ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 1
  • Akaranga ka Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Akaranga ka Yehova
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ibiranga Yehova
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ibiranga Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • ‘Nimureke umuco wanyu wake’ kugira Yehova aninahazwe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Isengesho ry’umusavyi w’Imana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 1

Ururirimbo 1

Akaranga ka Yehova

Integuro icapuwe

(Ivyahishuwe 4:11)

1. Yehova we w’inguvu zose,

Ni we Sôko ry’ubuzima bwose.

Ivyaremwe biragushemeza;

Na w’ugiye kuvyemeza.

2. Uvyagiye ku butungane

Ngw’amateka yaw’amenyekane.

Nk’ukw’Ijambo ryawe ryerekana,

Mu bwenge nta we mungana.

3. Mu rukundo ni we gakūra.

Ivy’utanga nta wobikwishura.

Akaranga kawe na rya zina

Tubiyaga tukwigina.

(Raba kandi Zab. 36:9; 145:6-13; Yak. 1:17.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika