ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Ruheshi rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Ruheshi rup. 2

Ibirimwo

3 Woba uvyibuka?

INDWI YO KU WA 31 MUKAKARO 2017–6 MYANDAGARO 2017

4 Yehova araduhoza mu makuba yacu yose

Naho twese dushikirwa n’amakuba, Yehova araduha uruhoza dukeneye. Iki kiganiro kiraca irya n’ino ibintu nyamukuru bidufasha kuronka uruhoza nyakuri, ubu no muri kazoza.

INDWI YO KU WA 7-13 MYANDAGARO 2017

9 Nugumize umutima kw’itunga ryo mu vy’impwemu

Iki kiganiro kiratwereka ingene twoshira mu ngiro icigwa Yezu yatanze muri ca kigereranyo c’umudandaza arondera imaragarita. Kiradufasha no gusuzuma ingene tubona ca gikorwa twashinzwe be n’ukuri twize mu myaka n’iyindi.

14 Nturabe ibiboneka inyuma gusa

16 Nutunganye ingorane maze uremeshe amahoro

21 “Hahezagirwe ukwiyumvira neza kwawe”

INDWI YO KU WA 14-20 MYANDAGARO 2017

22 Nugumize mu bwenge ca kibazo gihambaye

INDWI YO KU WA 21-27 MYANDAGARO 2017

27 Nushigikire ubusegaba bwa Yehova!

Kubera ko duhanzwe na vyinshi mu buzima, biroroshe ko twibagira igihambaye kuruta. Ibi biganiro biradufasha kubona ko ubusegaba bwa Yehova buhambaye, bitwereke n’ingene twobushigikira.

32 Wari ubizi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika