu murima w’imizabibu hanyuma akabireka bikaja kwona mu murima w’abandi, azoca abiriha ibintu vyizavyiza vyo mu murima wiwe canke imizabibu myizamyiza yo mu murima wiwe.

6 Umuntu niyacana umuriro maze ugafata ibisaka hanyuma ukarandagata ugaturira imiganda y’ingano* bagenye, izo bataragenya canke umurima wose, uwawucanye ategerezwa kuriha ivyahiye vyose.

7 Umuntu niyabitsa amahera mugenziwe canke ibindi bintu maze bakavyibira mu nzu iwe, uwavyivye niyafatwa azobiriha incuro zibiri+. 8 Natafatwa, nyene inzu bazoce bamuzana imbere y’Imana y’ukuri+ kugira barabe ko atari we yabitwaye*. 9 Igihe cose umuntu yagirijwe ko atunze ikintu kitari rwiwe, yaba ari impfizi y’inka, indogobwa, intama, impuzu canke ikindi kintu catakaye, hanyuma hakaza uwundi avuga ati: “Iki ni rwanje”, abo bantu bose bazoce barenguka imbere y’Imana y’ukuri+. Uwo Imana izovuga ko yagirwa n’icaha azoriha ico kintu incuro zibiri+.

10 Umuntu niyabitsa mugenziwe indogobwa, impfizi y’inka, intama canke ikindi gitungwa ico ari co cose hanyuma kigapfa canke kikamugara*, canke na ho abambuzi bakagitwara ata wubibona, 11 uwakibikijwe azorahire imbere ya Yehova ko atari we yagitwaye, kandi nyeneco ategerezwa kuvyemera. Uwakibikijwe nta ndishi azotanga+. 12 Ariko nibakimwibirako*, ategerezwa guha indishi nyeneco. 13 Nimba catabaguwe n’igikoko co mw’ishamba, azozana ico gitungwa catabaguwe kugira kimubere ikimenyamenya. Ntazotanga indishi y’igitungwa catabaguwe n’igikoko.

14 Mugabo umuntu niyatira igitungwa mugenziwe hanyuma kikavunika canke kigapfa nyeneco atari ho ari, uwo muntu ategerezwa gutanga indishi. 15 Nimba nyeneco ari ho yari, nta ndishi azotanga. Nimba na ho ari ico yari yakose, amahera yagikose ni yo azoca aba indishi yaco.

16 Umugabo niyaryosharyosha umukobwa w’isugi atarehejwe hanyuma akaryamana na we, ategerezwa kuriha inkwano kugira amutware abe umugore wiwe+. 17 Se wiwe niyanka kumumuha, na ho nyene azoriha amahera angana n’inkwano.

18 Ntuze ureke ngo umupfumukazi abeho+.

19 Uwusambanye n’igikoko ategerezwa gupfa+.

20 Uwushikaniye ikimazi iyindi mana atari Yehova wenyene ategerezwa gupfa+.

21 Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umucinyize+, kuko nawe wabaye kavamahanga mu Misiri+.

22 Ntimuze mugirire nabi umupfakazi canke impfuvyi+. 23 Nimwamugirira nabi mu buryo na bumwe hanyuma akandirira, sinzobura kwumva amarira yiwe+. 24 Nanje nzorungura n’ishavu maze ndabicishe inkota, abagore banyu babe abapfakazi n’abana banyu babe impfuvyi.

25 Niwagurana amahera umukene* wo mu bantu banje akaba n’umubanyi wawe, ntuze umuguranire kwunguka. Ntuzomusabe inyungu+.

26 Niwafata impuzu ya mugenzawe nk’ingwati+, utegerezwa kuyimusubiza izuba rirenze. 27 Kuko ari yo yonyene afise yipfuka, ni ko gahuzu konyene afise. None azorara yipfutse iki+? Niyandirira, sinzoreka kumwumviriza kuko ndi umunyempuhwe*+.

28 Ntugatuke* Imana+ canke umukuru wo mu bantu bawe+.

29 Ntimuze mugonanwe kunshikanira ibimazi bivuye mu musesekara w’ivyo mwimbuye n’ivyo muganira mu mato*+. Mutegerezwa kumpa abahungu banyu b’imfura+. 30 Ku bijanye n’ishuri yawe be n’intama yawe+, uku ni ko uzobigenza: izomarana imisi indwi na nyina kuva ivutse, uce uyimpa ku musi ugira umunani+.

31 Mutegerezwa kuba beranda imbere yanje+. Ntimuze murye inyama z’igikoko catabaguriwe mw’ishamba+. Mukwiye kuziterera imbwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika