Kubera iki wosenga?
© 2020 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org. Kiretse aho vyerekenywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
IKI KINYAMAKURU Umunara w’Inderetsi, kiratera iteka Yehova Imana, we Mutegetsi ruheta w’ijuru n’isi. Kirahumuriza abantu biciye ku nkuru nziza y’uko vuba Ubwami bw’Imana, buno bukaba ari intwaro iriho koko yo mw’ijuru, bugiye gukuraho ubukozi bw’ikibi bwose maze buhindure isi Iparadizo. Kiraremesha abantu ngo bizere Yezu Kristu, uwapfuye kugira ngo dushobore kuronka ubuzima budahera kandi ubu akaba aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana. Iki kinyamakuru gisohorwa n’Ivyabona vya Yehova ubudahengeshanya kuva mu 1879 kandi nticisuka mu vya politike. Kiguma cisunga Bibiliya.