ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1792
  • Abagalatiya: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abagalatiya: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Ukwizera n’ibikorwa biradushikana ku bugororotsi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • “Inkuru y’ikigereranyo” idufitiye akamaro
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Abaroma: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abagalatiya: ibirimwo

ABAGALATIYA

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Indamutso (1-5)

    • Nta yindi nkuru nziza (6-9)

    • Inkuru nziza Pawulo yamamaje iva ku Mana (10-12)

    • Pawulo ahinduka. Igikorwa ciwe co mu ntango (13-24)

  • 2

    • Pawulo abonana n’intumwa i Yeruzalemu (1-10)

    • Pawulo akosora Petero (Kefa) (11-14)

    • Umuntu yitwa umugororotsi biciye gusa ku kwizera (15-21)

  • 3

    • Ukwizera kuraruta ibikorwa bisabwa n’amategeko (1-14)

      • Umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera (11)

    • Aburahamu ntiyahawe umuhango biciye ku mategeko (15-18)

      • Uruvyaro rwa Aburahamu ni Kristu (16)

    • Inkomoko y’amategeko n’intumbero yayo (19-25)

    • Abana b’Imana biciye ku kwizera (26-29)

      • Abegukira Kristu ni uruvyaro rwa Aburahamu (29)

  • 4

    • Ntitukiri abashumba ahubwo turi abana b’Imana (1-7)

    • Pawulo arazwa ishinga n’Abagalatiya (8-20)

    • Hagari na Sara: amasezerano abiri (21-31)

      • Yeruzalemu yo hejuru ni mama kandi iridegemvya (26)

  • 5

    • Umwidegemvyo w’abakirisu (1-15)

    • Nimugende mwisunga impwemu (16-26)

      • Ibikorwa vy’umubiri (19-21)

      • Ivyo impwemu yama (22, 23)

  • 6

    • Mwikoreranire imizigo (1-10)

      • Ico umuntu abiba ni co yimbura (7, 8)

    • Kugenyerwa nta co bimaze (11-16)

      • Ikiremwa gishasha (15)

    • Insozero (17, 18)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika