ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ndamukiza rup. 5
  • 18-24 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 18-24 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ndamukiza rup. 5

18-24 Ndamukiza

YOBU 28-32

  • Ururirimbo rwa 17 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yobu ni akarorero mu bijanye n’ugutungana”: (Imin. 10)

    • Yb 31:1​—Yobu yagiraniye “isezerano” n’amaso yiwe (w15 15/6 16 ing. 13; w15 15/1 25 ing. 10)

    • Yb 31:13-15​—Yobu yaricisha bugufi, ntarenganye kandi akitaho abandi (w10 15/11 29 ing. 8-9)

    • Yb 31:16-25​—Yobu yarafasha abakene (w10 15/11 30 ing. 10-11)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 32:2​—Kubera iki Yobu “yavuga ko ari we agororotse aho kuvuga ko Imana ari yo igororotse”? (w15 1/7 12 ing. 2; w11 1/4 23 ing. 3)

    • Yb 32:8, 9​—Kubera iki Elihu yumvise ko akwiye gufata ijambo naho abamwumviriza bamukurira? (w06 15/3 16 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 30:24–31:14 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: g16.2 12-13​—Nucire inzira isubirayo. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: g16.2 12-13​—Nucire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: bh 146 ing. 8, 148 ing. 9 (Imin. 6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 115

  • Niwigire ku kudahemuka kw’abandi (1Pt 5:9): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Harold King: Ntiyahemutse naho yari mw’ibohero. Nimuce muyaga kuri ibi bibazo: Umuvukanyi King yashoboye gute kuguma akomeye mu vy’impwemu igihe yari mw’ibohero? Kuririmba indirimbo z’Ubwami vyodufasha gute kwihanganira ingorane? Akarorero k’ukudahemuka k’uwo muvukanyi kakwigishije iki?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 13 ing. 13-25, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 81 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika