ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nzero rup. 6
  • Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ibiringo Bikomakomeye vy’Imisi Mikuru mu Gihe c’Abisirayeli
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nzero rup. 6
Udufoto: 1. Abagize umuryango muri Isirayeli barahimbawe no kwubaka urusago ku gisenge. 2. Abavukanyi bakoranye mu minwe kugira bahane ikaze kw’ikoraniro ry’ishengero.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo

Pasika be n’Umusi mukuru w’imikate itambiwe (Umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro) (Lw 23:5, 6; it-1 884-885)

Umusi mukuru w’amayinga (Pentekoti) (Lw 23:15, 16; it-2 527 ing. 1)

Umusi mukuru w’insago (Lw 23:34; w14 15/5 28 ing. 11)

Turashobora kuba ‘abanezerewe gusa’ igihe tuzirikana ku nsobanuro y’imisi mikuru Abayuda bahimbaza kera be n’ukuntu ivyo Yehova yasezeranye bigiye kuranguka.​—Gus 16:15.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika