ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 20
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Gusenga Moleki, kuvugana n’abapfuye (1-6)

      • Kuba beranda no kwubaha abavyeyi (7-9)

      • Abasambanyi bategerezwa gupfa (10-21)

      • Mutegerezwa kuba beranda kugira mugume mu gihugu (22-26)

      • Abakora ivyo guhanuza abapfuye bategerezwa kwicwa (27)

Abalewi 20:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uruvyaro.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:21; Gus 18:10

Abalewi 20:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nzoshinga igitsure»

  • *

    Canke «nzomurandura mu bantu b’iwabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 5:11

Abalewi 20:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nibihuma amaso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:6-9

Abalewi 20:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu gusambana na Moleki.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5

Abalewi 20:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niyakora ubumaraya.» Raba Insiguro y’amajambo (Umumaraya).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:31; Gus 18:10-12; Gl 5:19, 20; Ivh 21:8
  • +Lw 20:27; Ivk 16:16
  • +1Ng 10:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 31

Abalewi 20:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; 1Pt 1:15, 16

Abalewi 20:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:4; Ums 12:13
  • +Kv 31:13; Lw 21:8; 1Ts 5:23; 2Ts 2:13

Abalewi 20:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «avumye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:17; Gus 27:16; Img 20:20; Mt 15:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 20:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:18; 22:22; Rm 7:3; 1Kr 6:9, 10

Abalewi 20:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «aba apfukuye ubwambure bwa se wiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:8; Gus 27:20

Abalewi 20:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:15, 29

Abalewi 20:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:5; Lw 18:22; Abc 19:22; Rm 1:26, 27; 1Kr 6:9, 10; Yud 7

Abalewi 20:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niyarongora.»

  • *

    Canke «inyifato iteye isoni», «ikintu c’akamaramaza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:17; Gus 27:23
  • +Lw 21:9

Abalewi 20:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:19; Gus 27:21

Abalewi 20:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niyitega igikoko ngo bisambane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:23

Abalewi 20:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mutegerezwa kubarandura mu bantu b’iwabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:9; Gus 27:22

Abalewi 20:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ari mu kwezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:19

Abalewi 20:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:12, 13

Abalewi 20:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:14

Abalewi 20:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:16; Gus 25:5

Abalewi 20:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:1; Gus 5:1
  • +Ums 12:13
  • +Lw 18:26, 28

Abalewi 20:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3, 24; Gus 12:30
  • +Lw 18:27; Gus 9:5

Abalewi 20:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:17; 6:8; Gus 8:7-9; Ezk 20:6
  • +Kv 19:5; 33:16; 1Bm 8:53; 1Pt 2:9

Abalewi 20:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:46, 47; Gus 14:4-20
  • +Lw 11:43

Abalewi 20:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:2; Zb 99:5; 1Pt 1:15, 16; Ivh 4:8
  • +Gus 7:6

Abalewi 20:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «akaba arimwo idayimoni iragura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:18; Lw 19:31; 20:6; Gus 18:10-12; Ivh 21:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 20:2Lw 18:21; Gus 18:10
Lew. 20:3Ezk 5:11
Lew. 20:4Gus 13:6-9
Lew. 20:5Kv 20:5
Lew. 20:6Lw 19:31; Gus 18:10-12; Gl 5:19, 20; Ivh 21:8
Lew. 20:6Lw 20:27; Ivk 16:16
Lew. 20:61Ng 10:13
Lew. 20:7Lw 11:44; 1Pt 1:15, 16
Lew. 20:8Lw 18:4; Ums 12:13
Lew. 20:8Kv 31:13; Lw 21:8; 1Ts 5:23; 2Ts 2:13
Lew. 20:9Kv 21:17; Gus 27:16; Img 20:20; Mt 15:4
Lew. 20:10Gus 5:18; 22:22; Rm 7:3; 1Kr 6:9, 10
Lew. 20:11Lw 18:8; Gus 27:20
Lew. 20:12Lw 18:15, 29
Lew. 20:13It 19:5; Lw 18:22; Abc 19:22; Rm 1:26, 27; 1Kr 6:9, 10; Yud 7
Lew. 20:14Lw 18:17; Gus 27:23
Lew. 20:14Lw 21:9
Lew. 20:15Kv 22:19; Gus 27:21
Lew. 20:16Lw 18:23
Lew. 20:17Lw 18:9; Gus 27:22
Lew. 20:18Lw 18:19
Lew. 20:19Lw 18:12, 13
Lew. 20:20Lw 18:14
Lew. 20:21Lw 18:16; Gus 25:5
Lew. 20:22Kv 21:1; Gus 5:1
Lew. 20:22Ums 12:13
Lew. 20:22Lw 18:26, 28
Lew. 20:23Lw 18:3, 24; Gus 12:30
Lew. 20:23Lw 18:27; Gus 9:5
Lew. 20:24Kv 3:17; 6:8; Gus 8:7-9; Ezk 20:6
Lew. 20:24Kv 19:5; 33:16; 1Bm 8:53; 1Pt 2:9
Lew. 20:25Lw 11:46, 47; Gus 14:4-20
Lew. 20:25Lw 11:43
Lew. 20:26Lw 19:2; Zb 99:5; 1Pt 1:15, 16; Ivh 4:8
Lew. 20:26Gus 7:6
Lew. 20:27Kv 22:18; Lw 19:31; 20:6; Gus 18:10-12; Ivh 21:8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 20:1-27

Abalewi

20 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 2 «Uze ubwire Abisirayeli uti: “Umwisirayeli wese canke umunyamahanga wese aba muri Isirayeli azoha umwana* wiwe Moleki*, ategerezwa kwicwa+. Abanyagihugu baze bamwicishe amabuye. 3 Jewe ubwanje nzorwanya* uwo muntu kandi nzomwica* kuko yahaye umwana wiwe Moleki, agahumanya ahantu hanje heranda+ kandi agatukisha izina ryanje ryeranda. 4 Abanyagihugu nibirengagiza ivyo yakoze* maze ntibamwice kandi yahaye umwana wiwe Moleki+, 5 jewe ubwanje nzorwanya uwo muntu n’umuryango wiwe+. Nzomwica hamwe n’abifadikanije na we mu gusenga Moleki*.

6 Umuntu niyampemukira* akaja kwitura abakora ivyo guhanuza abapfuye+ hamwe na ba rumenyi+, nzomurwanya kandi nzomwica+.

7 Mubwirizwa kwiyeza mukaba beranda+, kuko ndi Yehova Imana yanyu. 8 Mutegerezwa kwubahiriza ivyagezwe vyanje kandi mukabikurikiza+. Ndi Yehova, uwuriko arabeza+.

9 Umuntu wese atutse* se canke nyina abwirizwa kwicwa+. Amaraso yiwe azoja ku gatwe kiwe, kuko azoba yatutse se canke nyina.

10 Uku ni ko bizogenda ku mugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo: umugabo arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe ategerezwa kwicwa. Uwo mugabo n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+. 11 Umugabo aryamanye n’umugore wa se wiwe aba amaramaje se wiwe*+. Uwo mugabo n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa. Amaraso yabo azoja ku gatwe kabo. 12 Umugabo niyaryamana n’umukazana wiwe, bose bategerezwa kwicwa. Baba bakoze ibidakorwa. Amaraso yabo azoja ku gatwe kabo+.

13 Umugabo niyaryamana n’uwundi mugabo nk’uko baryamana n’umugore, bazoba bakoze ikintu gishisha+. Bose bategerezwa kwicwa. Amaraso yabo azoja ku gatwe kabo.

14 Umugabo niyaryamana* n’umukobwa na nyina, azoba akoze ikintu giteye isoni*+. Bose bategerezwa guturirwa+ kugira iyo ngeso ntibandanye muri mwebwe.

15 Umugabo niyasambana n’igikoko, ategerezwa kwicwa kandi n’ico gikoko mutegerezwa kucica+. 16 Umugore niyasambana n’igikoko*+, mutegerezwa kumwica hamwe n’ico gikoko. Vyose bitegerezwa gupfa. Amaraso yavyo azoja ku gatwe kavyo.

17 Umugabo niyaryamana na mushikiwe, yaba uwo basangiye se canke nyina, umwe wese akabona ubwambure bw’uwundi, kazoba ari agaterasoni+. Mutegerezwa kubica* abantu bose babona. Azoba amaramaje mushikiwe, kandi ategerezwa kubihanirwa.

18 Umugabo niyaryamana n’umugore ari mu butinyanka*, bompi bazoba bashize ahabona ukuvirirana kwiwe+. Bategerezwa kwicwa.

19 Ntuze uryamane na nyokwanyu canke nyogosenge, kuko woba umaramaje incuti yawe y’amaraso+. Ababikoze bazobihanirwa. 20 Umugabo aryamanye n’umugore wa sewabo aba amaramaje sewabo+. Bose babwirizwa guhanirwa ico gicumuro. Bazopfa ata kana baronse. 21 Umugabo niyatwara umugore wa mwenewabo, azoba akoze ikintu gishisha+. Azoba amaramaje mwenewabo kandi bazopfa ata kana baronse.

22 Mutegerezwa kwubahiriza ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zose nashinze+ kandi mukabikurikiza+, kugira ngo igihugu ndabajanye kubamwo ntikize kibadahwe+. 23 Ntimuze mukurikize imigenzo y’amahanga ngira nirukane ngo ababise+, kuko yakoze ivyo bintu vyose bigatuma ndayanka urunuka+. 24 Ni co gituma nababwiye nti: ‘Muzokwigarurira igihugu cabo gitemba amata n’ubuki, ndakibahe kibe rwanyu+. Ndi Yehova Imana yanyu, uwabatandukanije n’ayandi mahanga+.’ 25 Mubwirizwa gutandukanya igikoko gihumanye n’ikidahumanye, hamwe n’inyoni ihumanye n’iyidahumanye+. Ntimuze mureke ngo mwanduzwe n’ikintu na kimwe navuze ko gihumanye, caba ari igikoko, inyoni canke ikindi kintu cose gikwega inda hasi+. 26 Mutegerezwa kuba beranda imbere yanje, kuko jewe Yehova ndi mweranda+, nkaba ndiko ndabatandukanya n’ayandi mahanga kugira mube abanje+.

27 Umugabo canke umugore akora ivyo guhanuza abapfuye canke akaba ari rumenyi* abwirizwa kwicwa+. Abantu bakwiye kumwicisha amabuye. Amaraso yiwe azoja ku gatwe kiwe.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika