ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 12
  • Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Twungukira gute ku rukundo rudahemuka rwa Yehova?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Ingene woba umugenzi w’Imana
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Yobu yarashize hejuru izina rya Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Twokwerekana gute ko dukunda Yehova?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 12

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani

Shetani ashaka ko abantu bemera yuko Yehova ari we atuma ibintu bibi bishika (Yb 8:4)

Yoshima ko twiyumvira yuko kuguma turi intahemuka kuri Yehova canke kumuhemukira ata co bimutwaye (Yb 9:​20-22; w15 1/7 12 ing. 3)

Urukundo rudahemuka rwa Yehova ruradufasha kudahendwa n’ibinyoma vya Shetani no kugumana ugutungana (Yb 10:12; Zb 32:​7, 10; w21.11 6 ing. 14)

Mushiki wacu ariko arandika yongera azirikana ku mihezagiro itandukanye yironkeye. Udufoto twerekana umugabo n’umugore bamuzaniye ibifungurwa, uwundi mushiki wacu ariko aramugumbira ku Ngoro y’Ubwami, be n’aho ariko araraba ikiganiro co kuri televiziyo yacu.

GERAGEZA IBI: Kugira wikomeze igihe uri mu bigeragezo, nuzirikane uburyo butandukanye Yehova ariko arakugaragarizamwo urukundo rudahemuka, uce uvyandika, wongere uze urabisuzuma.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika