Ivyo dusanga kuri JW.ORG
NIWIGANE UKWIZERA KWABO
Yonatani: ‘Nta kibuza Yehova gukiza’
Yonatani yarateye ikirindiro c’ingabo z’Abafilisitiya ari kumwe gusa n’uwumutwaza ibigwanisho, kandi yaratahukanye intsinzi y’intibagirwa.
(Nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > KWIZERA IMANA.)
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Naratevye ndasubiza hamwe na dawe
Igihe Renée yari afise imyaka 14 yaravuye muhira kubera se yari akaze birenze. None ni igiki cabafashije gusubiza hamwe haciye imyaka?
(Nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > AMAHORO N’AGAHIMBARE.)