ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruheshi rup. 6
  • “Ntimwiganyire ku kintu na kimwe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ntimwiganyire ku kintu na kimwe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Novyifatamwo gute ndi mu maganya?
    Urwaruka ruribaza
  • Muterere amaganya yanyu yose kuri Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • ‘Amahoro y’Imana ararengeye ukwiyumvira kwose’
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Gusenga vyokumarira iki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruheshi rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAFILIPI 1-4

“Ntimwiganyire ku kintu na kimwe”

4:6, 7

Umudada ariko arasenga, agaca yumva aruhuriwe
  • Isengesho ni umuti w’amaganya

  • Igihe dusenze dufise ukwizera, Yehova araturonsa amahoro “arengeye ukwiyumvira kwose”

  • Naho tutoba tubona umuti w’ingorane zacu, Yehova arashobora kudufasha kuzihanganira. Arashobora no kudukorera ivyo tutari twiteze.​—1Kr 10:13

Ni ibiki bituma niganyira?

Norushiriza gute kwerekana ko nizigira Yehova?

Umudada arengewe n’amaganya kubera amadeni; umudada ageze mu zabukuru ariko asengera iruhande y’umunega wiwe arwaye; abavyeyi bariko barashwana abana babona
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika