ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 90
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Imana yamaho, ariko umuntu amara igihe gito

        • Imyaka igihumbi ni nk’umusi umwe (4)

        • Umuntu abaho imyaka 70 canke 80 (10)

        • «Twigishe guharura imisi yacu» (12)

Zaburi 90:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 8

Zaburi 90:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ahantu ho kuba.»

  • *

    Canke «uko urunganwe rwagiye rurakurikirana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:27; Zb 91:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 19-23

    1/7/2010, rup. 28

    1/12/2001, rup. 9

Zaburi 90:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:12
  • +Zb 93:2; Yes 40:28; Hab 1:12; 1Tm 1:17; Ivh 1:8; 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2015, rup. 13

    1/7/2010, rup. 28

    1/12/2001, rup. 9

Zaburi 90:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:19; Zb 104:29; 146:3, 4; Ums 3:20; 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 9-10

Zaburi 90:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ari nk’ejo hahise.»

  • *

    Ikiringo kimwe c’iterama camara nk’amasaha ane.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 9-10

Zaburi 90:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:25
  • +Zb 103:15; 1Pt 1:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10

Zaburi 90:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10

Zaburi 90:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 17:12, 13; Gus 32:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urazi amakosa yacu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:17
  • +Img 24:12; Heb 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubuzima bwacu bwashize.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 10-11

Zaburi 90:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 19:34, 35
  • +Yb 14:10; Zb 78:39; Lk 12:20; Yak 4:13, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11

Zaburi 90:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igitinyiro cawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 33:14; Lk 12:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11

Zaburi 90:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    1/5/2005, rup. 32

    15/11/2002, rup. 21

    1/12/2001, rup. 11

    1/12/1999, rup. 13

    1/9/1999, rup. 27-28

Zaburi 90:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:4
  • +Zb 89:46
  • +Gus 32:36; Zb 135:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11-12

Zaburi 90:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:7; 51:1; 63:3; 85:7
  • +Zb 149:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 11-12

Zaburi 90:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:5
  • +Gus 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 12

Zaburi 90:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:31; Yos 23:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 12

Zaburi 90:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «wokomeza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 127:1; Img 16:3; Yes 26:12; 1Kr 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    1/12/2001, rup. 12-13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 90:akajambo k’intangamararaGus 33:1
Zab. 90:1Gus 33:27; Zb 91:1
Zab. 90:2Yr 10:12
Zab. 90:2Zb 93:2; Yes 40:28; Hab 1:12; 1Tm 1:17; Ivh 1:8; 15:3
Zab. 90:3It 3:19; Zb 104:29; 146:3, 4; Ums 3:20; 12:7
Zab. 90:42Pt 3:8
Zab. 90:5Yb 9:25
Zab. 90:5Zb 103:15; 1Pt 1:24
Zab. 90:6Yb 14:2
Zab. 90:7Gh 17:12, 13; Gus 32:22
Zab. 90:8Yr 16:17
Zab. 90:8Img 24:12; Heb 4:13
Zab. 90:102Sm 19:34, 35
Zab. 90:10Yb 14:10; Zb 78:39; Lk 12:20; Yak 4:13, 14
Zab. 90:11Yes 33:14; Lk 12:5
Zab. 90:12Zb 39:4
Zab. 90:13Zb 6:4
Zab. 90:13Zb 89:46
Zab. 90:13Gus 32:36; Zb 135:14
Zab. 90:14Zb 36:7; 51:1; 63:3; 85:7
Zab. 90:14Zb 149:2
Zab. 90:15Zb 30:5
Zab. 90:15Gus 2:14
Zab. 90:16Gh 14:31; Yos 23:14
Zab. 90:17Zb 127:1; Img 16:3; Yes 26:12; 1Kr 3:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 90:1-17

Zaburi

IGITABU CA KANE

(Zaburi 90-106)

Ni isengesho rya Musa, umuntu w’Imana y’ukuri+.

90 Ewe Yehova, watubereye ubuhungiro*+ kuva kera na rindi*.

 2 Wamyeho n’imbere y’uko imisozi ivuka,

imbere y’uko urema isi, egome isi yimbuka+.

Uri Imana kuva ibihe bidahera gushika ibihe bidahera+.

 3 Usubiza abantu mu mukungugu,

ukavuga uti: «Mwa bantu, subirayo+!»

 4 Kuko imyaka igihumbi ari nk’umusi umwe* kuri wewe+.

Ni nk’ikiringo kimwe gusa c’iterama* ryo mw’ijoro.

 5 Urabakukumura+, bakazimangana nk’indoto.

Mu gitondo, baba bameze nk’ivyatsi binaze+.

 6 Mu gitondo birashurika, bigatotahara,

ariko ku mugoroba bigakabirana maze bikuma+.

 7 Erega ishavu ryawe ryatumaze+!

Twatekewe n’ubwoba kubera uburake bwawe.

 8 Ushira amakosa yacu imbere yawe*+,

umuco wo mu maso hawe ugashira ahabona amabanga yacu+.

 9 Imisi yacu yashize* kubera uburake bwawe.

Imyaka yacu imaze akanya nk’ako kwiruhutsa.

10 Ubuzima bwacu bumara imyaka 70,

canke 80+ ku wufise inkomezi zidasanzwe.

Ariko yuzuye ivyago n’imibabaro.

Ihera ningoga, natwe tukaba duhise+.

11 Ni nde yoshobora kumenya ububasha bw’ishavu ryawe?

Ishavu ryawe ringana n’icubahiro ukwiye guhabwa*+.

12 Twigishe guharura imisi yacu+

kugira turonke umutima w’ubukerebutsi.

13 Ewe Yehova, nugaruke+. Ibintu bizoguma gutya gushika ryari+?

Niwumvire impuhwe abasavyi bawe+.

14 Nutwereke urukundo* rwawe+ mu gitondo,

kugira tuvuze impundu twongere tunezerwe+ imisi yose y’ubuzima bwacu.

15 Nutunezereze imisi ingana n’iyo wamaze uduteza amarushwa+,

imyaka ingana n’iyo twamaze mu magorwa+.

16 Ese abasavyi bawe bokwibonera igikorwa cawe,

abana babo na bo bakibonera ubwiza bwawe buhebuje+!

17 Ese Yehova Imana yacu yotugirira ubuntu!

Ese wohezagira* igikorwa c’amaboko yacu,

egome, nuhezagire igikorwa c’amaboko yacu+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika