Zaburi
Ni zaburi ya Dawidi.
110 Yehova yabwiye Umukama wanje ati:
2 Yehova azoramvura agakoni k’ububasha bwawe ari i Siyoni, avuge ati:
«Ganza hagati y’abansi bawe+.»
3 Abantu bawe bazokwitanga babikunze ku musi ukoranya ingabo zawe.
Ufise ingabo z’imisore zimeze nk’amama y’urume.
Ziseruka mu mutwenzi* zisharijwe n’ubweranda buhebuje.
4 Yehova yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*.
Azomenagura umutware* w’isi yose*.
7 Azonywa* ku mazi y’umugezi igihe azoba ari ku nzira.
Ni co gituma azoraramura umutwe.