ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/08 rup. 12
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2008
km 1/08 rup. 12

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Kig.

“Iki kibazo wocishura gute? [Soma ikibazo kiri ku gipfukisho, maze urindire yishure.] Imana ifise umugambi wo gutuma umuryango w’abantu wunga ubumwe. [Soma Zaburi 46:8, 9.] Iki kinyamakuru kirerekana ico Bibiliya ivuga ku vyerekeye ukuntu ubumwe buzoshikwako”.

Réveillez-vous! Kig.

“Hari abibaza ko urupfu ari inzira ijana mu bundi buzima bw’inyuma y’urupfu; abandi na bo bemera ko ari ryo herezo. Wewe ubwawe, woba wibaza yuko urupfu ari ikintu co gutinya? [Rindira yishure.] Raba ukuntu Yobu yumvise amerewe ku bijanye n’urupfu rwari rugiye kumushikira. [Soma Yobu 14:14, 15.] Iki kinyamakuru kiratanga insiguro itomoye ishingiye kuri Bibiliya ku bijanye n’ukuntu bitugendera iyo dupfuye”.

Umunara w’Inderetsi 15 Kig.

“Mu kiringo c’imisi mikuru irangiza umwaka, hari abantu benshi bagerageza kugaragaza ubuntu n’impuhwe. Woba wibaza ko isi yorushirije kumera neza nka hamwe abantu bogaragaza impuhwe mu mwaka wose? [Rindira yishure, maze uce usoma 1 Petero 3:8.] Iki kinyamakuru kirasigura agaciro ko kugaragaza ubuntu, kikongera kikavuga uburyo ngirakamaro bumwebumwe dushobora kugaragazamwo iyo kamere”.

Réveillez-vous! Kig.

“Woba wibaza ko abacu bapfuye bazosubira kubaho? [Rindira yishure.] Bibiliya ivuga yuko hariho uburyo bwo kuva mu rupfu. [Soma Zaburi 68:20.] Iki kinyamakuru kirerekana igituma tudakwiye gutinya urupfu, twibaza ko ari ryo herezo ry’ubuzima”.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika