ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 3
  • Yehova ni Umwizigirwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova ni Umwizigirwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Imitwe yo kuganirako ishingiye kuri Bibiliya
    Imitwe yo kuganirako ishingiye kuri Bibiliya
  • Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ingene impwemu nyeranda idufasha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 10-13

Yehova ni Umwizigirwa

10:13

Mushiki wacu ariko ariyumvira ibijanye n’ikigeragezo, agaca abishira mw’isengesho, mu nyuma na ho akajana n’uwundi mushiki wacu kwamamaza

Yehova yoshobora guhitamwo kudukurako ikigeragezo. Ariko aho kubigenza gutyo, akenshi araducira “icanzo” mu kuturonsa ivyo dukeneye kugira ngo dushobore kucihanganira tudahemuka.

  • Arashobora gutuma dutekana mu bwenge no mu mutima biciye kw’Ijambo ryiwe, ku mpwemu nyeranda no ku bifungurwa vy’impwemu aturonsa.​—Mt 24:45; Yoh 14:16; Rm 15:4

  • Yoshobora kutuyobora biciye ku mpwemu yiwe nyeranda, iyishobora kudufasha kwibuka inkuru zo muri Bibiliya hamwe n’ingingo ngenderwako twokwisunga, maze tugafata ingingo nziza.​—Yoh 14:26

  • Arashobora kudufasha akoresheje abamarayika.​—Heb 1:14

  • Arashobora kudufasha biciye ku bo dusangiye ukwizera.​—Kl 4:1

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika