1 TIMOTEYO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Indamutso (1, 2)
Ingabisho ku bijanye n’abigisha b’ikinyoma (3-11)
Ubuntu buhebuje Pawulo yagiriwe (12-16)
Umwami w’ibihe bidahera (17)
«Rwana intambara nziza» (18-20)
2
3
Ibisabwa abahagarikizi b’ishengero (1-7)
Ibisabwa abakozi b’ishengero (8-13)
Ibanga ryeranda rijanye n’ukwihebera Imana (14-16)
4
Kwirinda inyigisho z’amadayimoni (1-5)
Ingene woba umusuku mwiza wa Kristu (6-10)
Niwiyubare ku vyo wigisha (11-16)
5
Ukuntu abato n’abakuze bakwiye gufatwa (1, 2)
Gushigikira abapfakazi (3-16)
Nimutere iteka abakurambere bakora cane (17-25)
6
Abashumba bubahe ba shebuja (1, 2)
Abigisha b’ikinyoma. Gukunda amahera (3-10)
Ivyo umuntu w’Imana akwiye kwitwararika (11-16)
Kuba abatunzi mu bikorwa vyiza (17-19)
Rinda ico wajejwe (20, 21)