Ibirimwo
INDWI YO KU WA 29 NZERO 2018–4 RUHUHUMA 2018
INDWI YO KU WA 5-11 RUHUHUMA 2018
Ni ibintu ibihe vyabaye kera vyatumye abakirisu bizigira badakeka ko hazoba izuka? Ivyo bintu be no kuba abantu b’abizigirwa ba kera baremera badakeka ko izuka rizoba, bikwiye gute gukomeza icizigiro cawe? Ibi biganiro biraza gukomeza icizigiro ufise c’izuka.
INDWI YO KU WA 12-18 RUHUHUMA 2018
18 Bavyeyi, fasha abana banyu babe “inkerebutsi ku bw’ubukiriro”
INDWI YO KU WA 19-25 RUHUHUMA 2018
23 Rwaruka, “mugume mushitsa ubukiriro bwanyu”
Mu bantu ibihumbi babatizwa buri mwaka, harimwo abakiri bato b’imiyabaga be n’abatarashika mu buyabaga. Kubatizwa biratuma umuntu yironkera imihezagiro myinshi, mugabo kandi biratuma agira ico abazwa. Bavyeyi, mwofasha gute abana banyu gukwiza ibisabwa kugira ngo babatizwe? Yemwe abakiri bato mwabatijwe namwe mwipfuza kubatizwa, mwokomeza gute ubucuti mufitaniye na Yehova?
28 Inkuru y’ubuzima—Narahevye vyose kugira nkurikire Kristu
32 Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2017