ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 24-26
  • Gukurwa mw’ishengero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gukurwa mw’ishengero
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 24-26

Gukurwa mw’ishengero

Kubera iki abakurambere bakwiye kuguma bitwararika ko ishengero riguma rityoroye?

2Tm 2:​16, 17; 2Pt 2:​1, 2; Yud 3, 4

Inyifato y’umukirisu umwe ishobora gute kugira ingaruka kw’ishengero ryose?

1Kr 5:​1, 2, 5, 6

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yos 7:​1, 4-14, 20-26—Akani n’urugo rwiwe baracumuye, bakwegera ivyago ihanga ryose

    • Yon 1:​1-16—Ukugambarara kw’umuhanuzi Yona kwarashize mu kaga ubuzima bw’abagendesha ubwato bose bari kumwe na we

Ni inyifato nyabaki ishengero rya gikirisu ridashobora kurenzako uruho rw’amazi?

Rm 16:​17, 18; 1Kr 5:11; 1Tm 1:20; Tt 3:​10, 11

Raba kandi «Ingene abakirisu bigenza»

Abakirisu babatijwe babandanya gukora icaha gikomeye bakwiye gufatwa gute?

1Kr 5:​11-13

Raba kandi 1Yh 3:​4, 6

Igihe hari uwakoze igicumuro gikomeye, ni ingingo ngenderwako izihe zo muri Bibiliya abakurambere bakwiye kwibuka?

Gus 13:​12-14; 17:​2-4, 7; Mt 18:16; 2Kr 13:1; 1Tm 5:19

Raba kandi Img 18:13; 1Tm 5:21

Kubera iki biba ngombwa ko hagira abakurwa mw’ishengero canke bagakangirwa, kandi bifasha gute ishengero?

1Kr 5:​3-6; 1Tm 5:20

Bibiliya ivuga ko dukwiye gufata gute abakuwe mw’ishengero?

Rm 16:17; 1Kr 5:​11, 13

Bigenda gute iyo uwakuwe mw’ishengero yigaye?

2Kr 2:​6, 7

Raba kandi «Ukwigaya»

Ni ibiki twese dushobora gukora kugira ngo ishengero rigume rityoroye?

Lw 5:1; Heb 12:​15, 16

Raba kandi Gus 13:​6-11

Kubera iki umukirisu yoba yihenze agerageje gupfukapfuka igicumuro gikomeye yakoze, atinya ko kumbure yoca akurwa mw’ishengero?

Zb 32:​1-5; Img 28:13; Yak 5:​14, 15

Raba kandi «Igicumuro—Kwatura ibicumuro»

Kubera iki rimwe na rimwe biba vyiza ko tutifatanya cane n’umuntu kanaka naho yoba ari mu bagize ishengero?

1Kr 15:33; 2Ts 3:14; 2Tm 2:20, 21

Bishitse umukirisu akagungwa canke akambikwa ibara, ni igiki yoshobora guhitamwo gukora kandi kubera iki?

Mt 18:​15-17, 21, 22; Kl 3:​12-14; 1Pt 4:8

Kubera iki abakirisu bahumuye bakwiye guhanura abatigenza neza?

Gl 6:1; Tt 2:​3-5

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika