ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/14 rup. 4
  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 9/14 rup. 4

Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Abitavye Icibutso muri uwu mwaka bari 55.203, rikaba ari ryo rya mbere turonka igitigiri nk’ico. Ni ukuvuga ko ku gitigiri kinini kuruta ibindi vyose twari tumaze kuronka, ico twaronse mu 2011, hiyongereyeko abantu 11.000. Muri Ntwarante twararonse ibitigiri tutari bwigere turonka vy’abamamaji, abatsimvyi basanzwe, amasubirayo n’inyigisho za Bibiliya!

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika