ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso: ibirimwo

      • Mwagizwe bazima hamwe na Kristu (1-10)

      • Igihome catandukanya imigwi ibiri gisenyurwa (11-22)

Abanyefeso 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 290

Abanyefeso 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ingendo y’iyi si.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2; Ef 4:17
  • +Yoh 12:31
  • +1Kr 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 53-54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 13

    15/7/2010, rup. 3-4

    15/8/2008, rup. 27

    15/6/2007, rup. 26

    1/6/2007, rup. 5

    1/9/1999, rup. 16

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    8/2006, rup. 4

Abanyefeso 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:9-11
  • +1Pt 4:3
  • +Yoh 3:36

Abanyefeso 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:9
  • +Rm 5:8; 1Yh 4:9, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2021, rup. 8-9

Abanyefeso 2:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:12, 13

Abanyefeso 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2015, rup. 13

    15/8/2008, rup. 27

    15/2/2006, rup. 21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-137, 199

Abanyefeso 2:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Igihe).

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 29

Abanyefeso 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 4:16

Abanyefeso 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:20

Abanyefeso 2:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «tubigenderemwo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 6:15
  • +Ef 1:3, 4

Abanyefeso 2:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Kugenyera hari abavyita «gusiramura», canke «gukebwa.» Raba Insiguro y’amajambo (Kugenyera).

Abanyefeso 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:4
  • +Yes 65:1

Abanyefeso 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:19, 20
  • +Kl 3:11
  • +Lw 20:26; Kl 2:13, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2008, rup. 21

Abanyefeso 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga amategeko ya Musa.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:12; Gl 3:28

Abanyefeso 2:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 12:2
  • +Ivk 10:28

Abanyefeso 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:12
  • +Fp 3:20
  • +1Tm 3:15; Heb 3:6

Abanyefeso 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:28
  • +Yes 28:16

Abanyefeso 2:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 2:19
  • +1Kr 3:16; 6:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 22

Abanyefeso 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 2:1Kl 2:13
Ef. 2:2Rm 12:2; Ef 4:17
Ef. 2:2Yoh 12:31
Ef. 2:21Kr 2:12
Ef. 2:31Kr 6:9-11
Ef. 2:31Pt 4:3
Ef. 2:3Yoh 3:36
Ef. 2:4Zb 145:9
Ef. 2:4Rm 5:8; 1Yh 4:9, 19
Ef. 2:5Kl 2:12, 13
Ef. 2:6Ef 1:3
Ef. 2:8Rm 4:16
Ef. 2:9Rm 3:20
Ef. 2:10Gl 6:15
Ef. 2:10Ef 1:3, 4
Ef. 2:12Rm 9:4
Ef. 2:12Yes 65:1
Ef. 2:14Kl 1:19, 20
Ef. 2:14Kl 3:11
Ef. 2:14Lw 20:26; Kl 2:13, 14
Ef. 2:151Kr 12:12; Gl 3:28
Ef. 2:16Heb 12:2
Ef. 2:16Ivk 10:28
Ef. 2:19Ef 2:12
Ef. 2:19Fp 3:20
Ef. 2:191Tm 3:15; Heb 3:6
Ef. 2:201Kr 12:28
Ef. 2:20Yes 28:16
Ef. 2:21Kl 2:19
Ef. 2:211Kr 3:16; 6:19
Ef. 2:221Pt 2:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abanyefeso 2:1-22

Abanyefeso

2 Vyongeye, Imana yarabagize bazima mwebwe mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+, 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu vy’iyi si*+. Mwisunga kandi umutware afise ububasha ku kirere+, ni ukuvuga impwemu+ ikorera mu bantu bagambarara. 3 Emwe, twese twahora tugendera muri bo kera duhuza n’ivyipfuzo vy’umubiri wacu+, tugakora ivyo umubiri ugomba be n’ibihuye n’ivyiyumviro vyacu+. Kandi twari dukwiriye uburake bw’Imana kuva tukivuka+, cokimwe n’abandi bose. 4 Mugabo Imana, kubera ko ifise imbabazi nyinshi+, urukundo rwinshi yadukunze+ rwatumye 5 itugira bazima hamwe na Kristu, n’igihe nyene twari twarapfiriye mu makosa yacu+. Biciye ku buntu bwayo buhebuje* mwarakijijwe. 6 Vyongeye, yaratuzuye hamwe na Kristu Yezu, itwicarika hamwe na we mu bibanza vyo mw’ijuru, twunze ubumwe na we+, 7 kugira ngo mu bihe* bizoza ize itugirire ubuntu buhebuje bwinshi, twebwe abunze ubumwe na Kristu Yezu, ibitumwe n’ukumera neza kwayo.

8 Kubera ubwo buntu buhebuje mwarakijijwe biciye ku kwizera+, kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe, ahubwo ni ingabire y’Imana. 9 Oya, ntibiva ku bikorwa+, kugira ngo ntihagire n’umwe aronka imvo zo kwirata. 10 Turi igikorwa c’amaboko y’Imana, kandi twaremwe+ mu bumwe na Kristu Yezu+ kugira dukore ibikorwa vyiza, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe ngo tubishitse*.

11 Mwibuke rero yuko mwebwe abanyamahanga ku mubiri, mwigeze kuba mwitwa «abatagenyerewe*» muvyiswe n’abitwa «abagenyerewe», bakaba bagenyerewe ku mubiri hakoreshejwe amaboko y’abantu. 12 Ico gihe ntimwari mufise Kristu, mwari kure cane y’ihanga rya Isirayeli, kandi kubera mwari abanyamahanga ntimwari mu bagize amasezerano ajanye n’umuhango+. Nta cizigiro mwari mufise, kandi nta Mana mwagira mw’isi+. 13 Mugabo ubu ko mwunze ubumwe na Kristu Yezu, mwebwe mwigeze kuba muri kure cane mwarigiye hafi biciye ku maraso ya Kristu. 14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yatumye ya migwi ibiri iba umugwi umwe+, agasenyura ca gihome cayitandukanya+. 15 Biciye ku mubiri wiwe yarakuyeho icatuma haba urwanko, ni ukuvuga ya mategeko* agizwe n’amabwirizwa be n’ingingo zashinzwe, kugira ngo ya migwi ibiri yunze ubumwe na we ayihinduremwo umuntu umwe+ mushasha, atume haba amahoro. 16 Yabigize kandi kugira ngo iyo migwi yompi igize umubiri umwe isubize hamwe n’Imana bimwe vyuzuye, biciye kuri ca giti co kubabarizwako*+, kubera ko yari yishe icatuma haba urwanko+ biciye ku mubiri wiwe. 17 Kandi yaraje amenyesha inkuru nziza y’amahoro mwebwe mwari kure cane n’abari hafi, 18 kubera ko biciye kuri we, twebwe abagize ya migwi ibiri dushobora kwegera Data ata kidutangira, biciye ku mpwemu imwe.

19 Ntimukiri rero ab’ahandi canke abanyamahanga+, ahubwo musangiye ubwenegihugu+ n’aberanda, mukaba n’abo mu rugo rw’Imana+, 20 kandi mwubatswe ku mushinge w’intumwa n’abahanuzi+, Kristu Yezu ubwiwe akaba ari ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka+. 21 Iyo nyubakwa yose uko yakabaye yunze ubumwe na we, ibiyigize vyose bikaba bifatanirijwe hamwe neza+. Iyo nyubakwa irakura ikaba urusengero rweranda rwa Yehova*+. 22 Na mwebwe nyene abunze ubumwe na we, muriko murubakirwa hamwe ngo muhinduke ahantu Imana iba biciye ku mpwemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika