ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Umugore, umwana w’umuhungu hamwe n’igisato (1-6)

      • Mikayeli arwana na ca gisato (7-12)

        • Ca gisato gikororerwa kw’isi (9)

        • Shetani arazi ko asigaje igihe gito (12)

      • Ca gisato gihama wa mugore (13-17)

Ivyahishuwe 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177-178

    Urashobora Kubaho, rup. 117

Ivyahishuwe 12:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177-178

Ivyahishuwe 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:9; 20:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 178

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 4

Ivyahishuwe 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:7
  • +It 6:2; Yud 6
  • +It 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 178-179

Ivyahishuwe 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:15
  • +Zb 2:9; 110:2; Ivh 19:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177, 179-180

    Urashobora Kubaho, rup. 117

Ivyahishuwe 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 179-180, 184

Ivyahishuwe 12:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «ni nde ameze nk’Imana?»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:13; 12:1; Yud 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ariko caraneshejwe.» Ni ukuvuga ca gisato.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:3; 20:2
  • +It 3:1; 2Kr 11:3; Ivh 12:14
  • +Mt 4:1; Yoh 8:44; Heb 2:14; Yak 4:7; 1Pt 5:8
  • +1Ng 21:1; Yb 1:6; Zk 3:2; Mt 4:10; Yoh 13:27; Rm 16:20; 2Ts 2:9
  • +2Kr 4:4; 11:14; Ef 2:2; 1Yh 5:19
  • +Lk 10:18; Ivh 12:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 9-10

    15/5/2009, rup. 18

    15/2/2004, rup. 16

    Be maso!,

    10/2010, rup. 12-13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:11; Heb 9:28; 1Pt 1:5
  • +Ivh 11:15, 17
  • +Yb 1:9; Zk 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 86

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 79-80

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

Ivyahishuwe 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 2:14
  • +1Pt 1:18, 19
  • +Ivk 1:8; 2Tm 1:8; Ivh 1:9
  • +Mt 16:25; Lk 14:26; Ivk 20:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

Ivyahishuwe 12:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «kuko wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:20; 60:2; Ivh 17:15
  • +Mt 24:34; Rm 16:20; 2Tm 3:1; 2Pt 3:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 86-87

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 80

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2001, rup. 5

    1/10/1999, rup. 4

    Urashobora Kubaho, rup. 137

    Imizimu, rup. 40

Ivyahishuwe 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:18
  • +It 3:15; Ivh 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 183-184

Ivyahishuwe 12:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga ibihe bitatu n’igice.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:4; Yes 40:31
  • +It 3:1; 2Kr 11:3
  • +Ivh 12:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 183-184

Ivyahishuwe 12:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 6

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 150-151

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 184-185

Ivyahishuwe 12:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 8

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 151

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 32

    Nushinge intahe, rup. 164

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 185-186

Ivyahishuwe 12:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu rubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15
  • +Mt 24:9; Ivk 1:8; Ivh 1:9; 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11-12, 183, 185-186, 279

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 12:1It 3:15
Ivyah. 12:3Ivh 12:9; 20:2
Ivyah. 12:4Yb 38:7
Ivyah. 12:4It 6:2; Yud 6
Ivyah. 12:4It 3:15
Ivyah. 12:5Ivh 11:15
Ivyah. 12:5Zb 2:9; 110:2; Ivh 19:15
Ivyah. 12:6Ivh 12:14
Ivyah. 12:7Dn 10:13; 12:1; Yud 9
Ivyah. 12:9Ivh 12:3; 20:2
Ivyah. 12:9It 3:1; 2Kr 11:3; Ivh 12:14
Ivyah. 12:9Mt 4:1; Yoh 8:44; Heb 2:14; Yak 4:7; 1Pt 5:8
Ivyah. 12:91Ng 21:1; Yb 1:6; Zk 3:2; Mt 4:10; Yoh 13:27; Rm 16:20; 2Ts 2:9
Ivyah. 12:92Kr 4:4; 11:14; Ef 2:2; 1Yh 5:19
Ivyah. 12:9Lk 10:18; Ivh 12:13
Ivyah. 12:10Rm 13:11; Heb 9:28; 1Pt 1:5
Ivyah. 12:10Ivh 11:15, 17
Ivyah. 12:10Yb 1:9; Zk 3:1
Ivyah. 12:111Yh 2:14
Ivyah. 12:111Pt 1:18, 19
Ivyah. 12:11Ivk 1:8; 2Tm 1:8; Ivh 1:9
Ivyah. 12:11Mt 16:25; Lk 14:26; Ivk 20:24
Ivyah. 12:12Yes 57:20; 60:2; Ivh 17:15
Ivyah. 12:12Mt 24:34; Rm 16:20; 2Tm 3:1; 2Pt 3:3
Ivyah. 12:13Lk 10:18
Ivyah. 12:13It 3:15; Ivh 12:1
Ivyah. 12:14Kv 19:4; Yes 40:31
Ivyah. 12:14It 3:1; 2Kr 11:3
Ivyah. 12:14Ivh 12:6
Ivyah. 12:17It 3:15
Ivyah. 12:17Mt 24:9; Ivk 1:8; Ivh 1:9; 6:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 12:1-17

Ivyahishuriwe Yohani

12 Maze mbona ikimenyetso gikomeye mw’ijuru: umugore+ yambaye izuba, munsi y’ibirenge vyiwe hari ukwezi, kandi yari afise ku mutwe urugori rw’inyenyeri 12. 2 Yari yibungenze kandi yariko araboroga cane kubera yariko arababazwa n’ibise.

3 Mbona ikindi kimenyetso mw’ijuru: igisato kinini c’ibara risa n’umuriro+, gifise imitwe indwi, amahembe cumi n’ingori indwi ku mitwe yaco. 4 Umurizo w’ico gisato uca ukwega ica gatatu c’inyenyeri+ zo mw’ijuru, uzikororera kw’isi+. Ico gisato kiguma gihagaze imbere y’uwo mugore+ agira yibaruke, kugira ngo yibarutse gice kirotsa umwana wiwe.

5 Araheza avyara umwana w’umuhungu+ azoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Ubwo nyene umwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo. 6 Uwo mugore na we aca ahungira mu bugaragwa, ahantu Imana yamuteguriye kugira bamugaburire imisi 1.260 ari ng’aho+.

7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikayeli*+ n’abamarayika biwe barwana n’ico gisato, ico gisato na co kirwana kiri kumwe n’abamarayika baco. 8 Ariko ntivyanesheje*, kandi mw’ijuru ntihasubiye kuboneka ikibanza cavyo. 9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we. 10 Nca numva mw’ijuru ijwi rirenga rivuga riti:

«Ubu rero harashitse ubukiriro+, ububasha n’Ubwami bw’Imana yacu+ n’ubushobozi bwa Kristu wayo, kuko uwagiriza benewacu yakororewe hasi, umwe abagiriza imbere y’Imana yacu+ ijoro n’umurango! 11 Baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ n’ijambo ryabo ryo gushinga intahe+, kandi baremeye guheba ubuzima bwabo+ n’igihe baba bahanganye n’urupfu. 12 Nimuhimbarwe rero mwa majuru namwe abayabamwo! Haragowe isi n’ikiyaga+, kuko Shetani* yabamanukiye afise ishavu ryinshi, azi ko asigaje igihe gito+.»

13 Ca gisato kibonye yuko gikororewe kw’isi+, gica gihama wa mugore+ yavyara umwana w’umuhungu. 14 Ariko uwo mugore ahabwa amababa abiri y’inkona nini+, kugira aguruke aje mu bugaragwa mu kibanza yateguriwe kure ya ya nzoka+, maze agaburirirweyo igihe n’ibihe n’igice c’igihe*+.

15 Iyo nzoka ica isuka inyuma y’uwo mugore amazi ameze nk’uruzi avuye mu kanwa kayo, kugira atwarwe n’urwo ruzi. 16 Ariko isi itabara uwo mugore, yugurura akanwa kayo, imira rwa ruzi ca gisato casuka. 17 Ico gisato gica gishavurira cane uwo mugore, maze kija kurwanya abasigaye bo mu ruvyaro* rwiwe+ bubahiriza amabwirizwa y’Imana kandi bagakora igikorwa co gushingira intahe Yezu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika