Ibirimwo
INDWI YO KU WA 4-10 RUHUHUMA 2019
Abakirisu b’ukuri bariteganye umushasharo Iparadizo. Iki kiganiro kirerekana ko dufise imvo ishingiye ku Vyanditswe yo kwitega ico kintu be n’ingene dukwiye gutahura umuhango Yezu yatanze werekeye Iparadizo.
INDWI YO KU WA 11-17 RUHUHUMA 2019
10 Niwubahe “ico Imana yaboheye ku ngǒgo imwe”
Iki kiganiro kiratwereka ico Bibiliya ivuga ku bijanye no gutera iteka umubano. Twokwerekana gute ko tuwubaha? Vyongeye, twoshigikira gute ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye no kwahukana be no gutandukana?
15 Inkuru y’ubuzima—‘Yehova yaratugiriye ubuntu’
INDWI YO KU WA 18-24 RUHUHUMA 2019
19 Rwaruka, Umuremyi wanyu ashaka ko mugira agahimbare
INDWI YO KU WA 25 RUHUHUMA 2019–3 NTWARANTE 2019
24 Yemwe bakiri bato, murashobora kugira ubuzima buhimbaye
Akenshi abakiri bato bategerezwa gufata ingingo zihambaye, nk’izijanye n’imigambi bokwishingira mu buzima. Abarezi usanga babaremesha kwiga amashure ahanitse no kurondera akazi k’umushahara munini. Ariko rero, Yehova ahimiriza abakiri bato kumushira imbere. Ibi biganiro bibiri birerekana ko kwumvira Imana biranga ubukerebutsi.
29 “Umugororotsi azonezerwa muri Yehova”
32 Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2018