ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Rusama rup. 6
  • Yozefu agaragaza ukwigumya kudasanzwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yozefu agaragaza ukwigumya kudasanzwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • “Mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga
    Niwigane ukwizera kwabo
  • “Noshobora nte gukora ico kibi gikomeye?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Rusama rup. 6
Yozefu ariko ararira benewabo bahagaze inyuma yiwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 42-43

Yozefu agaragaza ukwigumya kudasanzwe

42:5-7, 14-17, 21, 22

Woba wokwiha ishusho y’inyiyumvo zikomeye Yozefu ashobora kuba yaragize igihe yasubira kubona benewabo amaso mu yandi atari avyiteze? Yari gushobora guca abibwira hanyuma akabagumbira canke akabihora. Ariko ntiyatwawe n’ibishobisho. Wewe uzokora iki abo mu muryango canke abandi bantu nibakurenganya? Akarorero ka Yozefu karatwigisha akamaro ko kwigumya no kuguma dutekanye aho kwumvira umutima wacu w’umuhemu maze tugapfa gukora ibitujemwo.

Wokwigana gute Yozefu igihe ushikiwe n’ibintu bitoroshe utari uvyiteze?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika