ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • bi12 rup. 1950
  • 12 Ikirangamisi c’amezi yo muri Bibiliya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 12 Ikirangamisi c’amezi yo muri Bibiliya
  • Bibiliya y’isi nshasha
Bibiliya y’isi nshasha
12 Ikirangamisi c’amezi yo muri Bibiliya

12 Ikirangamisi c’amezi yo muri Bibiliya

Amezi y’Abayuda yahera ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi (Yes 66:23). Ijambo rimwe ry’igiheburayo choʹdhesh, “ukwezi” (It 7:11), rivuye kw’itsitso risobanura “imboneko,” irindi na ryo ryahinduwe ngo ukwezi, ari ryo yeʹrach, risobanura “ukwezi kwo ku mboneko.”

AMEZI

UKO IKIRERE CABA CIFASHE

IVYIMBURWA

Y’ivy’Imana

Ayasanzwe

   

Ukwa 1

Ukwa 7

Yorodani yuzuzwa n’imvura na shelegi

Bimbura ilino. Batangura kwimbura sayiri

Ukwa 2

Ukwa 8

Ici riraturika. Akenshi ikirere caba gikeye

Bimbura sayiri. Bimbura ingano mu biyaya

Ukwa 3

Ukwa 9

Ubushuhe bw’ici. Akayaga gatyoroye

Bimbura ingano. Insukoni za mbere. Ipome

Ukwa 4

Ukwa 10

Ubushuhe buraduga. Ikime cinshi mu turere

Inzabibu za mbere. Ibimera n’amariba vyuma

Ukwa 5

Ukwa 11

Ubushuhe bushikira urugero rw’agaheta

Gutangura kwimbura inzabibu

Ukwa 6

Ukwa 12

Ubushuhe burabandanya

Iyimbura ry’ingazi z’itende n’insukoni z’ici

Ukwa 7

Ukwa 1

Ici rirarangira. Imvura ya mbere iratangura

Iyimbura rirangira. Irima ritangura

Ukwa 8

Ukwa 2

Imvura nkenke

Kubiba ingano na sayiri. Bimbura imyelayo

Ukwa 9

Ukwa 3

Imvura igwira. Gukonja. Shelegi mu misozi

Ikura ry’ivyatsi

Ukwa 10

Ukwa 4

Imbeho ruheta. Imvura. Shelegi mu misozi

Ibiyaya bitotahaye. Intete, amashurwe binaga

Ukwa 11

Ukwa 5

Ubukanye buhwama. Imvura irabandanya

Shakedi zishurika. Iminago ku misukoni

Ukwa 12

Ukwa 6

Imituragaro n’urubura biba kenshi

Karubi zishurika. Bimbura imicungwe n’indimu

Ukwa 13

 

Hari ukwezi kwongerwako incuro indwi mu myaka 19 kukaba nka Adari ya kabiri (Veyadari)

(Ushaka igisomwa cose, raba ico gitabu)

Ukwa 1 NISANI (ABIBU) Ntwarante-Ndamukiza

14 Pasika

15-21 Udutsima tutarimwo umwambiro

16 Gushikana imishuzo

Sayiri

Ukwa 2 IYARI (ZIVU) Ndamukiza-Rusama

14 Pasika yo hanyuma (Gh 9:10-13)

Ingano

Ukwa 3 SIVANI Rusama-Ruheshi

6 Imisi mikuru y’Amayinga (Pentekoti)

Insukoni za mbere

Ukwa 4 TAMUZI Ruheshi-Mukakaro

Inzabibu za mbere

Ukwa 5 ABI Mukakaro-Myandagaro

Ivyamwa vyo mu ci

Ukwa 6 ELULI Myandagaro-Nyakanga

Ingazi z’itende, inzabibu, insukoni

Ukwa 7 TISHIRI (ETANIMU) Nyakanga-Gitugutu

1 Ukuvuza inzamba

10 Umusi w’Impongano

15-21 Umusi mukuru w’Insago canke w’Isarura

22 Ikoraniro ry’agakūra

Irima

Ukwa 8 HESHIVANI (BULI) Gitugutu-Munyonyo

Imyelayo

Ukwa 9 KISILEVU Munyonyo-Kigarama

25 Umusi mukuru w’Iyegura

Imikuku ikingirwa igikonyozi

Ukwa 10 TEBETI Kigarama-Nzero

Ugukura kw’ibimera

Ukwa 11 SHEBATI Nzero-Ruhuhuma

Shakedi ishurika

Ukwa 12 ADARI Ruhuhuma-Ntwarante

14, 15 Purimu

Imicungwe n’indimu

Ukwa 13 VEYADARI Ntwarante

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika