ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 38-39
  • Ijwi ryo mu mutima

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ijwi ryo mu mutima
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 38-39

Ijwi ryo mu mutima

Ni ibiki vyerekana ko Yehova yahaye abantu bose ijwi ryo mu mutima?

Rm 2:​14, 15

Raba kandi 2Kr 4:2

Ni ibiki bishobora gushikira ijwi ryo mu mutima igihe umuntu abandanije gukora ibibi?

1Tm 4:2; Tt 1:15

Raba kandi Heb 10:22

Kubona ko turiko dukora ibibereye vyoba bihagije?

Yoh 16:​2, 3; Rm 10:​2, 3

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 2Ng 18:​1-3; 19:​1, 2—Yehova yarahambariye umwami Yehoshafati kubera yafashije umwami w’umubisha Ahabu

    • Ivk 22:​19, 20; 26:​9-11—Intumwa Pawulo yaravuze ukuntu yahora yiyumvira ko ari vyiza guhama no kwica abayoboke ba Kristu

Dushobora gute kumenyereza neza ijwi ryacu ryo mu mutima?

2Tm 3:​16, 17; Heb 5:14

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • 1Sm 24:​2-7—Ijwi ryo mu mutima ry’umwami Dawidi ryatumye yubaha umwami Sawuli, uwo Yehova yari yararobanuje amavuta

Abantu badatunganye bashobora gute kugira ijwi ryiza ryo mu mutima imbere y’Imana?

Ef 1:7; Heb 9:14; 1Pt 3:21; 1Yh 1:​7, 9; 2:​1, 2

Raba kandi Ivy 1:5

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yes 6:​1-8—Yehova yarahumurije umuhanuzi Yesaya ko ibicumuro vyiwe bishobora kubabarirwa

    • Ivy 7:​9-14—Ububasha incungu ya Kristu ifise bwo gukuraho ibicumuro buratuma abagize isinzi rinini bagiranira ubucuti bwiza na Yehova

Kubera iki tudakwiye kwirengagiza ivyo ijwi ryacu ryo mu mutima ryamenyerejwe na Bibiliya ritubwira?

Ivk 24:​15, 16; 1Tm 1:​5, 6, 19; 1Pt 3:16

Raba kandi Rm 13:5

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 2:25; 3:​6-13—Adamu na Eva barirengagije ijwi ryabo ryo mu mutima bagambararira Imana, bituma bamaramara

    • Neh 5:​1-13—Buramatari Nehemiya yaragerageje gukebura Abayuda bagenziwe ngo bisuzume mu mitima yabo, bareke kwirengagiza amategeko y’Imana mu kwaka inyungu y’umurengera

Kubera iki dukwiye kwiyubara kugira ntidutsitaze umuvukanyi canke mushikiwacu afise ijwi ryo mu mutima ritaramenyerezwa neza?

1Kr 8:​7, 10-13; 10:​28, 29

Ni umugambi uwuhe dukwiye kwishingira ku bijanye n’ijwi ryacu ryo mu mutima?

2Kr 1:12; 2Tm 1:3; Heb 13:18

Raba kandi Ivk 23:1; Rm 9:1; 1Tm 3:​8, 9

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika