Integuro y’ukwiga
NTWARANTE 2017
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 1-28 RUSAMA 2017
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
RUMANIYA
Ikoraniro ryo ku wa mungu rirangiye, uwo mukurambere n’umugore wiwe băsanze ari igihe ciza co gushikira abantu bameze nk’intama mu buraruko bwa Rumaniya. Muri bo harimwo abo babanyi babiri bariko baringaniza ubwoya bw’intama.
ABAMAMAJI
40.575
INYIGISHO ZA BIBILIYA
25.623
ABITAVYE ICIBUTSO (2015)
78.300
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.pr418.com.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.