Intambara
Kubera iki dukwiye kwitega ko haba intambara nyinshi muri iki gihe cacu?
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Dn 11:40—Umuhanuzi Daniyeli yarahishuriwe ko abami babiri bakomeye bogumye batana mu mitwe mu misi ya nyuma
Ivy 6:1-4—Intumwa Yohani yareretswe ifarasi y’ibara risa n’umuriro igereranya intambara, kandi uwari ayicayeko yahawe uburenganzira bwo «gukura amahoro kw’isi»
Yehova azokora iki ku bijanye n’intambara z’abantu?
Abakirisu bahagaze he ku bijanye n’intambara ziba mw’isi?
Raba kandi «Intwaro—Abakirisu baguma ata ho bahengamiye»