ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 18
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Igikorwa Pawulo yakoreye i Korinto (1-17)

      • Asubira i Antiyokiya muri Siriya (18-22)

      • Pawulo aja i Galatiya n’i Firijiya (23)

      • Apolo afashwa (24-28)

Ivyakozwe 18:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 148

Ivyakozwe 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:24, 26; 1Kr 16:19; 2Tm 4:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2011, rup. 12

    Nushinge intahe, rup. 137

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 19-20

Ivyakozwe 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:34; 1Kr 4:11, 12; 9:15; 1Ts 2:9; 2Ts 3:8, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2012, rup. 15

    1/3/2009, rup. 27

    15/11/2003, rup. 19-20

    Nushinge intahe, rup. 148-150

Ivyakozwe 18:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ashikiriza insiguro», «abafasha kuzirikana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:23
  • +Ivk 17:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1999, rup. 13

Ivyakozwe 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:27; 17:14
  • +Ivk 16:1, 2; 1Ts 3:6
  • +Ivk 17:2, 3; 28:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 151

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    4/2001, rup. 3

Ivyakozwe 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:14
  • +Ezk 33:4
  • +Ivk 20:26
  • +Ivk 13:46; 28:28; Rm 1:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 151

Ivyakozwe 18:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga mw’isinagogi.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 151

Ivyakozwe 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 151

Ivyakozwe 18:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 152-153

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1997, rup. 23

Ivyakozwe 18:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 152-153

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1997, rup. 23

Ivyakozwe 18:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Yari buramatari w’intara iganzwa n’Uburoma.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2012, rup. 23

    Nushinge intahe, rup. 152-153

Ivyakozwe 18:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 153

Ivyakozwe 18:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 153

Ivyakozwe 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:29; 25:19

Ivyakozwe 18:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 155

Ivyakozwe 18:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 153

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 32

Ivyakozwe 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 152, 154

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 32

Ivyakozwe 18:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:2

Ivyakozwe 18:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 160

Ivyakozwe 18:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Biboneka ko yaduze i Yeruzalemu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 154

Ivyakozwe 18:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:6
  • +Ivk 14:21, 22; 15:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 160

Ivyakozwe 18:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:1; 1Kr 1:12; 3:5, 6

Ivyakozwe 18:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yarigishijwe ku munwa.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «inzira.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2010, rup. 11

Ivyakozwe 18:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «inzira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:3; 1Kr 16:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2010, rup. 11

    15/11/2003, rup. 18-19

    Nushinge intahe, rup. 159

Ivyakozwe 18:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Ivyakozwe 18:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:15; Zb 16:10; Yes 7:14; Mik 5:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 18:2Ivk 18:24, 26; 1Kr 16:19; 2Tm 4:19
Ivyak. 18:3Ivk 20:34; 1Kr 4:11, 12; 9:15; 1Ts 2:9; 2Ts 3:8, 10
Ivyak. 18:4Mt 4:23
Ivyak. 18:4Ivk 17:2
Ivyak. 18:5Ivk 15:27; 17:14
Ivyak. 18:5Ivk 16:1, 2; 1Ts 3:6
Ivyak. 18:5Ivk 17:2, 3; 28:23
Ivyak. 18:6Mt 10:14
Ivyak. 18:6Ezk 33:4
Ivyak. 18:6Ivk 20:26
Ivyak. 18:6Ivk 13:46; 28:28; Rm 1:16
Ivyak. 18:81Kr 1:14
Ivyak. 18:10Mt 28:20
Ivyak. 18:15Ivk 23:29; 25:19
Ivyak. 18:171Kr 1:1
Ivyak. 18:18Rm 16:1
Ivyak. 18:19Ivk 17:2
Ivyak. 18:22Ivk 15:36
Ivyak. 18:23Ivk 16:6
Ivyak. 18:23Ivk 14:21, 22; 15:32
Ivyak. 18:24Ivk 19:1; 1Kr 1:12; 3:5, 6
Ivyak. 18:26Rm 16:3; 1Kr 16:19
Ivyak. 18:28Gus 18:15; Zb 16:10; Yes 7:14; Mik 5:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 18:1-28

Ivyakozwe n’intumwa

18 Inyuma y’aho, ava i Atene aja i Korinto. 2 Yasanzeyo Umuyuda yitwa Akwila+ na Prisila umugore wiwe. Akwila yari imvukira y’i Ponto akaba yari aherutse kuva mu Butaliyano, kuko Kolode yari yategetse Abayuda bose kuva i Roma. Nuko aja iwabo, 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma iwabo barakorana+. Umwuga wabo wari uwo gukora amahema. 4 Yama ashikiriza ijambo* mw’isinagogi+ buri sabato+, agatuma Abayuda n’Abagiriki banyurwa.

5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Masedwane, Pawulo atangura kumara umwanya wiwe wose yigisha ijambo ry’Imana, ashinga intahe imbere y’Abayuda kugira yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+. 6 Mugabo kubera yuko baguma bamurwanya kandi bamutuka, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: «Amaraso yanyu abe ku gatwe kanyu+. Jewe ndera+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.» 7 Ava ng’aho* rero, aja mu nzu y’uwitwa Titiyo Yusito. Yari umuntu yasenga Imana, inzu yiwe ikaba yari ibangikanye n’isinagogi. 8 Maze Kirisipo+ umukuru w’isinagogi yizera Umukama, we n’abo mu rugo rwiwe bose. Nuko benshi mu Bakorinto bumvise ubutumwa batangura kwizera, barabatizwa. 9 Vyongeye, mw’ijoro Pawulo arerekwa, Umukama amubwira ati: «Ntutinye, ahubwo guma uvuga, ntucereze 10 kubera ko ndi kumwe nawe+. Nta n’umwe azogutera ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri iki gisagara.» 11 Nuko aguma ng’aho umwaka umwe n’amezi atandatu, abigisha ijambo ry’Imana.

12 Igihe Galiyo yari buramatari* wa Akaya, Abayuda barwanya Pawulo bahuje inama, bamujana imbere y’intebe y’imanza. 13 Bavuga bati: «Uyu muntu ariko yosha abantu gusenga Imana mu buryo buteye kubiri n’amategeko.» 14 Mugabo Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: «Yemwe Bayuda, iyaba koko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, nari kuba ndonse imvo yo kwihangana nkabumviriza. 15 Mugabo nimba ari ibihari bifatiye ku majambo, ku mazina no ku mategeko yanyu+, nimuvyitunganirize. Sinshaka guca imanza z’ivyo bintu.» 16 Ni kwo guca abirukana imbere y’intebe y’imanza. 17 Nuko bose bacakira Sositene+ umukuru w’isinagogi, batangura kumukubitira imbere y’intebe y’imanza. Mugabo Galiyo yanka kuvyisukamwo.

18 Ariko Pawulo ahamara iyindi misi itari mike maze asezera abavukanyi, hanyuma afata ubwato aja i Siriya ari kumwe na Prisila na Akwila. Yari yigabanishije umushatsi i Kenkireya+ kubera indagano yari yagize. 19 Nuko bashika i Efeso, abasiga mu gisagara, aja mw’isinagogi, afasha Abayuda kuzirikana+. 20 Baguma bamusaba ngo abe aragumyeyo mugabo ntiyemera 21 ahubwo arabasezera, ababwira ati: «Nzogaruka kubaraba Yehova* niyabigomba.» Aca afata ubwato ava i Efeso 22 amanuka i Sezariya. Hanyuma araduga*, aramutsa ishengero, araheza amanuka i Antiyokiya+.

23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu ntara ya Galatiya n’i Firijiya+, akomeza abigishwa bose+.

24 Nuko Umuyuda umwe yitwa Apolo+ avuka i Alegizandiriya, ashika i Efeso. Yari umugabo azi kuvuga kandi w’umuhanga mu Vyanditswe. 25 Uwo mugabo yari yarigishijwe* inyigisho* za Yehova*. Yararurumba impwemu, akavuga akongera akigisha neza ivyerekeye Yezu, mugabo yari azi gusa ibatisimu ya Yohani. 26 Atangura kuvugana ubutinyutsi mw’isinagogi. Aho Prisila na Akwila+ bamwumviye, baramwikebukanya baja kumusigurira neza inyigisho* z’Imana. 27 Vyongeye, kubera ko yashaka kujabuka akaja i Akaya, abavukanyi bandikira abigishwa, babasaba ngo bazomwakire neza. Nuko ashitseyo, afasha cane abari bamaze kwizera babikesheje ubuntu buhebuje* bw’Imana. 28 Yarahinyuza rwose Abayuda n’ishaka ryinshi kandi ku mugaragaro, akabereka yuko Yezu ari we Kristu akoresheje Ivyanditswe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika