ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/11 rup. 4
  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 9/11 rup. 4

Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Twarongereje umurimo muri Ndamukiza. Kubera ko twari twaremeshejwe gukora ubutsimvyi bwo gufasha muri ukwo kwezi, abenshi baritabiriye ako kamo ku buryo twashikiriye igitigiri tutari bwigere dushikako c’abatsimvyi bo gufasha 3.754, bakoze amasaha 351.659, bashikiriza ibinyamakuru 67.476, bagira amasubirayo 151.553 be n’inyigisho za Bibiliya 31.012. Abamamaji 10.122 ni bo batanze raporo muri Ndamukiza, ico kikaba ari igitigiri tutari bwigere dushikako. Ibice 50 kw’ijana vy’abo bamamaji bose, bamwe muri bo bari abatsimvyi bafasha, abatsimvyi basanzwe, abatsimvyi badasanzwe canke abamisiyonari. Vyongeye, benshi mu batashoboye gukora ubutsimvyi bwo gufasha barongereje umurimo wabo. Abantu 44.330 ni bo bitavye Icibutso, ni ukuvuga ko baruta incuro zirenga zine n’igice igitigiri c’abamamaji bose bo mu Burundi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika