ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Kigarama rup. 4
  • 12-18 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 12-18 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Kigarama rup. 4

12-18 Kigarama

YESAYA 6-10

  • Ururirimbo rwa 116 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Mesiya yarashikije ubuhanuzi”: (Imin. 10)

    • Yes 9:1, 2​—Ubuhanuzi bwari bwaravuze igikorwa yoranguye i Galilaya (w11 15/8 10 ing. 13; ip-1 124-126 ing. 13-17)

    • Yes 9:6​—Yoranguye amabanga atandukanye (w14 15/2 12 ing. 18; w07 15/5 6)

    • Yes 9:7​—Ubutegetsi bwiwe buzozana amahoro n’ubutungane nyavyo (ip-1 132 ing. 28-29)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 7:3, 4​—Kubera iki Yehova yakijije Umwami Ahazi kandi yari mubi? (w06 1/12 9 ing. 3)

    • Yes 8:1-4​—Ubu buhanuzi bwarangutse gute? (it-1 1206-1207; ip-1 111-112 ing. 23-24)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 7:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.6 igipfukisho

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.6 igipfukisho

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 34 ing. 18​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 10

  • “Ndi hano! Ntuma” (Yes 6:8): (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Kwimukira ahakenewe cane abamamaji.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 5 ing. 10-17, n’uruzitiro “Bariruhukije rwose”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 150 n’isengesho

    Ivyibukijwe: Banza muvuze umuziki wose, mubone kuririmba.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika