ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/10 rup. 8
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 5/10 rup. 8

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza mu kwezi kwa Rusama: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Igihe musubira kugendera abashimishijwe, harimwo n’abitavye Icibutso canke ayandi maporogarama ya gitewokarasi mugabo bakaba batifatanya n’ishengero bimwe biboneka, nimwitwararike canecane kubashikiriza igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Intumbero ikwiye kuba iyo gutanguza inyigisho ya Bibiliya. Ruheshi: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nimba abo musanze ku muhana basanzwe bafise ico gitabu, abamamaji boshobora gushikiriza igitabu Senga Imana Yonyene y’Ukuri, igitabu Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera, canke agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba? Mukakaro na Myandagaro: Abamamaji boshobora gukoresha agatabu ako ari ko kose k’impapuro 32 kari mu bubiko bw’ishengero. Nimukoreshe canecane udutabu Inzira Ijana mu Buzima Budahera—Woba Warayitoye? Ni Ibiki Imana Idusaba?, be na Mwame mugavye! Nimba ishengero ridafise igitigiri gihagije c’utwo dutabu dutatu mu bubiko, nimudusabe hakiri kare.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika