2 TIMOTEYO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Indamutso (1, 2)
Pawulo ashimira Imana kubera ukwizera kwa Timoteyo (3-5)
Nutume ingabirano y’Imana iguma yaka nk’umuriro (6-11)
Gumya amajambo ngirakamaro (12-14)
Abashigikiye Pawulo n’abatamushigikiye (15-18)
2
Uzeze ubutumwa abantu bakwije ibisabwa (1-7)
Pawulo ashikirwa n’imibabaro kubera inkuru nziza (8-13)
Koresha neza ijambo ry’Imana (14-19)
Hunga ivyipfuzo vy’abakiri bato (20-22)
Ingene twovyifatamwo imbere y’abaturwanya (23-26)
3
Mu misi ya nyuma hazobaho ibihe bitoroshe (1-7)
Gukurikiranira hafi akarorero ka Pawulo (8-13)
«Ugume mu vyo wize» (14-17)
4
«Ushitse neza igikorwa ceranda wajejwe» (1-5)
«Nararwanye ya ndwano nziza» (6-8)
Ivyo Pawulo yavuze bimwerekeye (9-18)
Indamutso zo gusozera (19-22)