ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Ijambo Sitefano yashikirije imbere y’Inama nkuru (1-53)

        • Ikiringo ca ba sekuruza b’imiryango (2-16)

        • Uburongozi bwa Musa. Isirayeli isenga ibigirwamana (17-43)

        • Imana ntiba mu nsengero zubatswe n’abantu (44-50)

      • Sitefano aterwa amabuye (54-60)

Ivyakozwe 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2017 rup. 13

    Niwigane, rup. 27

    Nushinge intahe, rup. 48

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 8-9

Ivyakozwe 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2017 rup. 13-14

    Niwigane, rup. 27-29

Ivyakozwe 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:32
  • +It 12:4, 5; Heb 11:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2017 rup. 14

Ivyakozwe 7:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 13:14, 15; 17:1, 8

Ivyakozwe 7:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uruvyaro rwiwe.»

  • *

    Canke «bakabafata nabi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:13; Kv 12:40

Ivyakozwe 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:14
  • +Kv 3:12

Ivyakozwe 7:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hari abavyita «gusiramura» canke «gukebwa.» Raba Insiguro y’amajambo (Kugenyera).

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «yagiriye gutyo nyene.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ya mitwe.»

  • *

    Canke «ba sekuruza b’imiryango.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:9, 10
  • +It 21:1-3
  • +It 21:4

Ivyakozwe 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:9-11
  • +It 37:28; 45:4
  • +It 39:2, 3

Ivyakozwe 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:40-46

Ivyakozwe 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:54; 42:5

Ivyakozwe 7:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «intete.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 42:2, 6

Ivyakozwe 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 45:1, 16

Ivyakozwe 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 45:9-11
  • +It 46:27; Gus 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2002, rup. 27

Ivyakozwe 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:29; Gus 26:5
  • +It 49:33
  • +Kv 1:6

Ivyakozwe 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:16; Kv 13:19; Yos 24:32

Ivyakozwe 7:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1998, rup. 8-10

Ivyakozwe 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 1:7, 8

Ivyakozwe 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 1:10, 22

Ivyakozwe 7:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mwiza imbere y’Imana.»

  • *

    Canke «arererwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:2; Heb 11:23

Ivyakozwe 7:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yashirwa ahabona.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:3
  • +Kv 2:5, 10

Ivyakozwe 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2014, rup. 30

    15/6/2012, rup. 21

    15/3/2007, rup. 19

Ivyakozwe 7:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yarafashe ingingo.»

  • *

    Canke «gusuzuma uko benewabo b’Abisirayeli babayeho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:11-15

Ivyakozwe 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:21, 22; 18:2-4

Ivyakozwe 7:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:2-10

Ivyakozwe 7:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 7:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:6; Mr 12:26; Lk 20:37

Ivyakozwe 7:33

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Canke «isandari.»

Ivyakozwe 7:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:23, 24

Ivyakozwe 7:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:14; Ivk 7:27
  • +Kv 4:19

Ivyakozwe 7:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:41
  • +Kv 7:3
  • +Kv 14:21, 22; 15:4, 5
  • +Kv 16:35; Gh 14:33, 34

Ivyakozwe 7:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:15; Ivk 3:22

Ivyakozwe 7:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:53; Gl 3:19
  • +Kv 19:3; Gus 5:27
  • +Kv 21:1; Gus 9:10

Ivyakozwe 7:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:3, 4
  • +Kv 16:3

Ivyakozwe 7:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:1, 23

Ivyakozwe 7:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:4, 6

Ivyakozwe 7:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2000, rup. 12

Ivyakozwe 7:43

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ishobora kuba ari Moleki, ca kimana c’Abamoni. Raba 1Bm 11:7.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:7
  • +Yr 25:11; Am 5:25-27

Ivyakozwe 7:44

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ihema ry’icabona.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:40

Ivyakozwe 7:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:28; 31:3; Yos 3:14
  • +It 17:1, 8; Yos 23:9; 24:18

Ivyakozwe 7:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:2; 1Ng 22:7; Zb 132:1-5

Ivyakozwe 7:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 6:1

Ivyakozwe 7:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

Ivyakozwe 7:49

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4
  • +Mt 5:34, 35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

Ivyakozwe 7:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:1, 2; Heb 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

Ivyakozwe 7:51

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:10

Ivyakozwe 7:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:16
  • +Mt 23:31
  • +Yes 53:8; Ivk 3:13, 14

Ivyakozwe 7:53

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:38; Gl 3:19

Ivyakozwe 7:54

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bica bibasogota mu mitima.»

  • *

    Canke «amenyo.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 46, 50

Ivyakozwe 7:55

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:1; Mt 26:64

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4-5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2009, rup. 7

    1/8/2004, rup. 8

Ivyakozwe 7:56

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:13
  • +Rm 8:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4-5

Ivyakozwe 7:58

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «impuzu zabo zo hejuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 24:14, 16; Mt 23:37; Yoh 16:2
  • +Gus 17:7
  • +Ivk 8:1; 22:20

Ivyakozwe 7:59

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 31

    1/1/2005, rup. 31

Ivyakozwe 7:60

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «arasinzira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:44

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 7:2It 11:31
Ivyak. 7:3It 12:1
Ivyak. 7:4It 11:32
Ivyak. 7:4It 12:4, 5; Heb 11:8
Ivyak. 7:5It 12:7; 13:14, 15; 17:1, 8
Ivyak. 7:6It 15:13; Kv 12:40
Ivyak. 7:7It 15:14
Ivyak. 7:7Kv 3:12
Ivyak. 7:8It 17:9, 10
Ivyak. 7:8It 21:1-3
Ivyak. 7:8It 21:4
Ivyak. 7:9It 37:9-11
Ivyak. 7:9It 37:28; 45:4
Ivyak. 7:9It 39:2, 3
Ivyak. 7:10It 41:40-46
Ivyak. 7:11It 41:54; 42:5
Ivyak. 7:12It 42:2, 6
Ivyak. 7:13It 45:1, 16
Ivyak. 7:14It 45:9-11
Ivyak. 7:14It 46:27; Gus 10:22
Ivyak. 7:15It 46:29; Gus 26:5
Ivyak. 7:15It 49:33
Ivyak. 7:15Kv 1:6
Ivyak. 7:16It 23:16; Kv 13:19; Yos 24:32
Ivyak. 7:18Kv 1:7, 8
Ivyak. 7:19Kv 1:10, 22
Ivyak. 7:20Kv 2:2; Heb 11:23
Ivyak. 7:21Kv 2:3
Ivyak. 7:21Kv 2:5, 10
Ivyak. 7:22Kv 11:3
Ivyak. 7:23Kv 2:11-15
Ivyak. 7:29Kv 2:21, 22; 18:2-4
Ivyak. 7:30Kv 3:2-10
Ivyak. 7:32Kv 3:6; Mr 12:26; Lk 20:37
Ivyak. 7:34Kv 2:23, 24
Ivyak. 7:35Kv 2:14; Ivk 7:27
Ivyak. 7:35Kv 4:19
Ivyak. 7:36Kv 12:41
Ivyak. 7:36Kv 7:3
Ivyak. 7:36Kv 14:21, 22; 15:4, 5
Ivyak. 7:36Kv 16:35; Gh 14:33, 34
Ivyak. 7:37Gus 18:15; Ivk 3:22
Ivyak. 7:38Ivk 7:53; Gl 3:19
Ivyak. 7:38Kv 19:3; Gus 5:27
Ivyak. 7:38Kv 21:1; Gus 9:10
Ivyak. 7:39Gh 14:3, 4
Ivyak. 7:39Kv 16:3
Ivyak. 7:40Kv 32:1, 23
Ivyak. 7:41Kv 32:4, 6
Ivyak. 7:422Bm 17:16
Ivyak. 7:431Bm 11:7
Ivyak. 7:43Yr 25:11; Am 5:25-27
Ivyak. 7:44Kv 25:40
Ivyak. 7:45Gus 3:28; 31:3; Yos 3:14
Ivyak. 7:45It 17:1, 8; Yos 23:9; 24:18
Ivyak. 7:462Sm 7:2; 1Ng 22:7; Zb 132:1-5
Ivyak. 7:471Bm 6:1
Ivyak. 7:48Ivk 17:24
Ivyak. 7:49Zb 11:4
Ivyak. 7:49Mt 5:34, 35
Ivyak. 7:50Yes 66:1, 2; Heb 3:4
Ivyak. 7:51Yes 63:10
Ivyak. 7:522Ng 36:16
Ivyak. 7:52Mt 23:31
Ivyak. 7:52Yes 53:8; Ivk 3:13, 14
Ivyak. 7:53Ivk 7:38; Gl 3:19
Ivyak. 7:55Zb 110:1; Mt 26:64
Ivyak. 7:56Dn 7:13
Ivyak. 7:56Rm 8:34
Ivyak. 7:58Lw 24:14, 16; Mt 23:37; Yoh 16:2
Ivyak. 7:58Gus 17:7
Ivyak. 7:58Ivk 8:1; 22:20
Ivyak. 7:60Mt 5:44
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
  • 53
  • 54
  • 55
  • 56
  • 57
  • 58
  • 59
  • 60
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 7:1-60

Ivyakozwe n’intumwa

7 Umuherezi mukuru amubaza ati: «Ivyo bavuga ni vyo?» 2 Sitefano yishura ati: «Bagabo benewacu, yemwe ba data, nimunyumvirize. Imana y’ubuninahazwa yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko aja kuba i Harani+, 3 imubwira iti: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe, uje mu gihugu nzokwereka+.” 4 Aburahamu aca mu gihugu c’Abakaludaya, aja kuba i Harani. Se wiwe amaze gupfa+, Imana yaciye imukura ng’aho, imuzana kuba muri iki gihugu mubamwo ubu+. 5 Ariko nta ntoranwa yamuhaye muri co, emwe habe n’ahangana n’aho yohonyoza ikirenge. Mugabo yasezeranye kukimuha ngo kimwegukire, mu nyuma kizokwegukire uruvyaro* rwiwe+, kandi ata mwana yari bwaronke. 6 Vyongeye, Imana yamubwiye ko abomukomotseko* bobaye abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi ko abantu baho bobagize abaja bakongera bakabatoteza* imyaka 400+. 7 Imana yavuze iti: “Nzocira urubanza iryo hanga rizobagira abaja+, kandi mu nyuma bazovayo bankorere igikorwa ceranda aha hantu+.”

8 Vyongeye, yaragiranye na we isezerano ryo kugenyerwa*+. Aburahamu yahavuye avyara Izahaki+, araheza aramugenyera ku musi ugira umunani+. Izahaki yavyaye* Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru* b’imiryango* 12. 9 Abo bakuru b’imiryango baragiriye ishari Yozefu+ maze bamugurisha mu Misiri+. Ariko Imana yari kumwe na we+. 10 Yaramurokoye mu makuba yiwe yose yongera ituma agira igikundiro n’ubukerebutsi imbere ya Farawo umwami wa Misiri. Farawo araheza amushinga kuganza Misiri n’urugo rwiwe rwose+. 11 Mugabo inzara yahavuye itera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe amakuba akomeye, ku buryo ba sogokuruza bacu babura ico bafungura+. 12 Yakobo rero yumva ko hari ibifungurwa* mu Misiri, aca arungikayo ba sogokuruza bacu ubwa mbere+. 13 Bagiyeyo ubwa kabiri, Yozefu yarimenyesheje benewabo, maze Farawo amenya umuryango wa Yozefu+. 14 Nuko Yozefu atumako se Yakobo n’incuti ziwe zose ngo bave i Kanani+. Bose hamwe bari abantu 75+. 15 Yakobo yaciye amanuka mu Misiri+, kandi ni yo yapfiriye+, cokimwe na ba sogokuruza bacu+. 16 Bahavuye babajana i Shekemu, hanyuma babahamba mu mva Aburahamu yari yaguze amahera na bene Hamori i Shekemu+.

17 Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yarahaye Aburahamu uranguka, nya bantu barongerekana baragwira mu Misiri, 18 gushika hatanguye gutwara uwundi mwami mu Misiri atari azi Yozefu+. 19 Uwo mwami yarakoresheje urwenge mu kurwanya ubwoko bwacu, afata nabi ba sogokuruza bacu, abahatira guheba abana babo b’inzoya kugira ntibabeho+. 20 Ico gihe ni ho Musa yavuka, kandi yari mwiza bihebuje*. Yamaze amezi atatu yonkerezwa* mu nzu kwa se+. 21 Mugabo igihe yahebwa*+, umukobwa wa Farawo yaramutoye, amurera nk’umuhungu wiwe bwite+. 22 Musa rero yarigishijwe ubukerebutsi bwose bw’Abanyamisiri, kandi yavugana ububasha, agakora ibikomeye+.

23 Ashikanye imyaka 40, yaragize iciyumviro* co kuja kuraba benewabo b’Abisirayeli*+. 24 Akubise ijisho umwe muri bo ariko ararenganywa, yaramuburaniye maze yihora Umunyamisiri yariko aramugirira nabi, aramwica. 25 Yiyumvira yuko benewabo botahuye ko Imana yagira ibakize biciye kuri we, mugabo ntibabitahuye. 26 Bukeye, aseruka kuri benewabo bariko bararwana, aca agerageza kubumvikanisha mu mahoro, ababwira ati: “Bagabo, muravukana. Kubera iki mugiriranira nabi?” 27 Mugabo uwariko afata nabi mugenziwe, ashiburira Musa nka hariya, avuga ati: “Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu? 28 Ushaka kunyica kumwe wica wa Munyamisiri ejo?” 29 Musa avyumvise, aca ahungira mu gihugu ca Midiyani. Araheza abayo ari umunyamahanga, ahavyarira abahungu babiri+.

30 Imyaka 40 irangiye, umumarayika yaramubonekeye mu gahinga k’umusozi Sinayi, mu rubeya rw’igisaka c’amahwa caka umuriro+. 31 Musa abonye ico kintu, yaratangaye cane. Yaciye yegera ngo yihweze neza ivyo ari vyo, mugabo aca yumva ijwi rya Yehova* rivuga riti: 32 “Ndi Imana ya ba sogokuruza bawe, Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+.” Musa yaciye atangura guhinda agashitsi, ntiyubahuka kubandanya yihweza ivyo ari vyo. 33 Yehova* yaciye amubwira ati: “Kura ibirato* wambaye, kuko ahantu uhagaze ari heranda. 34 Nabonye vy’ukuri agacinyizo abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo+, nkaba ngira nje kubarokora. Umve rero, ngira ndagutume mu Misiri.” 35 Uyo Musa, umwe bihakana mu kuvuga ngo: “Ni nde yakugize umutware n’umucamanza+?”, ni we nyene Imana yatumye+ nk’umutware n’umurokozi biciye ku mumarayika yamubonekeye muri ca gisaka c’amahwa. 36 Uwo muntu yarabakuye mu Misiri+, akorera ibitangaza n’ibimenyetso mu Misiri+, ku kiyaga Gitukura+ no mu bugaragwa, mu myaka 40+.

37 Uyo Musa ni we yabwiye Abisirayeli ati: “Imana izobaha umuhanuzi ameze nkanje, imukuye muri benewanyu+.” 38 Uyo Musa ni we yari kumwe n’ishengero mu bugaragwa. Yari kumwe kandi na wa mumarayika+ yavugana na we+ ku musozi Sinayi, hamwe na ba sogokuruza bacu. Yarahawe amajambo meranda mazima kugira ayaduhe+. 39 Ba sogokuruza bacu baranse kumugamburukira. Baramwiyamirije+ maze mu mitima yabo bisubirira mu Misiri+, 40 babwira Aroni bati: “Duhingurire imana zizotuja imbere, kuko tutazi ivyashikiye uwo Musa yadukuye mu gihugu ca Misiri+.” 41 Nuko bahingura inyana muri iyo misi, hanyuma bazanira ikimazi ico kigirwamana, batangura kuryohererwa ivyo bahinguye+. 42 Imana rero ica irabaheba, irabareka ngo basenge ingabo zo kw’ijuru+, nk’uko vyanditswe mu gitabu c’abahanuzi ngo: “Mbega ni jewe mwashikaniye amashikanwa n’ibimazi mu myaka 40 mwamaze mu bugaragwa, ga yemwe Bisirayeli? 43 Ahubwo ihema rya Moloki*+ n’inyenyeri y’imana Refani ni vyo mwatwaye, vya bishusho mwakoze ngo mubisenge. Ni co gituma nzobajana hirya ya Babiloni+.”

44 Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ryeranda* mu bugaragwa. Iryo hema Musa yarikoze yisunze icitegererezo yari yabonye+, nk’uko Imana yari yabimutegetse igihe bavugana. 45 Ba sogokuruza bacu bararihawe, maze bo hamwe na Yosuwa baryinjiza mu gihugu cahora ari ic’amahanga+ Imana yirukanye akabisa ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi. 46 Dawidi yarashimwe n’Imana hanyuma asaba guterwa iteka ryo kuronderera Imana ya Yakobo ahantu iba+. 47 Ariko Salomo ni we yayubakiye inzu+. 48 Yamara rero, Musumbavyose ntaba mu nzu zubakishijwe amaboko+, nk’uko bivugwa n’umuhanuzi ngo: 49 “Ijuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None ni inzu nyabaki mwonyubakira?”, ni ko Yehova* avuga. “Canke ahantu noruhukira ni hehe? 50 Mbega ukuboko kwanje si kwo kwakoze ibi vyose+?”

51 Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima no mu matwi, mwama murwanya impwemu nyeranda. Mukora nk’uko ba sogokuruza banyu bakoze+. 52 Ni nde mu bahanuzi ba sogokuruza banyu batahamye+? Emwe, barishe abavuze imbere y’igihe ivyerekeye ukuza kwa wa mugororotsi+, umwe mwahemukira mugatako mukamwica+, 53 kandi ari mwebwe mwaronse amategeko biciye ku bamarayika+, mugabo ntimwayakurikije.»

54 Bumvise ayo majambo, baca bararaka*, batangura kumuhekenyera imisaya*. 55 Mugabo we, yuzuye impwemu nyeranda, ahanga amaso mw’ijuru maze abona ubuninahazwa bw’Imana na Yezu ahagaze iburyo bw’Imana+, 56 aca avuga ati: «Ehe mbona ijuru ryuguruye n’Umwana w’umuntu+ ahagaze iburyo bw’Imana+.» 57 Baca barasemerera n’ijwi ryabo ryose bongera biziba amatwi, maze bamusimbirako icarimwe. 58 Bamaze kumuta inyuma y’igisagara, batangura kumutera amabuye+. Abari baje kumwagiriza+ bashira impuzu zabo* imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sawuli+. 59 Bakiriko baratera amabuye Sitefano, aratakamba ati: «Mukama Yezu, akira impwemu* yanje.» 60 Maze arapfukama, asemerera n’ijwi rikomeye ati: «Yehova*, ntubaharureko iki gicumuro+.» Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika